WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(1-5 Ndamukiza 2021)_07/04/2021
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(1-5 Ndamukiza 2021)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(8-14 Ruhuhuma 2021)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(1-7 Ruhuhuma 2021)
Inyigisho y'Umwungere mukuru wa Diyoseze nkuru ya Bujumbura mu misa yo guhezagira amavuta ya chrisma _ 31/03/2021
Inyigisho y'Umwungere mukuru wa Diyoseze nkuru ya Bujumbura mu misa yo guhezagira amavuta ya chrisma
Abana bo muri Paruwase Gihosha bari muri Mukama menyekana baragendeye imikangara y'Imana muri Cathédrale Regina Mundi kumusi mukuru w'ibisandasanda baje kubamenyesha inkuru nziza babicishije mudukino
Anitha Niyibituronsa umwe mu ndemesha z'imikangara y'Imana muri Cathédrale Regina mundi aratubwira ubutumwa bw'imikangara y'Imana
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Baza ikibazo

Aleluya.

Kristu yarazutse,
ni we Muremyi wa vyose n'Umukiza w'abantu.

Aleluya.

Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Mariko (16, 9-15)

Azutse mu gitondo ku musi wa mbere, Yezu atangura kubonekera Mariya Madalena, umwe yari yakuwemwo amashetani indwi. Na we aca agenda kubibwira abari barabanye na Yezu bari mu rubi no mu marira. Na bo bamwumvise agira ngo ni muzima, kandi ngo yamubonye, banka kuvyemera.
Hanyuma abonekera, n'agashusho kandi, abandi babiri bo bari mu nzira baja mu mihana. Bano na bo bahindukira kubibwira abandi, ariko na bo nyene ukundi uko ntibabemera.
Arateba abonekera bamwe Cumi n'umwe bariko barafungura, agirako arabahambarira kuko batemera kandi bankanye akagagazo ivyavuzwe n'abari bamubonye amaze kuzuka. Araheza ababwira ati: «Kwire isi yose, mushikirize Inkuru nziza ikiremwa cose.»

Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 50
Tanga
Ufashe Umuryango
Inyigisho
Numva ndi n'amaganya menshi nk'uwushaka gupfa, nimugume ngaha duteramane!26/3/2021 | Ababisomye 4640 | Michel NIBITANGA Muri iyi ndwi, turatumiriwe kwihweza Yezu abambwe muri abo bose barenganywa, bahohoterwa mu buryo bwinshi; nitwihweze Umusalaba mu kwemera, duteramane na Yezu, we yatanze ubuzima bwiwe ku bwacu....
Inyigisho
Ubwo nta soni kubona muborerwa mw'Ikarema?26/2/2021 | Ababisomye 3595 | Michel NIBITANGA Ni inkuru y'umugabo umwe yemera Imana, kandi yari yaranaronse n'ibatisimu, ariko akaba yakunda cane utwo kunywa; aya ni ayo yabonye aborewe mu gihe c'Ikarema...!....
Inyigisho
Mbega ikigaba...! Yarantwengeje ku wa gatatu w'iminyota...! Ngo iminyota isa n'iyindi?19/2/2021 | Ababisomye 95 | Michel NIBITANGA Umuboyi si ukuyivuza, yarayiciye umurya...!....
Inyigisho
Tujane na Yezu mu bugaragwa: Igihe c'Ikarema, akaryo keza k'uguca mu makanda ya Yezu19/2/2021 | Ababisomye 10408 | Michel NIBITANGA Yezu yarafashe umwanya arava mu rwinshi, aja aha wenyene kure y'ivyari kumusamaza vyose, kugira ngo agume yihweza Imana Se mu bubasha bwa Mutima Mweranda; ico gihe natwe turagikeneye....
Inyigisho
Ku wa gatatu w'iminyota: Mu kubasiga iminyota vyaramucanze, yivugira ngo «Aho nakubwiriye wa ntumve we...!»17/2/2021 | Ababisomye 160 | Michel NIBITANGA Iyi nkuru y'umukorezi yafashije patiri gusiga abakristu iminyota, ariko akabivuga ukutari kwo, itwigishe iki? Kwigarura kandi tukemera Inkuru Nziza, canke kureka tukaguma twitwa intumva...?....
WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(1-5 Ndamukiza 2021)_07/04/2021
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(1-5 Ndamukiza 2021)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(8-14 Ruhuhuma 2021)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(1-7 Ruhuhuma 2021)
Inyigisho y'Umwungere mukuru wa Diyoseze nkuru ya Bujumbura mu misa yo guhezagira amavuta ya chrisma _ 31/03/2021
Inyigisho y'Umwungere mukuru wa Diyoseze nkuru ya Bujumbura mu misa yo guhezagira amavuta ya chrisma
Abana bo muri Paruwase Gihosha bari muri Mukama menyekana baragendeye imikangara y'Imana muri Cathédrale Regina Mundi kumusi mukuru w'ibisandasanda baje kubamenyesha inkuru nziza babicishije mudukino
Anitha Niyibituronsa umwe mu ndemesha z'imikangara y'Imana muri Cathédrale Regina mundi aratubwira ubutumwa bw'imikangara y'Imana
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA

Aleluya.

Kristu yarazutse,
ni we Muremyi wa vyose n'Umukiza w'abantu.

Aleluya.

Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Mariko (16, 9-15)

Azutse mu gitondo ku musi wa mbere, Yezu atangura kubonekera Mariya Madalena, umwe yari yakuwemwo amashetani indwi. Na we aca agenda kubibwira abari barabanye na Yezu bari mu rubi no mu marira. Na bo bamwumvise agira ngo ni muzima, kandi ngo yamubonye, banka kuvyemera.
Hanyuma abonekera, n'agashusho kandi, abandi babiri bo bari mu nzira baja mu mihana. Bano na bo bahindukira kubibwira abandi, ariko na bo nyene ukundi uko ntibabemera.
Arateba abonekera bamwe Cumi n'umwe bariko barafungura, agirako arabahambarira kuko batemera kandi bankanye akagagazo ivyavuzwe n'abari bamubonye amaze kuzuka. Araheza ababwira ati: «Kwire isi yose, mushikirize Inkuru nziza ikiremwa cose.»

Baza ikibazo
Abari kumurongo : 50
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :