HORAIRE DES MESSESWEB TVWEB RADIO
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi _ 14/11/2019
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi
#opmspecial2019 IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA Pascal NYABENDA arongoye INAMA NSHINGAMATEKA
#opmspecial2019 IJAMBO RY'UMUKURU W'INAMA Y'ABEPISIKOPI KATOLIKA
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(13-19 Nzero 2020)_23/01/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(13-19 Nzero 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(30/12/2019 - 05/01/2020)
Baza ikibazo
Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 42
Itariki: 29/11/2019Ababisomye 69 Vyamenyekanishijwe na : Webmaster du CEDICOM
Muri ubu Bushikiro, dusabe gusubiza hamwe n'abo tutari tugishize hamwe, abo twarenganije kubera ubwoko, canke umugambwe, canke mu bundi buryo, tubasabe ikigongwe
Ekleziya Katolika yarategekanije ibihe bimwe bimwe bidutumirira kwisubirako, tukarushirizaho gusenga. Ivyo bihe ni Ubushikiro n'Ikarema. Ubu rero twinjiye mu gihe c'Ubushikiro, igihe twitegurira ivuka ry'Umukama wacu Yezu Kristu, igihe kandi kidutumirira kwitegurira umuzo wiwe mu buninahazwa. Imana irasubiye kudutera iryo teka ry'ukwinjira muri ico gihe. Uwo Imana yahaye ubuzima muri uwu mwaka wose amaze, irasubiye kumutumira kwinjira muri ico kiringo.

None, twokwitegurira gute uyo muzo w'Umukama? Igihe c'Ubushikiro ni igihe Imana iduha c'ukwisuzuma, tugakubitiza agatima-mpembero ku vyo tumazemwo igihe dukora ko ari vyiza canke bibi. Ni igihe kandi c'ukwisubirako, tugategura imitima yacu, aho twigenjeje nabi, tutagororokeye Imana tukahakosora. Imitima yacu tukayitegura mu gusaba ikigongwe duciye ku basaserdoti kugira ngo badufashe guhanagura umwanda wose w'ibicumuro dufise mu mitima yacu.

Muri kino gihe turimwo, usanga imitima yacu yuzuye umugera w'amacakubiri y'ubwoko, y'imigambwe canke y'intara. Umugera w'ikinyoma n'urwanko, umugera w'akarenganyo. Ivyo vyose rero Yezu arashaka kubidukiza. Itegereze neza, imbere y'ugukunda Imana utabona, banza ukunde mugenzawe muri kumwe Imana yaremye ku gashusho kayo, ni ho na Yo nyene uzoba uyikunda.

Muri ubu Bushikiro, dusabe gusubiza hamwe n'abo tutari tugishize hamwe, abo twarenganije kubera ubwoko, canke umugambwe, canke mu bundi buryo, tubasabe ikigongwe. Hanyuma dusubize hamwe nk'uko Yezu Kristu we nyene abidusaba, aduhanura avuga ati: «Nimusubize hamwe na mugenzawe mugifatanije akayira». Dusubize hamwe rero n'abo tutagicana uwaka, cane cane dusabe kurwaniriza hamwe umwansi shetani mu kumutsindisha igisabisho. 

None rero mugenzi, ntuhave uvuga ngo umutima wawe waramaze kudadarara, ngo none ntugikira; izigire Yezu gusa, vyose arabishobora; usabe ikigongwe kuri ubwo bugaba bwawe, ubwo busuma bwawe, ubwo busambanyi bwawe, ubwo bubeshi bwawe, ako kaborerwe kawe n'ibindi vyinshi bikubuza kumwegera. Uhe Yezu ikibanza kimukwiye mu buzima bwawe, uzokwibonera ibitangaza vyinshi agukorera.

Uwo Mukiza twiteze ni umunyembabazi, kandi ni We atanga amahoro y'umutima n'umubiri; tumusabe aduhindure, iki gihe dutanguye c'Ubushikiro ntikidupfeko ubusa, azoze ashikira mu mitima yacu, mu miryango yacu, mu gihugu cacu, na cane cane amurikire n'abadutwara bame baharanira umwumvikano n'amahoro.  
Ivyiyunviro
Amazina
E-mail
Iciyunviro canyu
Andika igiharuro gikurikira12684170618460
Tanga
Ufashe Umuryango
Imihezagiro n'imigirwa
Indangurakintu y'ijambo «Ubushikiro»29/11/2019 | Ababisomye 65 | Webmaster du CEDICOM Igihe c'Ubushikiro cashizweho mu kinjana ca gatanu, mu ntimatima y'ico kiringo, hakaba hiyumvirwa ukuza kw'Umukama, ukwigira umuntu kwiwe, akaza kw'isi....
HORAIRE DES MESSESWEB TVWEB RADIO
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi _ 14/11/2019
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi
#opmspecial2019 IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA Pascal NYABENDA arongoye INAMA NSHINGAMATEKA
#opmspecial2019 IJAMBO RY'UMUKURU W'INAMA Y'ABEPISIKOPI KATOLIKA
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(13-19 Nzero 2020)_23/01/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(13-19 Nzero 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(30/12/2019 - 05/01/2020)
Baza ikibazo
Abari kumurongo : 42
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :