HORAIRE DES MESSESWEB TVWEB RADIO
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi _ 14/11/2019
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi
#opmspecial2019 IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA Pascal NYABENDA arongoye INAMA NSHINGAMATEKA
#opmspecial2019 IJAMBO RY'UMUKURU W'INAMA Y'ABEPISIKOPI KATOLIKA
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)_16/01/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(30/12/2019 - 05/01/2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
( 16-23 Kigarama 2019)
Baza ikibazo

Aleluya, aleluya. 


Uyu musi, ntimugire agatimatare,
nimwumvirize riho ijwi ry'Umukama. 


Aleluya. 


Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Mariko (2, 13-17) 


Uwundi musi, Yezu agenda ku nkombe y'ikiyaga, ishengero ryose riza rimugana, na we rero araryigisha. 
Ariko arahita, abona Levi, mwene Alufayo, yicaye imbere y'ameza y'aho batoreza ikori, aramubarira ati: «Nkurikira.» Ava hasi aramukurikira. 
Yezu ngo azimanwe iwe, abatozakori n'abanyakabi benshi bazimanwa hamwe na Yezu n'abigishwa biwe: nkako yari yakurikiwe na benshi. Abigishwa bo mu Bafarizayo ngo babone asangiye n'abatozakori n'abanyakabi, babwira abigishwa biwe bati: «Eee! arasangira n'abatozakori n'abanyakabi!» Yezu abumvise arababarira ati: «Abakomeye si bo bakeneye abaganga, ni abarwaye riho; sinazanywe n'uguhamagara abeza, nazanywe n'abanyakabi.»


?


Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 73
Itariki: 16/6/2019Ababisomye 2181 Vyamenyekanishijwe na : Webmaster du CEDICOM
Muri iyo misa yari irongowe n'Umwepiskopi wa Diyoseze ya Paris, Musenyeri Michael Aupetit, abapatiri bari bambaye inkofero zikomeye z'ukwikingira mu mutwe (casques)
Ejo ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 15, ni ho haba imisa ya mbere kw'Isengero Notre Dame y'i Paris mu gihugu c'Ubufaransa, inyuma y'aho ihiriye mu kwezi kwa kane kw'uno mwaka. Muri iyo misa yari irongowe n'Umwepiskopi wa Diyoseze ya Paris, Musenyeri Michael Aupetit, abapatiri bari bambaye inkofero zikomeye z'ukwikingira mu mutwe (casques).

Iyo misa yahuriyemwo abantu bake, bagizwe n'abakuru ba Ekleziya Katolika, abakozi b'iyo Ekleziya hamwe n'abandi, harimwo n'abariko barasanura iyo sengero.

Isengero nkuru Notre-Dame i Paris yahiye kw'igenekerezo rya 15 z'ukwa kane 2019, hari mu gihe c'i Karema. Umunara hamwe n'urusenge bikaba vyarasenyutse. Ariko abajejwe kuzimya imicanwa y'ivyaduka bashika 500 barashoboye kuwuzimya. Igice kitari gito co hagati muri iyo nyubakwa ntaco cabaye, eka mbere na Altari, umusaraba mukuru uri kuri Altari, na vyo nyene biri mu bitahiye.

Aho Isengero Notre Dame y'i Paris yasha, umuriro wamaze ikiringo c'amasaha icenda. Igihe iterwa n'umuriro, abantu batari bake bari bavuze ko bafise ubwoba ko ishobora kuzimangana, inyuma y'imyaka amajana umunani (800) yari imaze. 
N'ubwo biri ukwo, utwigoro tw'ukuyisanura twotwo tuguma tuboneka. Emmaneul Macron, umukuru w'igihugu c'Ubufaransa, ni umwe mu bashaka y'uko yosanurwa, akaba yihaye akaba yihaye ikiringo c'imyaka itanu.

Vyasomwe ku bwanyu na Michel NIBITANGA, CEDICOM
Ivyiyunviro
Amazina
E-mail
Iciyunviro canyu
Andika igiharuro gikurikira31791359396160
Tanga
Ufashe Umuryango
Hirya no hino
IBARA RYARAYE RIGUYE MURI PARUWASE KANYINYA, ITABERENAKULO YO MW'ISENGERO YARAYE YIBWE25/07/2018 | Ababisomye 394 | Webmaster du CEDICOM Inkozi z'ikibi zitaramenyekana zaraye zinjiye mwisengero ziba urukombamazi ivyari biyirimwo....
HORAIRE DES MESSESWEB TVWEB RADIO
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi _ 14/11/2019
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi
#opmspecial2019 IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA Pascal NYABENDA arongoye INAMA NSHINGAMATEKA
#opmspecial2019 IJAMBO RY'UMUKURU W'INAMA Y'ABEPISIKOPI KATOLIKA
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)_16/01/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(30/12/2019 - 05/01/2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
( 16-23 Kigarama 2019)

Aleluya, aleluya. 


Uyu musi, ntimugire agatimatare,
nimwumvirize riho ijwi ry'Umukama. 


Aleluya. 


Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Mariko (2, 13-17) 


Uwundi musi, Yezu agenda ku nkombe y'ikiyaga, ishengero ryose riza rimugana, na we rero araryigisha. 
Ariko arahita, abona Levi, mwene Alufayo, yicaye imbere y'ameza y'aho batoreza ikori, aramubarira ati: «Nkurikira.» Ava hasi aramukurikira. 
Yezu ngo azimanwe iwe, abatozakori n'abanyakabi benshi bazimanwa hamwe na Yezu n'abigishwa biwe: nkako yari yakurikiwe na benshi. Abigishwa bo mu Bafarizayo ngo babone asangiye n'abatozakori n'abanyakabi, babwira abigishwa biwe bati: «Eee! arasangira n'abatozakori n'abanyakabi!» Yezu abumvise arababarira ati: «Abakomeye si bo bakeneye abaganga, ni abarwaye riho; sinazanywe n'uguhamagara abeza, nazanywe n'abanyakabi.»


?


Baza ikibazo
Abari kumurongo : 73
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :