HORAIRE DES MESSESWEB TVWEB RADIO
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi _ 14/11/2019
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi
#opmspecial2019 IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA Pascal NYABENDA arongoye INAMA NSHINGAMATEKA
#opmspecial2019 IJAMBO RY'UMUKURU W'INAMA Y'ABEPISIKOPI KATOLIKA
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)_16/01/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(30/12/2019 - 05/01/2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
( 16-23 Kigarama 2019)
Baza ikibazo

Aleluya, aleluya. 
Nimwakirize yompi ijambo ry'Imana, ntimuryakire nk'ijambo ry'abantu, kuko ari Imana yo nyene ibayagira. 
Aleluya.
Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Mariko (2, 23-28) 


Umusi umwe, hari kw'isabato, Yezu aca mu mirima y'ingano, abigishwa biwe na bo habita baraha udushishi twazo. Abafarizayo rero bamubarira bati: «Ehe raba! Ni kuki bakora ikizira ku musi w'isabato?»  Yezu na we abishura ati: «Ntimwigeze musoma ivyo Dawudi yakoze igihe yari yaburaniwe, ashonje, we n'abo bari kumwe? Yarinjiye mu ngoro y'Imana, hari mu gihe c'umuherezankuka mukuru Abiyatari, arya imikate y'imperezwa kandi abaherezankuka ari bo basa bashobora kuyirya, arongera ayigaburira abagenzi biwe.»  Hanyuma ati: «Isabato yagiriwe abantu, abantu si bo baremewe isabato. Ni co gituma Umwana w'umuntu aganza n'isabato nyene.» 


Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 30
Itariki: 22/11/2019Ababisomye 1452 Vyamenyekanishijwe na : Webmaster du CEDICOM
«Umukama Imana azomuha ingoma ya se wiwe Dawudi; azogaba umuryango wa Yakobo imyaka yose, n'ingoma ntizohera» (Luk.1,32-33)
Yezu ni Umwana wa Dawudi akaba n'Umukama wiwe

Muri Israyeli baramera ko Imana ari Umwami wabo (Raba Izab.47). Yezu rero ko asangiye kamere na Se, basangiye ubumana; eka mbere basangiye n'Ubwami. Ariko n'aho ari Imana, yaremeye kuba umwana wa Dawudi. Ni umwana wa Dawudi k'ubw'umubiri, kuko Imana yashatse ko avukira mu muryango, umuryango wa Yozefu na Mariya, Yozefu na we akaba yari yatewe iteka ryo kuba umurezi wa Yezu.

Yezu ni Umwana wa Dawudi, akomoka kuri Aburahamu, Yozefu ariwe tuzi ko ari umurezi wa Yezu, akomoka kuri Dawudi (Raba Mat.1,1-17). Yezu yavukiye i Bethlehemu mu gisagara ca Dawudi (Luk.2,11).

Ingene ivuka rya Yezu mu gisara ca Dawudi vyagenze:

Muri irya misi hari itegeko ryo kwiyandikisha, umwe wese mu gisagara avukamwo, Yozefu rero nawe nyene aca ava mu gisagara ca Nazareth i Bugalile aduga mu Buyudeha, mu gisagara ca Dawudi agenda kwiyandikisha be na Mariya umukenyezi wiwe, nawe yari yibungenze.Bashitseyo rero bahurirana n'uko ageze kwibaruka. Yezu rero yavukiye mu muryango w'Umwami Dawudi, yavutse mu nda y'ingoma, ni ishaka ry'Imana ryarangutse. 

Ni Umukama wa Dawudi kuko ari Imana:

Yezu mbere na mbere hose yamye ariho, ni Jambo yigize umuntu abana natwe. (Raba muri Yoh.1,1-18). Ni Imana ya Dawudi.Aho Yezu aboneye abafarizayo bakoraniye hamwe, yarababajije ati: «Mbega ivyerekeye Kristu muvyibazako iki? Ni mwene nde?» Bati: «Ni mwene Dawudi». Na we ababwira ati: «Bigenda gute none ngo Dawudi, amurikiwe na Mutima-Mweranda, amwite Umukama, avuga ati: "Umukama yabwiye Umukama wanje ati: 'Niwicare iburyo bwanje gushika nshize abansi bawe munsi y'ibirenge vyawe.'» (Raba Mat.22,41-46).

Yezu ni Umwana wa Dawudi akaba n'Umukama wa Dawudi, kandi ni umukuru muri vyose (Raba Zab.109,1). Umukristu wese arazi ko Yezu ari Mesiya, Umwana wa Dawudi, n'Umukama wa Dawudi.  
Ivyiyunviro
Amazina
E-mail
Iciyunviro canyu
Andika igiharuro gikurikira52872798070240
Tanga
Ufashe Umuryango
Umwaka C
INGOMA YA KRISTU NI IY'UMUCO WAMAHO22/11/2019 | Ababisomye 71 | Webmaster du CEDICOM Twama tubigaragaza mu kwemera kwacu, ku misi y'Imana no ku misi mikuru cane, tuti: «Kandi azogaruka n'ubuninahazwa, aje gucira urubanza abazima n'abapfuye, ingoma yiwe ntizoba igihera»....
Umwaka C
UBWAMI BWA KRISTU NI UBW'IMYAKA YOSE22/11/2019 | Ababisomye 55 | Webmaster du CEDICOM Umusi mukuru wa Kristu Umwami utwibutsa ko Yezu Kristu ari Uwuriho, Uwamyeho n'Uwuzokwamaho; ni We aganza ibihe n'imyaka, ni We ntango n'iherezo rya vyose (Alufa na Omega).....
Umwaka C
UMUSI MUKURU WA KRISTU UMWAMI22/11/2019 | Ababisomye 1428 | Webmaster du CEDICOM Turafise Umwami adukunda, akatugirira ikigongwe, akaduha amahoro n'akanyamuneza.....
Umwaka C
Ijambo ry'Imana
TWUMVIRIZE IJAMBO IMANA ITUYAGIYE > IDOMINIKA YA 26, MU MWAKA-C (NA PATIRI Ildephonse MISIGARO)27/9/2019 | Ababisomye 2741 | Webmaster du CEDICOM «Nibatumviriza Musa n'Abahanuzi, uwapfuye, n'iyo yozuka ntibazokwemera!» Ivyo dusoma mu Njili nyeranda yanditswe na Luka (Luk.16,19-31)....
HORAIRE DES MESSESWEB TVWEB RADIO
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi _ 14/11/2019
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi
#opmspecial2019 IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA Pascal NYABENDA arongoye INAMA NSHINGAMATEKA
#opmspecial2019 IJAMBO RY'UMUKURU W'INAMA Y'ABEPISIKOPI KATOLIKA
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)_16/01/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(30/12/2019 - 05/01/2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
( 16-23 Kigarama 2019)

Aleluya, aleluya. 
Nimwakirize yompi ijambo ry'Imana, ntimuryakire nk'ijambo ry'abantu, kuko ari Imana yo nyene ibayagira. 
Aleluya.
Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Mariko (2, 23-28) 


Umusi umwe, hari kw'isabato, Yezu aca mu mirima y'ingano, abigishwa biwe na bo habita baraha udushishi twazo. Abafarizayo rero bamubarira bati: «Ehe raba! Ni kuki bakora ikizira ku musi w'isabato?»  Yezu na we abishura ati: «Ntimwigeze musoma ivyo Dawudi yakoze igihe yari yaburaniwe, ashonje, we n'abo bari kumwe? Yarinjiye mu ngoro y'Imana, hari mu gihe c'umuherezankuka mukuru Abiyatari, arya imikate y'imperezwa kandi abaherezankuka ari bo basa bashobora kuyirya, arongera ayigaburira abagenzi biwe.»  Hanyuma ati: «Isabato yagiriwe abantu, abantu si bo baremewe isabato. Ni co gituma Umwana w'umuntu aganza n'isabato nyene.» 


Baza ikibazo
Abari kumurongo : 30
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :