WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)_12/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 20 gushika 26 Mukakaro 2020 _ 14/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 20 gushika 26 Mukakaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 03 09 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Baza ikibazo

Ivyo dusoma mw'Ikete rya mbere Umutumwa Pawulo yandikiye Abanyakorenti (15, 20-27)


Kristu azoja imbere abatangurire, hanyuma abazoba bamwemeye bamukurikire


Ncuti zanje, Kristu yarazutse ava mu bapfuye, aba ari we abatangurira. Ko urupfu rwazanywe n'umuntu umwe, n'izuka ry'abapfuye rizanwa n'umuntu umwe.


Nk'uko abantu bose bapfa muri Adamu, ni ko abantu bose bazozuka muri Kristu. Mugabo umwe umwe wese azoronka ikibanza bakwiranye: Kristu azoja imbere abatangurire, hanyuma abazoba bamwemeye bamukurikire igihe azogarukira.


Hanyuma vyose bizorangira, aho azoshikiriza Se wiwe ya ngoma yamuha, mugabo abanje gutsinda Inganji zose, Ubukuru n'Ububasha. 


Kuko birakwiye ko ahangama ku ngoma gushika umusi azoba yatsinze abansi biwe bose. Umwansi yatsinze ubwanyuma ni Urupfu, kuko ariho azoba yatsinze vyose.


Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 16
Itariki: 10/6/2019Ababisomye 1614 Vyamenyekanishijwe na : Michel NIBITANGA
Mariya twaramugabanyeko Umuvyeyi, twaramurazwe n'Umwana w'Imana; ni Eva wa kabiri, ni we Nyina w'abazima, yadusubije ubuzima bw'Imana

Ku musi wa mbere ukurikira Pentekoti, abakristu barahimbaza Bikira Mariya Umuvyeyi w'Ekleziya n'uw'abantu. Ku gushaka kw'Umwungere w'Ekleziya Papa Fransisko, igisata co ku kirimba c'Ekleziya kijejwe ivy'Amasabamana n'Ihimbazwa ry'Amasakramentu (Congrégation pour le Culte Divin et la Discipline des Sacrements) carateye igikuma kw'itegeko ryo ku wa 11 Ruhuhuma 2018 (décret Prot.N.10/18). Iryo tegeko ryashikirijwe ku wa 3 Ntwarante 2018, riraheza rishinga ibijanye n'ihimbazwa ry'uwo musi (mu vyerekeye ibisabisho vyo mu Nkuka ya Misa, ibisomwa hamwe n'igisabisho c'Amashemezo y'Ekleziya vyo kuri uwo musi. Muri uyu mwaka w'2019, kw'igenekerezo ryawo rya 10 Ruheshi, ni ho hahuriranye n'umusi wa mbere ukurikira Pentekoti.

Uyu musi rero turiko duhimbaza Bikira Mariya Umuvyeyi w'Ekleziya n'uw'abantu. Ibisomwa dushikirizwa kuri uwo musi ni ivyo dusoma mu Gitabu c'Amamuko (Amamuko 3,9-15.20), canke ivyo dusoma mu Gitabu c'Ibikorwa vy'Abatumwa (Ibik.1,12-14), Igitabu c'Izabuli (Izabuli ya 87), be no mu Nkuru Nziza ya Yezu Kristu nk'uko yanditswe na Yohani (Yoh.19,25-34).

UMUVUKANO HAGATI Y'ABAKRISTU NI WO USIGURA UYU MUSI

Ntitwoshobora kuzirikana neza ubuvyeyi bw'Umuvyeyi wa Ekleziya n'uw'abantu tutabanje kwibukanya ico dutegera iyo tuvuze «Ekleziya». Mu gitabu cegeranirijwemwo inyigisho ngenderwako mu kwemera, kwacu tubona ko «Ekleziya ari Umuryango w'ababatijwe mu mazi no muri Mutima-Mweranda. Babaye abana b'Imana bwite, barumuna ba Yezu Kristu, n'ingoro ya Mutima-Mweranda». Kuva ico gihe rero, abakristu baravukana hagati yabo, vyumvikana ko basangiye umuvyeyi n'umuryango.

UMUVUKANO HAGATI Y'ABANTU WAMYEHO KUVA UMUNTU AKIREMWA

Kuva umuntu akiremwa, uwo muvukano wamyeho. Wagiye gutosekazwa n'igicumuro c'abavyeyi bacu ba mbere, Adamu na Eva. Aha rero ntitwodeha kudoma urutoke ku gicumuro c'inyanduruko cononye imigenderanire yari hagati y'Imana n'Abavyeyi bacu ba mbere. Eva yarahenzwe n'inzoka aca ahereza Adamu umugabo wiwe, maze bompi baca banduza uruvyaro rwabo rwose, gutyo, baba bagambarariye Imana.

Ariko kubera ubuvyeyi n'urukundo vy'Imana bitisubirako, Imana yahavuye isubira kurondera iyindi nzira yokirizamwo umuntu. Ni kwo kwiyumvira uwundi muvyeyi. Uwo na we ni Bikira Mariya, wa mwigeme yakingirwa igicumuro c'abavyeyi ba mbere, ateguriwe kuvyara Umucunguzi, azoza gukiza abantu ibicumuro vyabakuye ku Mana. Eva yavyaye abana arabanduza akabi, Mariya na we aje, asubira kubavyarira ku Musalaba, kandi abuhagira igicumuro bavukanye.

BIKIRA MARIYA NI UMUVYEYI W'EKLEZIYA N'UW'ISI

Bikira Mariya ni we Muvyeyi w'abazima vy'ukuri. Ibitwuhagira ico gicumuro, vyavuye ku Mwana wiwe yapfiriye ku musaraba, ahagarikiwe n'Umuvyeyi wiwe Bikira Mariya, Mariya muka Klopasi, Mariya Madalena na Yohani, wa mwigishwa Yezu yakunda cane, ari na we yaserukiye isinzi ry'abantu bakunda kandi bizigiye urukiza rwa Yezu. Ni co gituma amuraze abo yacunguye ati: «Wa Mukenyezi We nguyo umwana wawe...». Abwira wa mwigishwa na we ati: «Nguyo nyoko wawe» (Yoh.19,26-27b).

Mariya twaramugabanyeko Umuvyeyi, twaramurazwe n'Umwana w'Imana yadusubije ku Mana, akadusubiza ubuzima bw'Imana. Mariya ni Eva wa kabiri, ni we Nyina w'abazima. Nidutegere rero ubuvyeyi bwa Mariya. Augustino Mweranda ni we abusigura avuga ati: «Ku bw'umubiri, Mariya ni nyina wa Yezu Kristu; ku bw'umutima ni Nyina w'ingingo z'Umwana wiwe, kuko barafashanije mu rukundo kuvyarira abana b'Imana mw'Ekleziya...»

BIKIRA MARIYA NI NYINA W'IMANA N'EKLEZIYA

Mariya ni nyina w'Imana n'Ekleziya. Iryo ragi ry'Imana ni ibanga ry'agatangaza: Umuvyeyi w'Umwana w'Imana arazwe umwana w'abantu, aserukiye abantu bose! Iryo teka ni agatangaza k'Imana, igomvye kutwivukanisha. Bikira Mariya atuvyariye mu bubabare bwinshi. Mariya ni umuvyeyi w'Ekleziya, ayivyariye musi y'Umusalaba, arazwe abana bayo bose, kuva kuri Petero gushika ku mwana yabatijwe uyu musi. Bose bubatse Ekleziya ya Yezu Kristu. Bikira mariya atwaye ku mutima abana b'Imana n'ab'Ekleziya, ariko kandi ntiyibagira n'abataramenya Umwana wiwe, kuko na bo nyene uwo Mwana wiwe yarabapfiriye.

Uwo Muvyeyi atwigisha natwe kwibohora ibintu vyose, cane cane ibidukura ku Mana, nk'uko na We Imana yamwatse vyose, ikamwaka n'umwana wiwe w'ikinege. Natwe twemere guheba vyose ku bw'urukundo rw'Imana n'abantu. Twemere n'uguheba uruhoza rw'abantu, iyo turi mu bitugoye. Ububabare bwacu tubushikanire riho Imana, twishushanye n'Umwana wayo be n'Umuvyeyi wiwe. Ubutwari mu bitugora, tuzobukura ngaho.

Bikira Mariya, Mugabekazi w'Isi n'ijuru, udusabire!

NDIZEYE ALFRED26/06/2019Umuvyeyi adukunda kandi atwitwararika ijoro numutaga tumube hafi mu kwama tuvuga ishapule
Ivyiyumviro
Amazina
E-mail
Iciyumviro canyu
Andika igiharuro gikurikira34405104024000
Tanga
Ufashe Umuryango
Ijambo ry'Imana
Gusenga ngo «Dawe wa twese... Ubwami bwawe nibukwire hose!» bisigura iki?30/7/2019 | Ababisomye 2195 | Michel NIBITANGA Ubwami bw'Imana bwaraje mu rupfu n'Izuka vya Kristu, vyongeye buri hagati muri twebwe mw'Ukaristiya no mu butumwa bwa Ekleziya mw'isi, ariko kandi bugira buze muri wa muzo wa nyuma w'Umukama mu bunina....
Ijambo ry'Imana
Ubwo abarundi turazirikana vy'ukuri ivyo tuvuga mu gisabisho ca "Dawe wa twese..."?30/7/2019 | Ababisomye 2925 | Michel NIBITANGA Ababanyi bawe, abo mudasangiye ubwoko, ivyiyumviro, abo mufise ivyo mupfa, burya ni abana b'Imana....
Duhimbaze Bikira Mariya w'i Karumeli ahimbazwa kw'itariki ya 16 Mukakaro16/7/2019 | Ababisomye 1371 | Michel NIBITANGA «Ukuduga Karumeli», birakenewe guheba ivyo vyose bitubuza kwunguka mu bumwe dufitaniye n'Imana kugira ngo tuduge, twegere Imana Rudasumbwa (Yohani w'Umusalaba Mweranda)....
Ni gute umuntu ashobora kumenya ko Imana iriko iramuhamagara ngo ayihebere?16/7/2019 | Ababisomye 2393 | Abbé Dieudonné NIYIBIZI Umaze kubona ibimenyetso vyerekeye ihamagarwa ryawe, ugutohoza ijwi ry'Umukama bisaba umwanya, ubwitonzi nyakuri n'igisabisho ca misi yose....
Ijambo ry'Imana
Samiriza Impundu turirimbe Alleluya Kristu yazutse!21/4/2019 | Ababisomye 923 | Michel NIBITANGA Alleluya, Kristu ni muzima; Kristu yizuye mu bapfuye; yatweretse natwe ko tuzozuka!....
WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)_12/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 20 gushika 26 Mukakaro 2020 _ 14/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 20 gushika 26 Mukakaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 03 09 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA

Ivyo dusoma mw'Ikete rya mbere Umutumwa Pawulo yandikiye Abanyakorenti (15, 20-27)


Kristu azoja imbere abatangurire, hanyuma abazoba bamwemeye bamukurikire


Ncuti zanje, Kristu yarazutse ava mu bapfuye, aba ari we abatangurira. Ko urupfu rwazanywe n'umuntu umwe, n'izuka ry'abapfuye rizanwa n'umuntu umwe.


Nk'uko abantu bose bapfa muri Adamu, ni ko abantu bose bazozuka muri Kristu. Mugabo umwe umwe wese azoronka ikibanza bakwiranye: Kristu azoja imbere abatangurire, hanyuma abazoba bamwemeye bamukurikire igihe azogarukira.


Hanyuma vyose bizorangira, aho azoshikiriza Se wiwe ya ngoma yamuha, mugabo abanje gutsinda Inganji zose, Ubukuru n'Ububasha. 


Kuko birakwiye ko ahangama ku ngoma gushika umusi azoba yatsinze abansi biwe bose. Umwansi yatsinze ubwanyuma ni Urupfu, kuko ariho azoba yatsinze vyose.


Baza ikibazo
Abari kumurongo : 16
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :