Ijambo ry'Imana
- IDOMINIKA YA MBERE Y'UBUSHIKIRO - 2019
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Ku wa mbere
Ku wa kabiri: Fransisko Gisaveri
Ku wa gatatu : Yohani w´i Damasi
Ku wa kane
Ku wa gatanu: Nikola, Umwepiskopi
Ku wa gatandatu: Ambruwazi, Mweranda
- IDOMINIKA YA 2 Y'UBUSHIKIRO - 2019
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Ku wa mbere: Isamwa atagicumuro rya Bikira Mariya
Kuwa kabiri
Ku wa Gatatu: Damase, I Umupapa
Kuwa Kane: Bikira Mariya w'i Guadeloupe
Ku wa Gatanu: Lusiya umubikira yapfiriye Imana
Ku wa Gatandatu: Yohani w'Umusalaba, Umusaseredoti, Ukwibuka
- IDOMINIKA YA 3 Y'UBUSHIKIRO - 2019
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Ku wa Mbere
Ku wa Kabiri
Ku wa Gatatu
Ku wa Kane
Ku wa Gatanu
Ku wa Gatandatu: Petero Kaniziyusi, Umusaseredoti
- IDOMINIKA YA 4 Y'UBUSHIKIRO - 2019
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Ku wa mbere w'indwi irongora Noeli
Ku wa Kabiri w'indwi irongora Noeli
Ku wa gatatu: Duhimbaze Noeli, Akana Yezu kavutse
Ku wa kane (Stefano mweranda)
Ku wa gatanu (Yohani Mweranda )
Ku wa gatandatu (Abana bishwe na Herodi)
- UMURYANGO MWERANDA - 2019
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Ku wambere
Ku wa kabiri : Silivesiteri Mweranda
Ku wa gatatu: Mariya Mweranda Nyina w´Imana
Ku wa kane
Ku wa gatanu: Izina rininahaye rya Yezu
Ku wa gatandatu
UMWAKA A IDOMINIKA YA 2 Y'UBUSHIKIRO - 20198/12/2019
IGISOMWA CA MBEREIGISOMWA CA MBEREIGISOMWA CA KABIRIINKURU NZIZA

"Umurushwa azomucira urw'ukuri akurikije ubutungane": Ivyo dusoma mu gitabu c'Umuhanuzi Izaya (Izaya 11,1-10)
Ng'iri iriyazwe n'Umukama Imana: Ng'iyo ingundu yamutse ku gishitsi ca Yese, ng'iryo iremba rije riva mu mizi yiwe. Ng'uwo yuzuwe n'umutima w'Umukama: agize ugutekereza n'ubwenge bwinshi, afise ubwitonzi n'ubukomezi, maze umwuzurira ukaba ubumenyi n'ukwubaha Umukama, icubahiro c'Umukama ni co kimugenza.
Mu rubanza, ntaca urwa ngondagonde,ntavugira mivumbi kumuvumba,ntakwiragiza insaku. Ihibambewe, umurushwa amucira urw'ukuriakurikije ubutungane, abatobato mu gihuguyama abagarukira mu rubanza. Ijambo ryiwe, ni inkoni ikubita abishira hejuru, impwemu ziwe na zo zitikiza inkozi z'ikibi. Ingingo yama ayikenyereye, ukuri azira kuguhemukira.
Imfyisi isigaye yibanira n'umwagazi, ingwe isigaye ibana n'agahene, inyana isigaye irisha iruhande y'umwana w'intambwe, biragiwe n'agahungu gatoyi. Inka n'imfyisi bisigaye ari pfampfe, abana bavyo barabana. Intare isigaye isangira ubwatsi n'impfizi. Ikibunduguru gisigaye gikinira ku mwobo w'imamba, kikarongereza iminwe mu myobo y'incira. 
Nta busuma, nta nabi igikorerwaku gatumba k'Umukama; kuko nka kurya amazi yuzura ikiyaga, ni ko n'abantu buzuwe n'ugutegera Umukama. Muri ico gihe, agasigarira ka Yese (ari we se wa Dawudi) kazokwibonekeza, kabere ikimenyetso amakungu. Eka, intara zose zizoza zikirukira, inyubakwa yako izoshemezwa hose.