Ijambo ry'Imana
- IDOMINIKA YA 4 Y'IKAREMA - 2020
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Lundi: Turbiyo w'i Mogrovejo
Mardi
Ku wa gatatu: Iburwa ry'Umukama
Ku wa Kane
Ku wa gatanu
Ku wa gatandatu
- IDOMINIKA YA 5 Y'IKAREMA - 2020
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Ku wa mbere
Ku wa kabiri
Ku wa Gatatu
Ku wa Kane : Fransisko wa Paulo, Mweranda
Ku wa Gatanu
Ku wa Gatandatu : Izidori, Umwepiskopi n'Umwigisha w'Ekleziya
- IBISANDASANDA - 2020
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Ku wa mbere : INDWI NYERANDA
Ku wa Kabiri
Ku wa Gatatu
Ku wa Kane Mweranda : IMISI ITATU YO GUSHEMEZA PASIKA Y'UMUKAMA
Ku wa Gatanu : UKUBABARA N'UGUPFA KWA YEZU
Ku wa Gatandatu : IGITERAMO CA PASIKA MW'IJORO RYERANDA
- UMUSI MUKURU WA PASIKA - 2020
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Ku wa mbere
Ku wa kabiri
Ku wa gatatu
Ku wa kane
Ku wa gatanu
Ku wa gatandatu
- UMUSI MUKURU W'IKIGONGWE C'IMANA - 2020
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Ku wa mbere
Ku wa kabiri
Ku wa gatatu
Ku wa kane
Ku wa gatanu
ku wa gatandatu: Mariko, umwanditsi w'inkuru nziza
Ku wa kabiri
UMWAKA A IDOMINIKA YA 5 Y'IKAREMA - 20203/4/2020
Ku wa Gatanu
IGISOMWA CA MBEREIZABURIINKURU NZIZA


Ivyo dusoma mu gitabu c'Umuhanuzi Yeremiya (20, 10-13) 
Hose numva bampanirana bangira inama ngo: «Nimuze tumuturubike, tumushire mu rubanza!» Abitwa abagenzi banje bose  banyipfuriza urupfu, bakibwira bati:«Hari n'aho azohava ahendwa,tukamutsinda, tukamwihora.»Ariko Umukama ni we Mutabazi wanje mfise kandi arahambaye, abansi banje bazohasiga agatwe; ng'abo baratanguye kumaramara kuko vyabananiye, bazoteterwa imyaka yose, nta n'umwe azovyibagira. 
Ewe Mukama, Nyeningabo, Wewe utunganya vyose Kandi ukabona akari mu nda y'umugabo,ese nobona umusi uzomaramaza abo bayobe,kuko umucamanza wanje ari Wewe. Ririmbire Umukama, ninahaze Umukama, kuko yakuye umwinazi mu minwe y'ababisha.