Ijambo ry'Imana
- IDOMINIKA YA 6 YA PASIKA - 2020
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Ku wa Mbere : Yohani wa I, Umu Papa yapfiriye Imana
Ku wa Kabiri : Yves, Umusaseredoti
Ku wa Gatatatu : Bernardino wa Siyene, Umusaserdoti
Ku wa Kane : UMUSI MUKURU WA ASENSIYO
Ku wa Gatanu : Rita w'i Cascia, umwihevyi
Ku wa Gatandatu
- IDOMINIKA Y'7 YA PASIKA - 2020
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Ku wa mbere : Beda Uwubahwa, Umusaserdoti n'Umwigisha w'Ekleziya;Gregori VII, Umupapa; Mariya Magdalena w'i Pazzi, umubikira
Ku wa kabiri : Philipo Neri, ukwibuka
Ku wa Gatatu : Ogustino w'i Cantobery, Umwepiskopi
Kuwa kane
Ku wa Gatanu
Ku wa Gatandatu : Jane d'Arc Mweranda
- UMUSI MUKURU WA PENTEKOTI - 2020
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Ku wa mbere
Ku wa kabiri
Ku wa gatatu
Ku wa kane
Ku wa gatanu
Ku wa gatandatu
Ku wa mbere: Yustino yapfiriye Imana, Ukwibuka
- UMUSI MUKURU W'UBUTATU BWERANDA - 2020
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
Ku wa mbere
Ku wa kabiri
Ku wa gatatu
Ku wa Kane
Ku wa gatanu
Ku wa gatandatu
- UMUSI MUKURU W'ISAKRAMENTU RYERANDA - 2020
Ijambo ry'Imana
Insiguro
Hagati mu ndwi
ku wa mbere
Ku wa kabiri
Ku wa gatatu
Ku wa kane
Ku wa gatanu: Umushaha mweranda wa Yezu
Ku wa gatandatu: Umushaha utatyoye wa Bikira Mariya
UMWAKA A IDOMINIKA Y'7 YA PASIKA - 202028/5/2020
Kuwa kane
IGISOMWA CA MBEREIZABURIINKURU NZIZA


Ivyo dusoma mu gitabu c'Ibikorwa vy'Abatumwa (22, 30 ; 23, 6-11)
Muri irya misi, Umukuru w'abasirikare ashatse kumenya neza ico Abayuda bagiriza Pawulo, aramubohora, aca akoranya abaherezankuka bakuru n'abagize inama nkuru y'igihugu bose; Pawulo amanutse aca amushira hagati yabo. Pawulo yari azi ko bamwe ari Abasadukayo, abandi na bo Abafarizayo, ni ko rero gushira ijwi hejuru ati: «Yemwe benewacu, jewe ndi Umufarizayo, none ico nzize ni uko nemera ko abantu bazozuka.»Ntabaye akibivuze, Abafarizayo n'Abasadukayo basubira gutera kubiri. Koko Abasadukayo bigisha ko ata zuka rizobaho, ata Bamarayika, ata n'umutima uriho, Abafarizayo na bo bakavyemera vyose. Induru ija hejuru ga; barahazuka bati: Nta kibi c'uyo muntu. Ni nde azi ko umutima kibure umumarayika atoba yamubonekeye?» Umukuru w'abasirikare ngo abone bibaye nabi, atinya ko bohava bagwa kuri Pawulo ngo bamwegagure, abwira abasirikare kunyaruka ngo bamukure hagati yabo, ngo baheze bamujane mu kirimba. Mw'ijoro, ni ho rero Umukama yaza guhoza Pawulo ati: «Gumya umutima, nshaka ko n'i Roma unshingira intahe nk'uko wayinshingiye i Yeruzalemu.»