OPM >
Imikangara yo muri Paruwase Nyakabiga yarahimbaje imyaka cumi iheze bari mu butumwa
Itariki: 15/9/2021Ababisomye 1343 Vyamenyekanishijwe na : NIBITANGA Michel
Akanyamuneza abari mu mikangara y'Imana yo muri Paruwase Nyakabiga bafise bagakura ku mukunzi wabo Yezu bakoreye mu myaka cumi bamaze bari mu butumwa
Kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 12 Nyakanga abana bari mu murwi w'imikangara y'Imana bo muri paruwase Mukiza Mweranda mu Nyakabiga barahimbaje isabukuru y'imyaka cumi iheze barangurira ubutumwa mw'iyo paruwase. Ibirori bikaba vyatangujwe n'nkuka y'imisa yaherejwe na patiri mukuru DĂ©sire NINAHAZIMANA ari kumwe na patiri ajejwe ibiro ndemesha butumwa bw'ibikorwa vya papa vyo gukwiza hose inkuru nziza ya Yezu kristu mu burundi kumwe na patiri Antoine SABUSHATSE ajejwe ibiro ndemesha butumwa bw'ibikorwa vya papa muri diyoseze nkuru ya bujumbura

Mu nsiguro yatanze, Patiri DĂ©sirĂ© NINAHAZIMANA yaragarutse ku Nkuru Nziza y'uwo munsi aho yagarutse ku kibazo Yezu yabajije abatumwa bimwe ati "Mwumva bavuga ko ndi nde?"Patiri DĂ©sirĂ© yabwiye abari aho ko Yezu ari umwami ,Imana n'umukunzi wabo kandi ko ari vyiza kumenya no kurwanya  ivyoza bitosekaza ubwo bucuti nawe. Ivyo  navyo ngo  ni nko gushaka kwitwararika ubuzima bwabo n'ubwababo gusumba uko Yezu abwitwararika bibagiye ko  mukwitwararika ubuzima bwabo yemeye arapfa ku musalaba,ukwibagira ko Yezu afise ububasha ku buzima bwabo n'ibindi.

Mu gihe c'amashikanwa abana bari mu mikangara y'Imana barashikanye ibisimbo icumi nk'ishikanwa ryo gukengurukira Imana kuri iyo myaka bamaze bamukorera.
Mugihe co gukenguruka naho umwana umwe muri bo yararonse akanya arashikiriza akanyamuneza afise aho bagakuye agira ati:"uyu mwaka ugira cumi dutanguye ubutumwa ngaha.None rero akanyamuneza dufise uyu munsi kaduze gashikira wa mukunzi wacu Yezu tugakura mu bikorwa twaranguye mu kuririmba mu nkuka za misa,mu gukora ibikorwa vy'urukundo mukuraba abana barwariye mu bitaro ,no kuja kuramutsa abari mw'irerero muba Calcutta tutibagiye no kugendera iyindi mikangara
ngo turemeshanye mu butumwa". Uwo mwana yaserukiye abandi yabandanije avuga ko banafashije abandi mu biteramo vyo kumenyesha Inkuru Nziza.  
Baciye bagirako bashimira ababaye hafi mu butumwa bwabo babaha ubuganuke abo nabo bakaba ari Patiri Salvator NGENDABANYIKWA na Patiri Antoine SABUSHATSE.

Twobamenyesha ko muri iyo Nkuka ya Misa nyene harimwo n'abavyeyi bari basabiye ibatisimu ibibondo vyabo kakaba kari akanyamuneza ntangere kuri iyo mikangara eka no kubakritsu ba paruwase Nyakabiga kuko bari bungutse abakristu bashasha.

MUGISHA BontĂ© Divine, kubw'ibiro ndemesha butumwa bw'ibikorwa vya Papa vyo gukwiza hose Inkuru Nziza ya Yezu Kristu muri Diyoseze Nkuru ya Bujumbura 
Ivyiyumviro

Aleluya. Kristu yarazutse; umuco wiwe waratuboneshereje, twebwe yacunguje amaraso yiwe. Aleluya.

Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk’uko yashikirijwe na Yohani (6, 30-35)

Muri irya misi,

Abayuda babwiye Yezu bati: «Ikimenyetso ukoze none ni ikihe ngo tubone, duheze twemere? Uza gukora iki? Basokuru bacu barariye mana mu gahinga, nk’uko vyanditswe ngo: “Yarabagaburiye umukate uvuye mw ijuru”.» Yezu arababwira ati: «Ni ukuri ni ukuri ndabibabwiye: Musa ntiyabahaye umukate uvuye mw’ijuru; Dawe ni we abaha umukate w’ukuri uvuye mw’ijuru, kuko umukate w’Imana ari wo umanuka uva mw’ijuru ukazanira abantu ubuzima.» Baramubwira rero bati: «Mukama, urakoze, uraduha uwo mukate.» Yezu arabishura ati: «Jewe ndi wa mukate w’ubuzima; uwunyegereye ntazoba agisonza, kandi uwunyemeye ntazoba akinyoterwa.»

 

Rondera
Urutonde rw'Imisa
I. VICARIAT DE SAINT MICHEL
1. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
A. Messes
Samedi : 17h00 (en Français)
Dimanche : 6h00 (en Kirundi),  7h00 (en Kirundi),  8h15 (en Français),  10h00 (en Kirundi),  12h00 (parfois, possibilitĂ© d'une messe circonstancielle, en Kirundi), 17h00 (en Français)
B. Adoration
Mardi : toute la journée, à la Chapelle
Jeudi : toute la journée, à la Chapelle
Samedi : 6h45 Ă  8h00
2. PAROISSE SAINT MICHEL
A. Messes
Samedi : 17h00
Dimanche : 06h15, 08h00, 10h00, 12h00 Kiswahili, 17h00
B. Adoration
Jeudi : toute la journée
3. PAROISSE BUYENZI
A. Messes
6h00 (en Kirundi), 8h00 (en Kiswahili), 10h30 (en Kirundi), 16h30 (en Kirundi)
B. Adoration
Mercredi : 17h30
4. PAROISSE KANYOSHA
A. Messes
6h00, 7h45, 9h30 (Français), 11h15 et 16h00
B. Adoration
Jeudi : 18h00
Dimanche : 13h00 Ă  16h00
Premier vendredi du mois : toute la journée
5. PAROISSE KININDO
A. Messes
6h00, 7h30, 8h45, 10h30, 17h30
B. Adoration
Jeudi, toute la journée
6. PAROISSE MUSAGA
A. Messes
Samedi : 17h00
Dimanche : 6h10, 08h00, 10h30, 16h30
B. Adoration
Mardi : 12h00 Ă  16h00
Jeudi : 15h00 Ă  16h00
Vendredi : 12h00 Ă  14h00
7. PAROISSE NYAKABIGA
A. Messes
Samedi : 17h30
Dimanche: 6h00 (en Kirundi), 8h00 (en Kiswahili), 10h00 (en Kirundi), 17h00 (en Kirundi)
B. Adoration
Du lundi Ă  vendredi : 7h00 Ă  16h45
8. PAROISSE RUZIBA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30, 16h30
B. Adoration
Jeudi 15h et le 1er vendredi du mois
9. PAROISSE MUTANGA SUD
A. Messes
6h15, 08h15, 10h30, 17h00
Campus Mutanga : messe à 11h (en kirundi et en français alternativement)
B. Adoration
Mardi : toute la journée après la messe de 6h00
II. VICARIAT DE GIHOSHA
1. PAROISSE GIHOSHA
Messes de la semaine
Lundi - Samedi : 06h30
Dimanche : 6h00, 10h30, 16h00 ( en Kirundi) 08h15 en Français
Lundi à 18h00, messe en Français, suivie de l'adoration, jusqu'à 19h00.
Vendredi : Adoration à 17h30, suivie de l'Eucharistie en Français, à 18h30
2. PAROISSE BUTERERE
A. Messes
6h00, 8h00, 10h00, 16h30
B. Adoration
Jeudi : 15h00 Ă  17h15
Samedi : 5h30 Ă  6h20
3. PAROISSE GATUMBA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30
B. Adoration
Jeudi : 7h00 Ă  8h00
Deuxième lundi du mois : 17h30 à 19h00
4. PAROISSE KAMENGE
Messes
6h, 7h30, 9h00 (swahili),10h30,16h30
Gatunguru : 9h30
Nyabagere : 9h30
Muberure : 8h00, 10h00
Nyambuye : 8h00, 10h00
Gishingano : 8h00, 10h00
Buhayira : 9h30
Mbirira : 8h00
Adoration Ă  la Paroisse
Jeudi 16h30 un jour par mois
5. PAROISSE KINAMA
A. Messes
06h00 (en Kirundi), 08h00(en Kiswahili), 10h00 (en Kirundi), 16h00 (en Kirundi)
Gahahe-Carama (en Kirundi) : 07h00 et 09h30
Gasenyi (en Kirundi) : 09h00
B. Adoration
Lundi Ă  samedi de 7h00 Ă  19h00
6. PAROISSE NGAGARA
A. Messes
Samedi : 17h30
Dimanche: 6h00, 08h00, 10h00, 17h00
B. Adoration
Jeudi : 17h00 Ă  17h30
AUMONERIES ET CHAPELLES
1. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
A. Messes
8h15, 10h30
B. Adoration
-
2. AUMONERIE DE LA POLICE
A. Messes
API : 7h30 et 10h30
Socarti : 7h30, 10h30
Ex ENAPO : 8H30
1er GMIR (Buyenzi) : 10h30
2ème GMIR (Kanyosha) : 10h30
Socarti : Adoration, 1er mercredi du mois
3. CENTRE JEUNES KAMENGE
Messe
10h30 en français
4. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
Messes
6h00, 8h00,10h00 et 16h00
Adoration
Lundi Ă  vendredi Ă  partir de 7h00 jusqu'Ă  21h30
Dimanche de 13h00 Ă  18h00
4. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
Messe
Messe des séminaristes : 6h45
1ère Messe des fidèles : 8h30
2ème Messe des fidèles : 10h15
Adoration
Adoration du Saint Sacrement par les séminaristes et autres fidèles qui veulent : Dimanche à 18h15 à 19h00
III. VICARIAT DE BUHONGA
1. PAROISSE BUHONGA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 7h30 Ă  8h30
Jeudi de la troisième semaine du mois : toute la journée
2. PAROISSE JENDA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche, 7h45, 10h00, 16h00
B. Adoration
Jeudi : toute la journée après la messe de 7h15
3. PAROISSE KARINZI
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Du lundi au samedi : 6h00 Ă  6h30
4. PAROISSE MAGARA
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Dimanche : 7h00 Ă  7h30
5. PAROISSE MATARA
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 15h00
6. PAROISSE MAYUYU
A. Messes
8h00, 11h00
B. Adoration
Vendredi : 8h00 Ă  17h00
7. PAROISSE MUBIMBI
A. Messe
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00 Ă  10h00
8. PAROISSE MUTUMBA
Messes
7h30 et 10h00
Adoration
Jeudi Ă  14h00 sauf le 1er vendredi du mois (7h30)
9. PAROISSE RUGAZI
A. Messes
7h30, 10h30
Jeudi : 15h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00
10. PAROISSE RUSHUBI
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00
11. PAROISSE RUTONGO
A. Messes
7h30; 10h00
B. Adoration
-
IV. VICARIAT DE MURAMVYA
1. PAROISSE BUKEYE
A. Messes
Samedi : 16h00
Dimanche : 6h00 , 7h40, 9h30, 11h30
B. Adoration
Jeudi : 7h10 Ă  19h00
2. PAROISSE BUKWAVU
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 14h00 Ă  15h00
3. PAROISSE BUZIRACANDA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h30, 10h00
Mercredi : 17h30 (Messe en Français)
B. Adoration
Jeudi : 16h00
Dimanche : 13h00
5.PAROISSE GASURA
4. PAROISSE KIGANDA
A. Messes
Samedi : 11h00
 Lycee: 16h00
Dimanche : 7h00, 9h00, 11h00
B. Adoration
Jeudi : 16h00
Dimanche : 13h00
5. PAROISSE KIVOGA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30, 12h30
B. Adoration
Jeudi : après la messe de 6h30
6. PAROISSE MUNANIRA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h15, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 7h30 Ă  18h00
Premier vendredi du mois : 7h30 Ă  12h00
7. PAROISSE MURAMVYA
A. Messes
7h00, 8h30, 10h30
B. Adoration
Jeudi : toute la journée
8. PAROISSE RYARUSERA
A. Messes
8h00, 10h15
B. Adoration
Jeudi : après la messe de 6h30
Mwoba mufise ico mubaza?
Tanga
Twite za CEDICOM
Twite za Papa
Facebook ya CEDICOM
Abari kumurongo : 190
Centre Diocésain de Communication CEDICOM
Uburyo bwokutwakura
Bld Patrice Lumumba, 21, Bujumbura, Burundi
+257 22 22 05 00
+257 65 19 52 50
B.P. 690 BUJUMBURA BURUNDI
cedicom.buja@gmail.com
Kwiyandikisha kukurontswa inkuru
Baza ikibazo
©2024. CEDICOM Archidiocèse de Bujumbura Designed by : DS COMPANY
Tanga * Karitas (abatishoboye)* Ugufasha abaseminari n'abamenyeshamana* Ukwubaka amasengero kumashure* Ugushigikira abasaserdotiUburyo bwo gufashaKoresha konte za DiyosezeMu marundi : Interbank Burundi : 701-02790-0152(Diocèse de Bujumbura)Mu ma dolari : BRB : 3302/493 (Archidiocèse BUJA/USD) Swift Code : BRBUBIBIMu ma Euro : BRB : 3320/368 (Archidiocèse de Buja/EURO) Swift Code : BRBUBIBI