Ijambo ry'Imana
- IDOMINIKA YA 17 YO MU MWAKA - 2020
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Ku wa mbere
Ku wa kabiri
Ku wa gatatu: Marita Mweranda
Ku wa kane: Petero Krizologe, umwepiskopi
Ku wa gatanu: ignasi wa Loyola, Umusaserdoti
Kun wa gatandatu: Alfonsi Mariya wa Liguori, umwepiskopi n'umwigisha
- IDOMINIKA YA 18 YO MU MWAKA - 2020
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Ku wambere
Ku wa kabiri
Ku wa gatatu: Ihezagigwa ry'isengero nkuru ya Bikira Mariya
Ku wa kane: Ukwihindura kw'umukama
Ku wa gatanu: Sigisto II Umupapa n'abagenziwe abamaratiri
Ku wa gatandatu: Dominiko, Umusaserdoti
- IDOMINIKA YA 19 YO MU MWAKA - 2020
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Ku wa mbere: Lorenti, umudiyakoni yapfiriye Imana
Ku wa kabiri
Ku wa gatatu
Ku wa gatatu: Yohana Frinsiska wa Chantal, Umwihevyi
Ku wa kane: Ponsiyano umupapa na Hipolito Umusaserdoto, Abamaratiri
Ku wa gatanu: Magisimiliyano Mariya Kolbe, Umusaserdoti n'Umumaratiri
Ku wa gatandatu:Iyurizwa mw'ijuru rya Bikira Mariya
- IDOMINIKA YA 20 YO MU MWAKA - 2020
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Ku wa mbere
Ku wa Kabiri
Ku wa Gatatu : Yohani Eudes
Ku wa Kane : Bernarudo, umumonaki n'Umwigisha, Ukwibuka
Ku wa Gatanu : Piyo w'10 Umupapa, Ukwibuka
Ku wa Gatanu :Piyo w'10 umupapa, ukwibuka
Ku wa Gatandatu : Bikira Mariya Umwamikazi,Ukwibuka
- IDOMINIKA YA 21 YO MU MWAKA - 2020
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Ku wa Mbere : BARTOLOMEO, Umutumwa, Umusi Mukuru
Ku wa Kabiri
Ku wa Gatatu
Ku wa Kane : Monika Mweranda, Ukwibuka
Ku wa Gatanu : Ogustino, umwepiskopi n'Umuhinga mu vy'Imana, ukwibukwa
Ku wa Gatandatu : Yohani Batista apfira Imana, ukwibuka
UMWAKA A IDOMINIKA YA 18 YO MU MWAKA - 20206/8/2020
Ku wa kane: Ukwihindura kw'umukama
IGISOMWA CA MBEREIZABURIIGISOMWA CA KABIRIINKURU NZIZA


Ivyo dusoma mu gitabu c'Umuhanuzi Daniyeli (7, 9-10. 13-14)
Impuzu yiwe yarera nk'urubura
Ndashishikara ndaraba: mbona bateguye intebe, Umutama ayivyagirako. Impuzu yiwe yarera nk'urubura, umushatsi wiwe utyoroye nk'ubwoya bw'intama itagira inenge. Intebe yiwe yaca ibibatsi nk'umuriro kandi ifise imizingo y'ibishirira. Uruzi rw'umuriro rwadudubiriza imbere yiwe. Abamukorera bari injojo n'injojo, na ho imbere yiwe hari hahagaze amajana n'amajana. Bariko baraca imanza ibitabu vyuguruye.Mu vyo neretswe mw'ijoro, nagize ntya mbona haje uwusa n'Umwana w'umuntu, azananye n'ibicu vyo mw'ijuru. Araheza aregera wa Mutama, baramumushikiriza. Aca ahabwa inganji, icubahiro n'ubwami, kugirango amoko yose, intara zose n'indimi zose zimusenge. Ingoma yiwe ni ingoma izokwamaho, ubwami bwiwe ni ubwami butazotituka.