WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-11 Ruhuhuma 2020)_13/02/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-11 Ruhuhuma 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura (26 Myandagaro-1 Nyakanga 2019)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(16-18 Myandagaro 2019)
Publication des Actes du Premier Synode Diocésain---Archidiocèse de Bujumbura _ 13/07/2020
Publication des Actes du Premier Synode Diocésain---Archidiocèse de Bujumbura
Ijambo rya Mgr Gervais BANSHIMIYUBUSA ku musi wogushikirizwa Diocèse nkuru y'ibujumbura
Bonne fête de la sainte trinité
Messes Dominicales et Adoration
I. VICARIAT DE SAINT MICHEL
1. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
2. PAROISSE SAINT MICHEL
3. PAROISSE BUYENZI
4. PAROISSE KANYOSHA
5. PAROISSE KININDO
6. PAROISSE MUSAGA
7. PAROISSE NYAKABIGA
8. PAROISSE RUZIBA
9. PAROISSE MUTANGA SUD
II. VICARIAT DE GIHOSHA
1. PAROISSE GIHOSHA
2. PAROISSE BUTERERE
3. PAROISSE GATUMBA
4. PAROISSE KAMENGE
5. PAROISSE KINAMA
6. PAROISSE NGAGARA
AUMONERIES ET CHAPELLES
1. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
2. AUMONERIE DE LA POLICE
3. CENTRE JEUNES KAMENGE
4. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
4. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
III. VICARIAT DE BUHONGA
1. PARUWASE BUHONGA
2. PARUWASE JENDA
3. PARUWASE KARINZI
4. PARUWASE MAGARA
5. PARUWASE MATARA
6. PARUWASE MAYUYU
7. PARUWASE MUBIMBI
8. PARUWASE MUTUMBA
9. PARUWASE RUGAZI
10. PAROISSE RUSHUBI
11. PAROISSE RUTONGO
IV. VICARIAT DE MURAMVYA
1. PAROISSE BUKEYE
2. PAROISSE BUKWAVU
3. PAROISSE BUZIRACANDA
4. PAROISSE KIGANDA
5. PAROISSE KIVOGA
6. PAROISSE MUNANIRA
7. PAROISSE MURAMVYA
8. PAROISSE RYARUSERA
9. PAROISSE GASURA
Poser une question
Faites un don
Aidez le Diocèse
Autres sites
24 Visiteurs en ligne
Date de publication: 05/05/20182710 Vues Publié par : Michel NIBITANGA
Patiri Benno BAUMEISTER yarashimiye abakristu baje muri urwo rubanza, aba na bo bakaba baranamukeje mu kumuha utuganuke
Ku musi w'Imana w'igenekerezo rya 11 Munyonyo 2018, Paruwase Buyenzi yitiriwe Umweranda AUGUSTINO yari yaramukanye akanyamuneza kadasanzwe k'aho basezera Umusaserdoti yahora arangurira ubutumwa kuri iyo Paruwase, yari amaze imyaka 80. Urubanza nyezina rukaba rwabandanirije mu nyubakwa ya Paruwasi yagenewe imanza iri kw'ishure shingiro ya Foréami. Urwo rubanza rukaba rwari rwatewe iteka na Patiri mukuru Mariko NSANZURWIMO.

Mu kibanza c'iteka hari havyagiye Patiri mukuru akaba yari akikijwe iburyo bwiwe na Patiri Benno BAUMEISTER, na Patiri Frederick LIMO ava mu gihugu ca KENYA akongera akaba ari na mushasha kw'i Paruwasi. Ibubamfu bwiwe hari havyagiye Patiri Hugo LEINZ (ava mu gihugu c'Ubudage), na Patiri regionali Bosco NTIHEBUWAYO. Abandi bari bitavye ivyo birori ni Patiri Gérard NIYONGABO na Patiri Kingsley NJIMUKO (wo mu gihugu ca NIGERIA, akaba ari na mushasha kw'i Paruwasi) hamwe n'abafaratiri 2: Joseph ODHIAMBO (KENYA) na Godwin AGA (NIGERIA), Uwuserukira inama nkuru ya Paruwasi Théodore BITA ( CONGO ), Uwuserukira inama mpuzamihari Egide NIYONGABO n'abaserukira imihari n'imigwi.

Mw'ijambo ryashikirijwe na Patiri Benno BAUMEISTER, yarashimiye abakristu baje muri urwo rubanza, aba na bo bakaba baranamukeje mu kumuha utuganuke. Yaranashimiye kandi n'abasaserdoti bari basangiye ubutumwa kuri iyo Paruwasi.

Mw'ijambo rya Nyakwubahwa Patiri mukuru wa Paruwase, Patiri Mariko NSANZURWIMO, yarashimiye Patiri Benno ku kungene amuzi, be n'ingene yamubonye. Ngo yamusanzemwo umutima w'ubuntu, umutima w'ukwicisha bugufi, be n'umutima w'urukundo, kuko ngo ari umuntu azi kubana neza n'abandi.

Nyakwubahwa Patiri Benno BAUMEISTER avuka mu gihugu c'UBUDAGI, akaba yashitse mu gihugu c'UBURUNDI mu mwaka w'1963, ashikira muri Paruwase Makamba. Aho yagiye yikurikiranya mu kurangura ubutumwa na ho ni kuri Paruwase Murore (KIRUNDO), Rutovu (BURURI), CONGO, ROMA, mu BUDAGI no muri AMERIKA, akaba yasozereye ubutumwa bwiwe kuri Paruwasi Buyenzi yitiriwe Umweranda AUGUSTINO, aho yahashitse mu mwaka w'i 2009, akaba yarahamaze imyaka 9 aharangurira ubutumwa. Yarabaye na Patiri mukuru w'iyo Paruwasi kuva mu mwaka w'i 2009 gushika mu mwaka w'i 2012. Hanyuma aca arongora ikigo c'abagendana umugera wa SIDA, gushika asozere ubutumwa bwiwe kuri iyo Paruwase.

Roselyne AKINDAVYI, Paruwase Buyenzi
Commentaires
Nom et Prénom
E-mail
Votre commentaire
Saisissez le code suivant11448860623200
Faites un don
Aidez le Diocèse
Vicariat de Saint Michel
Buyenzi
Les lecteurs Swahilophones de la Parole de Dieu de la Paroisse St Augustin ont reçu en visite leurs homologues de la Paroisse St Michel15/7/2020 | 92 Vues | Michel NIBITANGA Après la messe, avec les prêtres de la paroisse hôte de cette visite, et les autres membres de la communauté paroissiale, ils se ont échangé un verre de fraternité autour duquel ils se sont exprimés r....
Vicariat de Saint Michel
Buyenzi
La Paroisse Buyenzi et l'action «HARAMBE» phase-2: quand la solennité des martyrs de l'Ouganda se célèbre par la mobilisation de fonds de sa fête jubilaire3/7/2020 | 78 Vues | Michel NIBITANGA Les chrétiens qui avaient prévu leurs contributions financières les ont données en offrandes lors de l'offertoire, et le montant reçu de cette action a atteint 3 millions....
Vicariat de Saint Michel
Buyenzi
La communauté ecclésiale de base «Saint Barnabé» de la Paroisse Saint Augustin de Buyenzi a célébré sa fête patronale24/6/2020 | 68 Vues | Michel NIBITANGA Dans cette célébration Eucharistique, cette communauté ecclésiale de base a donné une offrande à Dieu en guise de remerciement de tous les bienfaits....
Vicariat de Saint Michel
Buyenzi
SOIRÉE CULTURELLE DANS LA PAROISSE St-AUGUSTIN DE BUYENZI14/11/2019 | 232 Vues | Michel NIBITANGA ....
WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-11 Ruhuhuma 2020)_13/02/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-11 Ruhuhuma 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura (26 Myandagaro-1 Nyakanga 2019)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(16-18 Myandagaro 2019)
Publication des Actes du Premier Synode Diocésain---Archidiocèse de Bujumbura _ 13/07/2020
Publication des Actes du Premier Synode Diocésain---Archidiocèse de Bujumbura
Ijambo rya Mgr Gervais BANSHIMIYUBUSA ku musi wogushikirizwa Diocèse nkuru y'ibujumbura
Bonne fête de la sainte trinité
Messes Dominicales et Adoration
I. VICARIAT DE SAINT MICHEL
1. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
2. PAROISSE SAINT MICHEL
3. PAROISSE BUYENZI
4. PAROISSE KANYOSHA
5. PAROISSE KININDO
6. PAROISSE MUSAGA
7. PAROISSE NYAKABIGA
8. PAROISSE RUZIBA
9. PAROISSE MUTANGA SUD
II. VICARIAT DE GIHOSHA
1. PAROISSE GIHOSHA
2. PAROISSE BUTERERE
3. PAROISSE GATUMBA
4. PAROISSE KAMENGE
5. PAROISSE KINAMA
6. PAROISSE NGAGARA
AUMONERIES ET CHAPELLES
1. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
2. AUMONERIE DE LA POLICE
3. CENTRE JEUNES KAMENGE
4. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
4. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
III. VICARIAT DE BUHONGA
1. PARUWASE BUHONGA
2. PARUWASE JENDA
3. PARUWASE KARINZI
4. PARUWASE MAGARA
5. PARUWASE MATARA
6. PARUWASE MAYUYU
7. PARUWASE MUBIMBI
8. PARUWASE MUTUMBA
9. PARUWASE RUGAZI
10. PAROISSE RUSHUBI
11. PAROISSE RUTONGO
IV. VICARIAT DE MURAMVYA
1. PAROISSE BUKEYE
2. PAROISSE BUKWAVU
3. PAROISSE BUZIRACANDA
4. PAROISSE KIGANDA
5. PAROISSE KIVOGA
6. PAROISSE MUNANIRA
7. PAROISSE MURAMVYA
8. PAROISSE RYARUSERA
9. PAROISSE GASURA
Poser une question
24 Visiteurs en ligne
Archidiocèse de Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Newsletter

Rechercher
Suivez-nous sur :