WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)_12/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 20 gushika 26 Mukakaro 2020 _ 14/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 20 gushika 26 Mukakaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 03 09 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Baza ikibazo

Ivyo dusoma mw'Ikete rya mbere Umutumwa Pawulo yandikiye Abanyakorenti (15, 20-27)


Kristu azoja imbere abatangurire, hanyuma abazoba bamwemeye bamukurikire


Ncuti zanje, Kristu yarazutse ava mu bapfuye, aba ari we abatangurira. Ko urupfu rwazanywe n'umuntu umwe, n'izuka ry'abapfuye rizanwa n'umuntu umwe.


Nk'uko abantu bose bapfa muri Adamu, ni ko abantu bose bazozuka muri Kristu. Mugabo umwe umwe wese azoronka ikibanza bakwiranye: Kristu azoja imbere abatangurire, hanyuma abazoba bamwemeye bamukurikire igihe azogarukira.


Hanyuma vyose bizorangira, aho azoshikiriza Se wiwe ya ngoma yamuha, mugabo abanje gutsinda Inganji zose, Ubukuru n'Ububasha. 


Kuko birakwiye ko ahangama ku ngoma gushika umusi azoba yatsinze abansi biwe bose. Umwansi yatsinze ubwanyuma ni Urupfu, kuko ariho azoba yatsinze vyose.


Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 11
Itariki: 22/11/2019Ababisomye 7636 Vyamenyekanishijwe na : Michel NIBITANGA
Abaririmbiramana bo muri uwo mugwi baradomekewe amatara yabo mirongo ibiri n'atanu, baratera impundu ya Yubile, maze irasamirana, mu musi mukuru bahimbaje ku w'Imana itariki 17 Munyonyo 2019
«Ikibanza mufise ni ntasubirizwa, mufasha abandi gusenga, mugatuma umutima wabo ukiruruka, ukegera Imana», vyavuzwe na Félix Fupi, Patiri mukuru wa Paruwase Katerdrale Regina Mundi, mu gihe mu mugwi «Bikira Mariya Nyenyeri yo mu mutwenzi» wo muri iyo Paruwase bariko bahimbaza Yubile y'imyaka 25 bamaze barangura ubutumwa bw'gufasha abakristu gusenga biciye mu ndirimbo z'amasabamana. Uwo musi mukuru wahimbajwe ku w'Imana itariki 17 Munyonyo 2019.
 
Kuri uwo musi mukuru, kari akaryo ko kwiginana no gukenguruka ivyiza bagabanye mu mwaka wa yubile, n'ivyo bagabanye mu myaka 25 uwo mugwi umaze utanguye ubutumwa. Ivyo birori bikaba vyatangujwe n'inkuka y'imisa, hakurikira ukwiginana n'amajambo. Abaririmbiramana bo mu mugwi «Bikira Mariya Nyenyeri yo mu mutwenzi» wo muri Paruwase Katedrale Regina Mundi baradomekewe amatara yabo mirongo ibiri n'atanu, baratera impundu ya Yubile, abandi barayitabira, maze irasamirana.

Mu majambo yavuzwe muri urwo rubanza, hatanguye iry'icegera c'umukuru w'umugwi, Ferdinand Ndayizeye. Ahejeje kwakira abashitsi yaraberetse inararibonye z'uwo mugwi, ziraheza zirambikwa amashapule. Uwaserukiye inama nkuru ya Paruwase yarakeje uwo mugwi, afatiye cane cane ku kuntu abaririrmbiramana bawo bagiye barongerekana, n'ingene baririmvye neza mu misa y'isaha zine y'uwo musi w'urubanza. Yasozereye ijambo ryiwe abipfuriza kubandanya batera imbere.

Patiri mukuru wa Paruwase Katedrale Regina Mundi, Félix Fupi, na we nyene yarashikirije ijambo. Yavuze ati: «Igikorwa murangura turaciyumvamwo, kuko na none tuba turi bamwe iyo duhereza Inkuka y'imisa, namwe mukaririmba; tuba turi ku gikorwa kimwe. Ikibanza mufise ni ntasubirizwa kuko mufasha abandi gusenga, mugatuma umutima wabo ukiruruka, ukegera Imana.

Avuga ku myaka 25 uwo mugwi umaze urangura ubutumwa bw'ukuririmbira Imana mu ndirimbo z'amasabamana, ku bwiwe, uwo mugwi waragabanye ivyiza vyinshi, ari na co gituma ivy'ugukenguruka muri iyo myaka umaze urangura ubutumwa bitobura. Yagize ati: «Ni akaryo rero k'ukwiginana mu gukenguruka ivyiza, inema n'imihezagiro mwagabanye mu mwaka wa yubile, no mu myaka mumaze muri ubwo butumwa».

Twobamenyesha ko uwo mugwi «Bikira Mariya Nyenyeri yo mu mutwenzi» wo muri Paruwase Katedrale Regina Mundi ugizwe ahanini n'abakozi bo mu nzu, ukaba uremesha imisa ya mbere yo ku musi w'Imana igihe c'isaha icumi na zibiri zo mu gitondo.

Jean Bosco Nduwayo, Katedrale Regina Mundi      
Ivyiyumviro
Amazina
E-mail
Iciyumviro canyu
Andika igiharuro gikurikira31776745316580
Tanga
Ufashe Umuryango
Mikaheli Mweranda
Katedrale Regina Mundi
Umwiherero mu mugwi «Jeunesse Regina Mundi» w'abaririmbiramana bo muri Paruwase Katedrale Regina Mundi30/7/2020 | Ababisomye 4930 | Michel NIBITANGA Uwo mwiherero witabwe na bamwe mu baririmbiramana bawo, ndetse na bamwe mu bakristu b'iyo Paruwase nyene. Abo bitavye uwo mwiherero bari baherekejwe na Patiri Sugespe....
Ingo n'Imiryango
Katedrale Regina Mundi
Iramurwa ry'ingo zakurikiranye inyigisho zo gutunganya imvyaro bifatiye ku buryo kama muri Paruwase Katedrale Regina Mundi10/7/2020 | Ababisomye 314 | Michel NIBITANGA Ni inyigisho zari zimaze amezi umunani zihabwa ingo zubatse, zatanzwe n'urugo rukristu rugizwe na Niyonzima Dylan na Mashaka Amnielle, ingo zine ku munani zikaba ari zo zashoboye kuzikurikirana gushik....
Mikaheli Mweranda
Katedrale Regina Mundi
Umwiherero w'abari mu mugwi wa Bibiliya n'abasomyi b'Ijambo ry'Imana bo muri Paruwase Katedrale Regina Mundi24/6/2020 | Ababisomye 1905 | Michel NIBITANGA Urukundo dukunda Imana rurigaragaza mu mwanya tuyiha mu kwakira n'ukuzirikana Ijambo ryayo (Patiri Jerry Urlich Cimpaye)....
Mikaheli Mweranda
Katedrale Regina Mundi
Umusi mukuru w'Isakramentu Ryeranda ingene wahimbajwe muri Paruwase Katedrale Regina Mundi16/6/2020 | Ababisomye 351 | Michel NIBITANGA «Ni isakramentu ry'agaheta kuko ari ryo Yezu yashimye kwishushanyamwo mu mukate n'umuvinyu. Yezu yabigize gutyo kubera urukundo adufitiye ngo dushobore kuza turamwihereza ataduteye ubwoba. Yabigize gu....
Mikaheli Mweranda
Katedrale Regina Mundi
Ugusozera umwaka w'ubutumwa w'2019 ushira 2020 ku bagize umugwi w'abihebeye Imana bakukira Paruwase Katedrale Regina Mundi12/6/2020 | Ababisomye 4915 | Michel NIBITANGA «Mwese ntimuzopfa urw'abamaratiri, ariko ku bw'indagano mwaraganiye Umukama, muhamagariwe kubaho mu bumaratiri bwa misi yose!», vyavuzwe na Patiri Modesto Todeschi, mu nyigisho yatanze kuri uwo mus....
WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)_12/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 20 gushika 26 Mukakaro 2020 _ 14/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 20 gushika 26 Mukakaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 03 09 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA

Ivyo dusoma mw'Ikete rya mbere Umutumwa Pawulo yandikiye Abanyakorenti (15, 20-27)


Kristu azoja imbere abatangurire, hanyuma abazoba bamwemeye bamukurikire


Ncuti zanje, Kristu yarazutse ava mu bapfuye, aba ari we abatangurira. Ko urupfu rwazanywe n'umuntu umwe, n'izuka ry'abapfuye rizanwa n'umuntu umwe.


Nk'uko abantu bose bapfa muri Adamu, ni ko abantu bose bazozuka muri Kristu. Mugabo umwe umwe wese azoronka ikibanza bakwiranye: Kristu azoja imbere abatangurire, hanyuma abazoba bamwemeye bamukurikire igihe azogarukira.


Hanyuma vyose bizorangira, aho azoshikiriza Se wiwe ya ngoma yamuha, mugabo abanje gutsinda Inganji zose, Ubukuru n'Ububasha. 


Kuko birakwiye ko ahangama ku ngoma gushika umusi azoba yatsinze abansi biwe bose. Umwansi yatsinze ubwanyuma ni Urupfu, kuko ariho azoba yatsinze vyose.


Baza ikibazo
Abari kumurongo : 11
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :