Ijambo ry'Imana
- IDOMINIKA YA 33 YO MU MWAKA - 2020
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Ku wa mbere: Margarita w'i Ecosse canke Gertrude, Umubikira
Ku wa kabiri
Ku wa gatatu: Ihezagigwa ry'amasengero makuru ya petero na Paulo Abatumwa
Ku wa kane
Ku wa gatanu
Ku wa gatandatu: Iherezwa rya Bikira Mariya
- IDOMINIKA YA 34 YO MU MWAKA : KRISTU UMWAMI 2020
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Ku wa mbere: Klementi wa I Umupapa yapfiriye Imana, Kolumbano Umumonaki
Ku wa Kabiri
Ku wa gatatu: Katarina w'i Aleksandriya, Umubikira yapfiriye Imana
Ku wa kane
Ku wa gatanu
Ku wa gatandatu
- IDOMINIKA YA 1 Y'UBUSHIKIRO - 2020
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Kuwa mbere : UMUTUMWA ANDREYA-Umusi mukuru
KU WA KABIRI
Ku wa gatatu
Ku wa kane
Ku wa gatanu
Ku wa gatandatu
- IDOMINIKA YA 2 Y'UBUSHIKIRO - 2020
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
KU WA MBERE
KU WA 8 NYAKANGA : IVUKA RYA BIKIRA MARIYA
KU WA GATATU
KU WA KANE
KU WA GATANU
KU WA GATANDATU
UMWAKA A IDOMINIKA YA 34 YO MU MWAKA : KRISTU UMWAMI 202022/11/2020
IZABURIIGISOMWA CA KABIRIINKURU NZIZA

>
Izaburi 22 (23) 1-2a, 2b-3, 5-6

Icit.: Umukama ni We mwungere wanje,
nta co nokena.

Umukama ni We mwungere wanje,
sinzokena;
ni We amvyagiza
mu canya c'ubwatsi buremvye.

Iruhande y'amazi adasuma, ni ho azonshikana,
aremeshe umutima wanje ubudasiba.
Ni We anyoborera inzira nziza
ku bw'izina ryiwe.

Untegurira ameza
mu maso y'abansi;
waransize amavuta ku mutwe,
igikombe canje kirasesekaye.

Eka mbere mu buzima bwanje
namana impore n'ubuhirwe;
inzu yanje ni ingoro y'Umukama
imisi yose y'ubuzima bwanje.