HORAIRE DES MESSESWEB TVWEB RADIO
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi _ 14/11/2019
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi
#opmspecial2019 IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA Pascal NYABENDA arongoye INAMA NSHINGAMATEKA
#opmspecial2019 IJAMBO RY'UMUKURU W'INAMA Y'ABEPISIKOPI KATOLIKA
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)_16/01/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(30/12/2019 - 05/01/2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
( 16-23 Kigarama 2019)
Baza ikibazo

Aleluya, aleluya. 


Uyu musi, ntimugire agatimatare,
nimwumvirize riho ijwi ry'Umukama. 


Aleluya. 


Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Mariko (2, 13-17) 


Uwundi musi, Yezu agenda ku nkombe y'ikiyaga, ishengero ryose riza rimugana, na we rero araryigisha. 
Ariko arahita, abona Levi, mwene Alufayo, yicaye imbere y'ameza y'aho batoreza ikori, aramubarira ati: «Nkurikira.» Ava hasi aramukurikira. 
Yezu ngo azimanwe iwe, abatozakori n'abanyakabi benshi bazimanwa hamwe na Yezu n'abigishwa biwe: nkako yari yakurikiwe na benshi. Abigishwa bo mu Bafarizayo ngo babone asangiye n'abatozakori n'abanyakabi, babwira abigishwa biwe bati: «Eee! arasangira n'abatozakori n'abanyakabi!» Yezu abumvise arababarira ati: «Abakomeye si bo bakeneye abaganga, ni abarwaye riho; sinazanywe n'uguhamagara abeza, nazanywe n'abanyakabi.»


?


Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 73
Itariki: 22/11/2019Ababisomye 70 Vyamenyekanishijwe na : Webmaster du CEDICOM
Twama tubigaragaza mu kwemera kwacu, ku misi y'Imana no ku misi mikuru cane, tuti: «Kandi azogaruka n'ubuninahazwa, aje gucira urubanza abazima n'abapfuye, ingoma yiwe ntizoba igihera»
Twama tubigaragaza mu kwemera kwacu, ku misi y'Imana no ku misi mikuru cane, tuti: «Kandi azogaruka n'ubuninahazwa, aje gucira urubanza abazima n'abapfuye, ingoma yiwe ntizoba igihera».

Iyo ngoma ya Kristu ni imwe nyene Umukama Imana, aciye ku muhanuzi Natani, yadondorera Dawudi, ati: «Nzogena mu bazokuvukako uwuzogusubirira, azova mu bura bwawe, nkomeze ingoma yiwe...! Nzokomeza intebe y'ubwami bwiwe na ntaryo. Nzomubera umuvyeyi, na we ambere umwana...! Umuryango wawe n'ubwami bwawe bizorama na ntaryo imbere yanje, intebe yawe y'ubwami ihangame imyaka yose» (2 Sam.7, 12.13.14.16). Ni na vyo Umumalayika Gaburiyeli yabwiye Bikira Mariya mw'iburwa ry'ivuka rya Yezu, aho yagize ati: «Azogaba umuryango wa Yakobo imyaka yose, n'ingoma yiwe ntizohera» (Luk.1,33). Ivyo rero, hamwe n'ibindi vyinshi vyanditse mu bitabu vyeranda, biratwereka ukwamaho kw'ubwami bwa Kristu.

Ubwami bwiwe ni ubwami bw'umuco wamaho, ni bwo yavyagijemwo wa mubisha yigaye. Na twebwe, igihe twabatizwa, Mana Data yadukuye mu bubasha bw'umuzimagiza, atuvyagiza mu Bwami bw'Umwana wiwe akunda cane (Abanyakolosi 1,13). Ubwo bwami bwaratanguye, buri mu mitima y'abemera, turindiriye ko buranguka rwose, aho Kristu azoba vyose muri vyose (banyakolosi 3,11). Bumeze nka ka gatete ka sinapi gakura kakaba igiti kinini; bumeze nk'umwambiro ukakamisha umutsima. Kugira ngo buzoranguke rwose muri twebwe, kandi tugire agahimbare kamaho, dusabwa kuvavanura n'ibikorwa vy'umwijima, tugakunda umuco n'ukuri.

Hariho abantu benshi, mbere no mu bakristu nyene, badatahura neza ibijanye n'Ubwami bwa Yezu; babona umengo ntibwiserura nka neza. Kuri ivyo, Yezu avuga ati: «Ubwami bwanje si ubwo ngaha kw'isi; iyo Ubwami bwanje buba ari ubwo kuri iyi si, abantu banje baba bangwaniye singwe mu minwe y'Abayahudi» (Yoh.18,36). Asangiye ubwami na Se na Mutima Mweranda. Ni ubwami bw'imyaka yose. Umusalaba ni co kimenyetso c'ubwo bwami.Ubwami bwa Kristu ntibuhagaze ku mfungurwa no ku nyobwa; ni ubutungane, amahoro n'akanyamuneza muri Mutima-Mweranda (Abanyaroma 14,17).

Kuri uyu musi rero, nitunezerwe, duhimbarwe, dutambe dutarike, kuko twigina Umwami wacu Yezu Kristu. Ni Umwami w'urukundo, w'ikigongwe, w'amahoro; ni we Ntsinzi yacu muri vyose. Ese twomwegukira rwose ubu no mu myaka yose.
Amen!  
Ivyiyunviro
Amazina
E-mail
Iciyunviro canyu
Andika igiharuro gikurikira50690471381160
Tanga
Ufashe Umuryango
Umwaka C
INGOMA YA KRISTU NI IY'IMYAKA YOSE22/11/2019 | Ababisomye 1451 | Webmaster du CEDICOM «Umukama Imana azomuha ingoma ya se wiwe Dawudi; azogaba umuryango wa Yakobo imyaka yose, n'ingoma ntizohera» (Luk.1,32-33)....
Umwaka C
UBWAMI BWA KRISTU NI UBW'IMYAKA YOSE22/11/2019 | Ababisomye 52 | Webmaster du CEDICOM Umusi mukuru wa Kristu Umwami utwibutsa ko Yezu Kristu ari Uwuriho, Uwamyeho n'Uwuzokwamaho; ni We aganza ibihe n'imyaka, ni We ntango n'iherezo rya vyose (Alufa na Omega).....
Umwaka C
UMUSI MUKURU WA KRISTU UMWAMI22/11/2019 | Ababisomye 1427 | Webmaster du CEDICOM Turafise Umwami adukunda, akatugirira ikigongwe, akaduha amahoro n'akanyamuneza.....
Umwaka C
Ijambo ry'Imana
TWUMVIRIZE IJAMBO IMANA ITUYAGIYE > IDOMINIKA YA 26, MU MWAKA-C (NA PATIRI Ildephonse MISIGARO)27/9/2019 | Ababisomye 2723 | Webmaster du CEDICOM «Nibatumviriza Musa n'Abahanuzi, uwapfuye, n'iyo yozuka ntibazokwemera!» Ivyo dusoma mu Njili nyeranda yanditswe na Luka (Luk.16,19-31)....
HORAIRE DES MESSESWEB TVWEB RADIO
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi _ 14/11/2019
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi
#opmspecial2019 IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA Pascal NYABENDA arongoye INAMA NSHINGAMATEKA
#opmspecial2019 IJAMBO RY'UMUKURU W'INAMA Y'ABEPISIKOPI KATOLIKA
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)_16/01/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(30/12/2019 - 05/01/2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
( 16-23 Kigarama 2019)

Aleluya, aleluya. 


Uyu musi, ntimugire agatimatare,
nimwumvirize riho ijwi ry'Umukama. 


Aleluya. 


Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Mariko (2, 13-17) 


Uwundi musi, Yezu agenda ku nkombe y'ikiyaga, ishengero ryose riza rimugana, na we rero araryigisha. 
Ariko arahita, abona Levi, mwene Alufayo, yicaye imbere y'ameza y'aho batoreza ikori, aramubarira ati: «Nkurikira.» Ava hasi aramukurikira. 
Yezu ngo azimanwe iwe, abatozakori n'abanyakabi benshi bazimanwa hamwe na Yezu n'abigishwa biwe: nkako yari yakurikiwe na benshi. Abigishwa bo mu Bafarizayo ngo babone asangiye n'abatozakori n'abanyakabi, babwira abigishwa biwe bati: «Eee! arasangira n'abatozakori n'abanyakabi!» Yezu abumvise arababarira ati: «Abakomeye si bo bakeneye abaganga, ni abarwaye riho; sinazanywe n'uguhamagara abeza, nazanywe n'abanyakabi.»


?


Baza ikibazo
Abari kumurongo : 73
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :