Ukwibuka imyaka mirongo itandatu iheze incungu yo kwikukira kw'Uburundi igandaguwe
Itariki: 18/10/2021Ababisomye 4268 Vyamenyekanishijwe na : NIBITANGA Michel
Ico Imana isaba abantu, ni ukuba abantu b'intungane, abantu bameze nka Yezu, bavuga ukuri.Ivyo vyashikirijwe na Patiri Mukuru wa Katedrale Regina Mundi
Ku wa gatatu igenekerezo rya 13 Nyakanga 2021, Abarundi bari baramutse bahimbaza inyaka mirongo itandatu iheze Umuganwa Rudoviko Rwagasore yaharaniye intahe yo kwikukira k'u Burundi agandaguwe. Ibirori vy'uwo musi vyatanguwe n'inkuka y'imisa yaherejwe muri Katedrale Regina Mundi

Yezu aramwishura ati: «Muragowe namwe bahinga b'amategeko, kuko muzigira abantu ku muzigo badashobora gutwara, namwe ntimuyikozeko n'urutoke!» Patiri Mukuru wa Paruwase Katedrale Regina Mundi Félix Fupi yarI arongoye inkuka y'imisa ahereje kuri ayo majambo yasomwe mu Nkurunziza ya Luka ikigabane ca 11 yagize ati: " ayo majambo arakaze ariko ntadutere ubwoba tuyafate riho nkuko ari''. Musinguro yatanze yahamagariye abaraho gutangarira inyifato ya Yezu.
 
Uwo musaserdoti yabandanije avuga ko Yezu afise umwidegemvyo udasanzwe kandi ababatijwe bose babwirizwa kumurabirako. Yavuze kandi ko uwo mwidegemvyo wa Yezu ubonekera mukungene yugurukiye bose naho mu Bayahudi hari imirwi myinshi bose baramutumira kandi akabitaba. Yasiguye ko ico Yezu abashakako abo bafarizayo n'uko baba intungane, nayo intungane ngo n'umuntu yemera Imana, akayizigira akamenya yuko abayeho ku bwayo «N'umuntu kandi azi ico ari atigira nk'Imana, arazirikana ico Imana imushakako agaheza akakirangura. Uwo muntu rero aca arangwa n'ibikorwa vyiza, ibikorwa vy'urukundo bifasha abandi. Ingorane abafarizayo bafise n'uko muvyo bakora barondera ivyubahiro vyabo nayo umuntu w'intungane akora arondera ininahazwa ry'Imana».
 

Iyo nkuka y'imisa yari yitabwe n'abanyacubahiro batari bake, indongozi zitandukanye uhereye k'umukuru w'igihugu n'umutambukanyi wiwe, abari mu ntwaro, abaserukira ibihugu vyabo mu Burundi, abaryango b'iyo ncungu y'Uburundi eka mbere n'abanyagihugu batari bake. Patiri Félix Fupi yishimikije Ijambo ryo mw'ibaruwa umutumwa Paulo yandikiye Abanyaroma (Rm1) yaciye akebura abakristu bose avuga ati «Ego biroroshe kuvuga ko bariya ari babi, bakora nabi, bacumura, biroroshe kubacira imanza mugabo ariko ko vyari bikwiye ko umukristu wese yiraba kuko ivyo abandi bakora nabi ,nawene usanga abikora kandi Imana iba imubona ariko kubera urukundo rwayo Imana iguma irindiriye uyo muntu ikamuha umwanya ngo yinagure»


Patiri mukuru wa Paruwase Katedrale Regina Mundi kur'uwo musi hari haramutse hibukwa uwo muganwa, yatumiriye abari aho ko nabo vyobafasha kuzirikana n'ukwisuzuma ntibagume bagira ngo ba naka bagize nabi, ba naka ni babi ariko kabe akaryo ko kwisuzuma ko umwe wese ariko akora ibitunganye.Patiri Fupi ati «Ico Imana isaba abantu, ni ukuba abantu b'intungane, abantu bameze nka Yezu, bavuga ukur»i.Ageze ngaho yaciye asaba abari bitavye urwo rubanza ko ikintu ari kibi bovuga ko ari kibi ari ciza nahone bakacemeza ko ari ciza.

Patiri FUPI Felix yarangije inyigisho ahamagarira abari baje mw'iyo nkuka ya misa kuzirikana uwo mwidegemvyo mukwibuka umuganwa Rudoviko Rwagasore kuko nawene ngo ntiyatinye kuvuga ivyiza biri mu Burundi ariko akagaruka akavuga ati:« erega hariho ibisuma b'abangushi kandi tuzobarwanya». Ku bwa Patiri Félix Fupi kugira umwidegemvyo nkuyo usaba guhinduka vy'ukuri n'umuhamagaro w'ukuba abantu bamenye Yezu Kristu akabagira abidegemvya. Rwagasore nico yerekanye, umuntu arwana atarondera inyungu mugabo arondera ineza y'igihugu cose.

Twobamenyesha ko ihimbazwa ry'iyo sabukuru y'imyaka mirongo itandatu incungu y'ukwikukira kw'u Burundi imaze igandaguwe ryarangijwe kandi n'ugushira ingori z'amashurwe ku ntatemwa yiwe.

Grâce Divine Gahimbare, Paruwase Katedrale Regina Mundi

Ivyiyumviro

Aleluya. Kristu yarazutse; umuco wiwe waratuboneshereje, twebwe yacunguje atnaraso yiwe. Aleluya.

Ivyo dusoma mu Nkuru Nziza ya Yezu Kristu nk’uko yashikirijwe na Yohani (6, 52-59)

Muri irya misi,

Abayuda baja mu gaharira, bavuga bati: «Uwo ashobora ate kuduha umubiri wiwe ngo tuwufungure?» Yezu arababwira rero ati: «Ni ukuri ni ukuri ndabibabwiye: mudafunguye umubiri w’Umwana w’umuntu, ntimunywe n’amaraso yiwe, nta buzima muzogira. Uwufungura umubiri wanje akanywa n’amaraso yanje, arafise ubuzima budahera. Nanje rero nzomuzura ku musi w’imperuka. Na none umubiri wanje ni imfungurwa y’ukuri, amaraso yanje na yo ni inyobwa y’ukuri. Uwufungura umubiri wanje akanywa n’amaraso yanje, aba muri jewe, nanje nkaba muri we. Nk’uko Data Nyenubuzima yantumye ari we ambeshaho, ni ko n’uwumfunguye ndamuha ubuzima. Uyo rero ni wo mukate wamanutse uva mw’ijuru. Ntumeze nk’umwe basokuru banyu bafunguye, hanyuma bagapfa. Uwuzofungura uyo mukate azoramba mu myaka yose.»

Ivyo Yezu yabivuze yigishiriza mw’isinagoga i Kafaranawumi.  

Rondera
Urutonde rw'Imisa
I. VICARIAT DE SAINT MICHEL
1. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
A. Messes
Samedi : 17h00 (en Français)
Dimanche : 6h00 (en Kirundi),  7h00 (en Kirundi),  8h15 (en Français),  10h00 (en Kirundi),  12h00 (parfois, possibilitĂ© d'une messe circonstancielle, en Kirundi), 17h00 (en Français)
B. Adoration
Mardi : toute la journée, à la Chapelle
Jeudi : toute la journée, à la Chapelle
Samedi : 6h45 Ă  8h00
2. PAROISSE SAINT MICHEL
A. Messes
Samedi : 17h00
Dimanche : 06h15, 08h00, 10h00, 12h00 Kiswahili, 17h00
B. Adoration
Jeudi : toute la journée
3. PAROISSE BUYENZI
A. Messes
6h00 (en Kirundi), 8h00 (en Kiswahili), 10h30 (en Kirundi), 16h30 (en Kirundi)
B. Adoration
Mercredi : 17h30
4. PAROISSE KANYOSHA
A. Messes
6h00, 7h45, 9h30 (Français), 11h15 et 16h00
B. Adoration
Jeudi : 18h00
Dimanche : 13h00 Ă  16h00
Premier vendredi du mois : toute la journée
5. PAROISSE KININDO
A. Messes
6h00, 7h30, 8h45, 10h30, 17h30
B. Adoration
Jeudi, toute la journée
6. PAROISSE MUSAGA
A. Messes
Samedi : 17h00
Dimanche : 6h10, 08h00, 10h30, 16h30
B. Adoration
Mardi : 12h00 Ă  16h00
Jeudi : 15h00 Ă  16h00
Vendredi : 12h00 Ă  14h00
7. PAROISSE NYAKABIGA
A. Messes
Samedi : 17h30
Dimanche: 6h00 (en Kirundi), 8h00 (en Kiswahili), 10h00 (en Kirundi), 17h00 (en Kirundi)
B. Adoration
Du lundi Ă  vendredi : 7h00 Ă  16h45
8. PAROISSE RUZIBA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30, 16h30
B. Adoration
Jeudi 15h et le 1er vendredi du mois
9. PAROISSE MUTANGA SUD
A. Messes
6h15, 08h15, 10h30, 17h00
Campus Mutanga : messe à 11h (en kirundi et en français alternativement)
B. Adoration
Mardi : toute la journée après la messe de 6h00
II. VICARIAT DE GIHOSHA
1. PAROISSE GIHOSHA
Messes de la semaine
Lundi - Samedi : 06h30
Dimanche : 6h00, 10h30, 16h00 ( en Kirundi) 08h15 en Français
Lundi à 18h00, messe en Français, suivie de l'adoration, jusqu'à 19h00.
Vendredi : Adoration à 17h30, suivie de l'Eucharistie en Français, à 18h30
2. PAROISSE BUTERERE
A. Messes
6h00, 8h00, 10h00, 16h30
B. Adoration
Jeudi : 15h00 Ă  17h15
Samedi : 5h30 Ă  6h20
3. PAROISSE GATUMBA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30
B. Adoration
Jeudi : 7h00 Ă  8h00
Deuxième lundi du mois : 17h30 à 19h00
4. PAROISSE KAMENGE
Messes
6h, 7h30, 9h00 (swahili),10h30,16h30
Gatunguru : 9h30
Nyabagere : 9h30
Muberure : 8h00, 10h00
Nyambuye : 8h00, 10h00
Gishingano : 8h00, 10h00
Buhayira : 9h30
Mbirira : 8h00
Adoration Ă  la Paroisse
Jeudi 16h30 un jour par mois
5. PAROISSE KINAMA
A. Messes
06h00 (en Kirundi), 08h00(en Kiswahili), 10h00 (en Kirundi), 16h00 (en Kirundi)
Gahahe-Carama (en Kirundi) : 07h00 et 09h30
Gasenyi (en Kirundi) : 09h00
B. Adoration
Lundi Ă  samedi de 7h00 Ă  19h00
6. PAROISSE NGAGARA
A. Messes
Samedi : 17h30
Dimanche: 6h00, 08h00, 10h00, 17h00
B. Adoration
Jeudi : 17h00 Ă  17h30
AUMONERIES ET CHAPELLES
1. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
A. Messes
8h15, 10h30
B. Adoration
-
2. AUMONERIE DE LA POLICE
A. Messes
API : 7h30 et 10h30
Socarti : 7h30, 10h30
Ex ENAPO : 8H30
1er GMIR (Buyenzi) : 10h30
2ème GMIR (Kanyosha) : 10h30
Socarti : Adoration, 1er mercredi du mois
3. CENTRE JEUNES KAMENGE
Messe
10h30 en français
4. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
Messes
6h00, 8h00,10h00 et 16h00
Adoration
Lundi Ă  vendredi Ă  partir de 7h00 jusqu'Ă  21h30
Dimanche de 13h00 Ă  18h00
4. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
Messe
Messe des séminaristes : 6h45
1ère Messe des fidèles : 8h30
2ème Messe des fidèles : 10h15
Adoration
Adoration du Saint Sacrement par les séminaristes et autres fidèles qui veulent : Dimanche à 18h15 à 19h00
III. VICARIAT DE BUHONGA
1. PAROISSE BUHONGA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 7h30 Ă  8h30
Jeudi de la troisième semaine du mois : toute la journée
2. PAROISSE JENDA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche, 7h45, 10h00, 16h00
B. Adoration
Jeudi : toute la journée après la messe de 7h15
3. PAROISSE KARINZI
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Du lundi au samedi : 6h00 Ă  6h30
4. PAROISSE MAGARA
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Dimanche : 7h00 Ă  7h30
5. PAROISSE MATARA
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 15h00
6. PAROISSE MAYUYU
A. Messes
8h00, 11h00
B. Adoration
Vendredi : 8h00 Ă  17h00
7. PAROISSE MUBIMBI
A. Messe
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00 Ă  10h00
8. PAROISSE MUTUMBA
Messes
7h30 et 10h00
Adoration
Jeudi Ă  14h00 sauf le 1er vendredi du mois (7h30)
9. PAROISSE RUGAZI
A. Messes
7h30, 10h30
Jeudi : 15h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00
10. PAROISSE RUSHUBI
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00
11. PAROISSE RUTONGO
A. Messes
7h30; 10h00
B. Adoration
-
IV. VICARIAT DE MURAMVYA
1. PAROISSE BUKEYE
A. Messes
Samedi : 16h00
Dimanche : 6h00 , 7h40, 9h30, 11h30
B. Adoration
Jeudi : 7h10 Ă  19h00
2. PAROISSE BUKWAVU
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 14h00 Ă  15h00
3. PAROISSE BUZIRACANDA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h30, 10h00
Mercredi : 17h30 (Messe en Français)
B. Adoration
Jeudi : 16h00
Dimanche : 13h00
5.PAROISSE GASURA
4. PAROISSE KIGANDA
A. Messes
Samedi : 11h00
 Lycee: 16h00
Dimanche : 7h00, 9h00, 11h00
B. Adoration
Jeudi : 16h00
Dimanche : 13h00
5. PAROISSE KIVOGA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30, 12h30
B. Adoration
Jeudi : après la messe de 6h30
6. PAROISSE MUNANIRA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h15, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 7h30 Ă  18h00
Premier vendredi du mois : 7h30 Ă  12h00
7. PAROISSE MURAMVYA
A. Messes
7h00, 8h30, 10h30
B. Adoration
Jeudi : toute la journée
8. PAROISSE RYARUSERA
A. Messes
8h00, 10h15
B. Adoration
Jeudi : après la messe de 6h30
Mwoba mufise ico mubaza?
Tanga
Twite za CEDICOM
Twite za Papa
Facebook ya CEDICOM
Abari kumurongo : 125
Centre Diocésain de Communication CEDICOM
Uburyo bwokutwakura
Bld Patrice Lumumba, 21, Bujumbura, Burundi
+257 22 22 05 00
+257 65 19 52 50
B.P. 690 BUJUMBURA BURUNDI
cedicom.buja@gmail.com
Kwiyandikisha kukurontswa inkuru
Baza ikibazo
©2024. CEDICOM Archidiocèse de Bujumbura Designed by : DS COMPANY
Tanga * Karitas (abatishoboye)* Ugufasha abaseminari n'abamenyeshamana* Ukwubaka amasengero kumashure* Ugushigikira abasaserdotiUburyo bwo gufashaKoresha konte za DiyosezeMu marundi : Interbank Burundi : 701-02790-0152(Diocèse de Bujumbura)Mu ma dolari : BRB : 3302/493 (Archidiocèse BUJA/USD) Swift Code : BRBUBIBIMu ma Euro : BRB : 3320/368 (Archidiocèse de Buja/EURO) Swift Code : BRBUBIBI