WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-11 Ruhuhuma 2020)_13/02/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-11 Ruhuhuma 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura (26 Myandagaro-1 Nyakanga 2019)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(16-18 Myandagaro 2019)
UKWITAHO ABANA NI KWO KWUBAKA AMAHORO _ 16/09/2021
UKWITAHO ABANA NI KWO KWUBAKA AMAHORO
Carème 2021
QU'EST CE QUE LE CAREME?
Messes Dominicales et Adoration
I. VICARIAT DE SAINT MICHEL
1. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
2. PAROISSE SAINT MICHEL
3. PAROISSE BUYENZI
4. PAROISSE KANYOSHA
5. PAROISSE KININDO
6. PAROISSE MUSAGA
7. PAROISSE NYAKABIGA
8. PAROISSE RUZIBA
9. PAROISSE MUTANGA SUD
II. VICARIAT DE GIHOSHA
1. PAROISSE GIHOSHA
2. PAROISSE BUTERERE
3. PAROISSE GATUMBA
4. PAROISSE KAMENGE
5. PAROISSE KINAMA
6. PAROISSE NGAGARA
AUMONERIES ET CHAPELLES
1. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
2. AUMONERIE DE LA POLICE
3. CENTRE JEUNES KAMENGE
4. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
4. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
III. VICARIAT DE BUHONGA
1. PAROISSE BUHONGA
2. PAROISSE JENDA
3. PAROISSE KARINZI
4. PAROISSE MAGARA
5. PAROISSE MATARA
6. PAROISSE MAYUYU
7. PAROISSE MUBIMBI
8. PAROISSE MUTUMBA
9. PAROISSE RUGAZI
10. PAROISSE RUSHUBI
11. PAROISSE RUTONGO
IV. VICARIAT DE MURAMVYA
1. PAROISSE BUKEYE
2. PAROISSE BUKWAVU
3. PAROISSE BUZIRACANDA
4. PAROISSE KIGANDA
5. PAROISSE KIVOGA
6. PAROISSE MUNANIRA
7. PAROISSE MURAMVYA
8. PAROISSE RYARUSERA
9. PAROISSE GASURA
Poser une question
Faites un don
Aidez le Diocèse
Autres sites
94 Visiteurs en ligne
Date de publication: 31/12/2018857 Vues Publié par : Michel NIBITANGA
Intumbero y'ico giteramo kwari ugufasha abakristu gukirurutsa umutima n'ugukomeza ukwemera

Kuw'Imana igenekerezo rya 30 kigarama 2018, harabaye igiteramo c'indirimbo za Noeli kuri Paruwase Katedrale Regina Mundi. Ico giteramo cahuriranye n'ihimbazwa ry'umusi mukuru w'Umuryango Mweranda, caremeshejwe ahanini n'abana bakiri bato cane bavuza indirimbo za Noeli n'amazaburi kuri piyano canke baziririmba umwe umweAbo bahinga bari baje bava mu migwi itandundukanye y'abaririmbiramana bo mu gisagara ca Bujumbura, nko mu Nyakabiga, kuri Saint Michel, Katedrale Régina Mundi, hamwe no kw'isengero y'abapatiri b'aba dominikano mu Kinanira. Ico giteramo catanguwe n'igisabisho c'inyinjizo, aho aba-Kristu batumiriwe gusabira imiryango iri mu ngorane zitandukanye. 


Ibisomwa vyeranda vyaranze ico giteramo vyasomwe n'utwana dutoyi. Igisomwa ca mbere cavuye mu gitabu c'Inkuru Nziza ya Yezu Kristu yanditswe na Luka (Luk.1,26-38). Igisomwa ca kabiri cavuye mu Nkuru Nziza yanditswe na Luka nyene (Luk.2.8-20).

Abari aho warabona ko batangariye ubuhinga abo bana berekanye. N'abo mu mugwi w'urwaruka rw'abaririmbiramana «Jeunesse Régina Mundi» bo kuri Kadedrale Régina Mundi, hamwe na «Uno corde» bo muri Paruwase ya Ngagara, ntibari batanzwe kuremesha igiteramo.


Patiri mukuru wa Paruwase Cathédrale Régina Mundi, Patiri Félix Fupi inyuma y'igiteramo yaragaragaje akanyamuneza aho yamenyesheje ko bitangaje ingene abo bana biga n'ingoga, kuko n'abatanguye kwimenyereza vuba berekanye ubuhinga butangaje. Patiri mukuru yaramenyesheje kandi ko bihimbaye kubona n'abamaze igihe kinini berekana ko ku mwaka ku mwaka hari ubuhinga bushasha bungutse. Yagize ati: "Nihweje aba bana mbona kazoza". Yarashimye kandi ibirori iyo migwi yerekanye, aramenyesha ko n'aho abaririmvyi bayihurikiyemwo baremesha abakristu mu nkuka z'imisa za misi yose, mu gihe c'igiteramo nk'iki barerekana ubuhinga busumbirije.


Patiri Félix Fupi yaribukije ko Ekleziya ifise ubuhinga bwo kuririmba yiharije, kandi ko intumbero y'ico giteramo atari iy'ugutoza amafaranga, ahubwo ari ugufasha abakristu gukirurutsa umutima n'ugukomeza ukwemera. Yarangije ashimira abitanze bose mu gutegura ico giteramo, yongera arashimira n'abavyeyi baha uruhusha abana babo ngo baze kuririmba, bakanabaherekeza, kuko izo nyigisho ari ntangere no mu vyerekeye ukwubaka kamere ka muntu.


Grâce-Divine GAHIMBARE, Katedrale Regina Mundi

NIYONGABO Gérard11/10/2018Que Dieu soit loué éternellement
Commentaires
Nom et Prénom
E-mail
Votre commentaire
Saisissez le code suivant15781318071610
Faites un don
Aidez le Diocèse
WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-11 Ruhuhuma 2020)_13/02/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-11 Ruhuhuma 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura (26 Myandagaro-1 Nyakanga 2019)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(16-18 Myandagaro 2019)
UKWITAHO ABANA NI KWO KWUBAKA AMAHORO _ 16/09/2021
UKWITAHO ABANA NI KWO KWUBAKA AMAHORO
Carème 2021
QU'EST CE QUE LE CAREME?
Messes Dominicales et Adoration
I. VICARIAT DE SAINT MICHEL
1. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
2. PAROISSE SAINT MICHEL
3. PAROISSE BUYENZI
4. PAROISSE KANYOSHA
5. PAROISSE KININDO
6. PAROISSE MUSAGA
7. PAROISSE NYAKABIGA
8. PAROISSE RUZIBA
9. PAROISSE MUTANGA SUD
II. VICARIAT DE GIHOSHA
1. PAROISSE GIHOSHA
2. PAROISSE BUTERERE
3. PAROISSE GATUMBA
4. PAROISSE KAMENGE
5. PAROISSE KINAMA
6. PAROISSE NGAGARA
AUMONERIES ET CHAPELLES
1. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
2. AUMONERIE DE LA POLICE
3. CENTRE JEUNES KAMENGE
4. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
4. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
III. VICARIAT DE BUHONGA
1. PAROISSE BUHONGA
2. PAROISSE JENDA
3. PAROISSE KARINZI
4. PAROISSE MAGARA
5. PAROISSE MATARA
6. PAROISSE MAYUYU
7. PAROISSE MUBIMBI
8. PAROISSE MUTUMBA
9. PAROISSE RUGAZI
10. PAROISSE RUSHUBI
11. PAROISSE RUTONGO
IV. VICARIAT DE MURAMVYA
1. PAROISSE BUKEYE
2. PAROISSE BUKWAVU
3. PAROISSE BUZIRACANDA
4. PAROISSE KIGANDA
5. PAROISSE KIVOGA
6. PAROISSE MUNANIRA
7. PAROISSE MURAMVYA
8. PAROISSE RYARUSERA
9. PAROISSE GASURA
Poser une question
94 Visiteurs en ligne
Archidiocèse de Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Newsletter

Rechercher
Suivez-nous sur :