HORAIRE DES MESSESWEB TVWEB RADIO
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi _ 14/11/2019
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi
#opmspecial2019 IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA Pascal NYABENDA arongoye INAMA NSHINGAMATEKA
#opmspecial2019 IJAMBO RY'UMUKURU W'INAMA Y'ABEPISIKOPI KATOLIKA
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(13-19 Nzero 2020)_23/01/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(13-19 Nzero 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(30/12/2019 - 05/01/2020)
Baza ikibazo
Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 33
Itariki: 25/11/2019Ababisomye 134 Vyamenyekanishijwe na : Webmaster du CEDICOM
Kw'isengero nkuru ya Paruwase, ivyo birori vyatangujwe n'urugendo rurerure rwahereye ahitwa i Makombe, kuva kw'isaha zibiri n'igice z'agatondo, rushika hafi ya zone Magara ahitwa ku Mabaho, rugaruka kw'isangero nkuru ya Paruwase, ari na ho haciye habera inkuka ya Misa
«Ubwami bwa Yezu Kristu bukomoka kuri Mana Se yamusize amavuta», ayo ni amwe mu majambo makuru makuru yashimikiweko mu nsiguro y'ijambo ry'Imana ryasomwe mu misa y'umusi mukuru wa Kristu Umwami, kuri uyo w'Imana igenekerezo rya 24 Munyonyo, muri Paruwase Magara be no ku mashure-tabariro yose akukira iyo Paruwase. Ibirori vy'uwo musi mukuru bikaba vyari vyitabwe n'abakristu batandukanye, eka mbere n'abanyamihari n'imigwi y'ubutumwa.

Kw'isengero nkuru ya Paruwase, ivyo birori vyatangujwe n'urugendo rurerure rwahereye ahitwa i Makombe, kuva kw'isaha zibiri n'igice z'agatondo, rushika hafi ya zone Magara ahitwa ku Mabaho, rugaruka kw'isangero nkuru ya Paruwase, ari na ho haciye habera inkuka ya Misa, kw'isaha zine, imisa yaherejwe na Patiri Umwibutsamana mushasha w'imihari n'imigwi y'ubutumwa, Patiri Sylvère NTASUMBUMUYANGE.

Mu nsiguro yiwe idonda Ubwami bwa yezu, uwo musaserdoti, afatiye ku nkuru nziza, yabwiye abakristu ko Umwami wabo ari Yezu, wa wundi abayahudi babamvye ku Musalaba, bakamubamba hagati y'ababisha. Uwo musaserdoti yabandanyije insiguro y'ijambo ry'Imana ry'uwo musi asaba abakristu kuzirikana ivyerekeye Ubwami bwa Yezu mu ntambwe zitatu ari zo z'uko Ubwami bwa Yezu bukomoka ku Mana se yamusize amavuta; ko Ubwami bwa Yezu bwarangukiye ku Musalaba; be n'uko ababatijwe bose bari muri ubwo Bwami bwa Yezu.

Patiri Sylvère NTASUMBUMUYANGE yagize ati: «Ubwami bwa Yezu ni ingabirano y'Imana irengeye na kure ukwo abantu babutahura, kuko mu gihe ubwami bw'abantu bufise imbibe n'iherezo, ariko Ubwami bwa Yezu Kristu Umwana w'Imana nzima bwobwo bwaje budasanzwe, buzira imbibe n'iherezo.»

Uwo musaserdoti yavuze ko Ubwami bwa Kristu ari Ubwami bw'ukuri n'ubuzima, Ubwami bw'ubweranda n'inema, Ubwami bw'ubutungane, urukundo n'amahoro. Ikindi, ngo urukundo Yezu yakunze abo yashaka kwigarurira mu Bwami bwiwe ni rwo ngo rwamutumye abitangira ku Musalaba. Urwo rukundo, mu kurusigura yagereranije n'ukuntu mu gihe abami bo kw'isi bobo barondera gukorerwa, bakama bakingiwe ngo ntihagire ikintu cobagirira nabi, ko Yezu we iryo teka ryarangutse mu gupfira bose ku Musalaba no mu guhambwa, agaheza akazuka, gutyo akemeza n'abari bamwishe ko mu vyo aganza n'urupfu nyene ryrimwo. Uwo musaserdoti ati: «Kristu yaratsinze, kandi ni We aturwanira intambara».

Ku bijanye n'abagize ubwo Bwami bwa Yezu, Patiri Sylvère NTASUMBUMUYANGE yavuze ko ari ababatijwe bose, kandi ko bagize igihugu ceranda, umuryango witorewe n'Imana. Ngo bafise ubusaserdati-cami, icibare c'Imana, kandi ngo ni ingabo za Yezu. Ni n'aho yafatiye mu gusozera insiguro y'uwo musi avuga ko abo bagize Ubwami bwa Kristu bahamagariwe kurangamira Umwami wabo ku Musalaba, kugira ngo bashobore kugabana ikigongwe  ciwe, baheze babeho bamugendanira mu buzima bwabo. Bahamagariwe kandi gukingira abandi, no kuba abatanga ubuzima kuri bene wabo, hakuba ababubaka.

Mwomenya ko ukwigina ivyo birori vyabandanyirije mu ngoro y'imanza n'amakoraniro iri mu bigo vy'iyo Paruwase y'i Magara. Abihebeye Imana, abamenyeshamana, abagize imihari n'imigwi y'ubutumwa, co kimwe n'abatumire, bakaba baciye basangirira hamwe imfungurwa n'inyobwa kavukire.

Honoré NDAYIRAGIJE, Paruwase  Magara      
Ivyiyunviro
Amazina
E-mail
Iciyunviro canyu
Andika igiharuro gikurikira15136674215520
Tanga
Ufashe Umuryango
12
Buhonga
Magara
Paruwase Magara mu nama itegura umusi mukuru mpuzamakungu uhariwe Ijambo ry'Imana23/1/2020 | Ababisomye 28 | Webmaster du CEDICOM Iyo nama yari yitabwe n'abari mu nzego zose zifise ubutumwa muri Paruwase, Patiri Sylver Ntasumbumuyange akaba yarisunze ijambo ry'Imana ryavuye mu gitabu c'umuhanuzi Nehemiya (Nehemiya 8,1-15), be n....
Buhonga
Magara
Ku munsi mukuru wa Epifaniya, Musenyeri Gerevazi Banshimiyubusa kumwe n'imikangara y'Imana mu butumwa muri Paruwase Magara10/1/2020 | Ababisomye 101 | Webmaster du CEDICOM Ubutumwa bwari bwazindukanye abo bana bwari ubw'ugushikiriza imfashanyo baheruka kwegeranya, imfashanyo igenewe kuzofasha abandi bana bagorewe irya n'ino kw'isi....
Buhonga
Magara
Paruwase Magara mu mafungo y'abagize umugwi w'ukuninahaza Imana31/12/2019 | Ababisomye 37 | Webmaster du CEDICOM Inyigisho nyamukuru yatanzwe muri ayo mafungo yari yerekeye ingene ico gisabisho gikorwa n'intumbero yaco....
Buhonga
Magara
Iyugururwa ry'umwaka w'ubutumwa w'2019 ushira uw'2020 muri Paruwase Magara1/10/2019 | Ababisomye 119 | Webmaster du CEDICOM Ibirori vy'uwo musi vyari vyitabwe n'abakristu b'imice myinshi, cane cane abihebeye Imana, abamenyeshamana, abarongoye abandi mu ma komisiyo atandukanye, imihari n'imigwi vy'ubutumwa bw'Ekleziya ku ma....
Magara
Paruwase Magara yarakiriye umusaserdoti mushasha mu mubano w'abasaserdoti bayo, Patiri Sylvère NTASUMBUMUYANGE13/9/2019 | Ababisomye 206 | Webmaster du CEDICOM Iyakirwa rya Patiri Sylvère NTASUMBUMUYANGE muri iyo Paruwase rije ryisunga ko yaheruka kugenwa n'Umwepiskopi wa Diyoseze Nkuru ya Bujumbura, ngo aje kuba umunyabigega wa Paruwase, asubirire Patiri Ol....
12
HORAIRE DES MESSESWEB TVWEB RADIO
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi _ 14/11/2019
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi
#opmspecial2019 IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA Pascal NYABENDA arongoye INAMA NSHINGAMATEKA
#opmspecial2019 IJAMBO RY'UMUKURU W'INAMA Y'ABEPISIKOPI KATOLIKA
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(13-19 Nzero 2020)_23/01/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(13-19 Nzero 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(30/12/2019 - 05/01/2020)
Baza ikibazo
Abari kumurongo : 33
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :