WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)_12/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020 _ 10/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuva kw'igenekerezo rya 13 19 Mukakaro 2020
Ijambo ry'Umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume BUNYONI, Paroisse RUGAZI, 18/07/2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Baza ikibazo

Aleluya, aleluya. 
Uwuzigama ijambo rya Kristu, muri we ni ho urukundo rw'Imana ruba rusasagaye. 
Aleluya. 
Ivyo dusoma mu Nkuru Nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Matayo (18, 21-19, 1)


Muri irya misi, 
Petero aregera Yezu amubaza ati: «Mukama, mugenzanje ancumuyeko, nzomurekurira kangahe? Gushika ku ndwi?»  Yezu na we ati: «Sinkubwiye gushika ku ndwi, ariko kugeza kuri mirongo indwi ku ndwi. 
Ni co gituma Ubwami bw'ijuru busa n'umwami yagomba kwishuza abasuku biwe. Ngo abe agitangura, bamuzanira uwari amuheraniye amatarenta ibihumbi cumi. Nya musuku ngo abure ico yishura, shebuja ategeka ko bamugurisha we n'umugore n'abana, be n'utwo atunze twose, abe yishuye rero ivyo aheranye. Nya musuku yikubita imbere yiwe, amutakambira ati: ?Mukama, ntenyenyera, nzokwishura ivyawe vyose.? Shebuja rero bimutera ikigongwe, aramurekura amuhebeye n'umwenda yari amufitiye.  
Uwo musuku ngo ave hano, ahura n'umwe muri bagenzibe amufitiye amadenariyo ijana. Aca amugwa mu kanigo, aramukamvya ati: ?Ishura ivyo uheranye vyose.? Uno na we aca aramupfukamira, aramutakambira ati: ?Ntenyenyera nzokwishura.? Uwundi na we aranka, mbere aca aja kumushirisha mu ngoyi, umwanya atarishura umwenda yariye. 
Bagenzibe ngo babibone, birabababaza cane, baca baja kwiganira shebuja ivyabaye. Na we aca aramuhamagaza, amubwira ati: ?Wa musuku w'inkozi y'ikibi, umwenda wose wari umfitiye nawukurekuriye kuko wantakambiye; none weho, ntube wagirira imbabazi mugenzawe nk'uko nanje nazikugiriye?? N'ishavu n'akantu, shebuja amurekurirako abantu biwe, baramuhuragura umwanya atarishura umwenda wiwe wose. 
Uko ni ko na Data ahanganye mw'ijuru azobagira nimutarekurira abandi bimwe bishemeye.»
Yezu ahejeje kuvuga ivyo yashaka kuvuga , ava mu Bugalile ija mu ntara z'Ubuyuda hakurya ya Yorodani. 
Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 22
Tanga
Ufashe Umuryango
Abandi bepiskopi
Ihezagirwa ry'inyubakwa ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yagenewe uburaro bw'Abepiskopi bari mu karuhuko6/8/2020 | Ababisomye 11009 | Michel NIBITANGA Nyenicubahiro Musenyeri Gerevazi Banshimiyubusa amaze kuyihezagira, Umwepiskopi Mukuru w'inararibonye ni we yaciye aba uwa mbere kuyitaha....
Abasaserdoti bacu
Musaga
Uko Patiri Yves Nkunzimana na Patiri Floribert Kaneza bahereje imisa y'umukwanguro4/8/2020 | Ababisomye 128 | Michel NIBITANGA Uwafashije abari muri iyo misa kuzirikana ijambo ry'Imana, ari we Patiri Égide Nzeyimana, asanzwe na we avuka muri iyo Paruwase yo mu Gihosha, yaratekereye impanuro abo basaserdoti bashasha, abanje ku....
Abadiyakoni
Saint Michel
Paruwase Mikaheli Mweranda ni yo yahimbarijwemwo umugirwa w'ukurahira kw'abo bwaca batirwa mu busaserdoti n'ubuniyakoni22/7/2020 | Ababisomye 142 | Michel NIBITANGA Umwe umwe wese muri abo bari baje mu mugirwa wabo w'ukurahira yarashikirijeindagano ziwe imbere y'intumwa y'Umwepiskopi Mukuru wa Diyoseze Nkuru ya Bujumbura, maze uwuhejeje wese agaca abiterako umuko....
Abasaserdoti bacu
Rugazi
Umutumwa ni uwutorwa n'Umukama: Iyatirwa ry'abasaserdoti n'abadiyakoni muri Paruwase Rugazi20/7/2020 | Ababisomye 105 | Michel NIBITANGA Musenyeri Gerevazi Banshimiyubusa yaravuze ko abo basaserdoti babaye abatumwa b'Umukama, na we umutumwa w'Umukama ngo akaba akora atarindiriye impembo, akora riho ku bw'urukundo n'ubucuti afitaniye na....
Abasaserdoti bacu
Ruziba
Iyatirwa ry'abasaseredoti babiri b'abarundi mu Butariyano13/7/2020 | Ababisomye 84 | Michel NIBITANGA Abo basaseredoti bakaba bari bajanywe kubandaniriza amashure mu gihugu c'Ubutaliyano, kubera ko har'ikiza c'indwara Coronavirus cateye gituma atabiyunguruza bava mu gihugu baja mu kindi , vyabaye ngo....
WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)_12/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020 _ 10/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuva kw'igenekerezo rya 13 19 Mukakaro 2020
Ijambo ry'Umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume BUNYONI, Paroisse RUGAZI, 18/07/2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA

Aleluya, aleluya. 
Uwuzigama ijambo rya Kristu, muri we ni ho urukundo rw'Imana ruba rusasagaye. 
Aleluya. 
Ivyo dusoma mu Nkuru Nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Matayo (18, 21-19, 1)


Muri irya misi, 
Petero aregera Yezu amubaza ati: «Mukama, mugenzanje ancumuyeko, nzomurekurira kangahe? Gushika ku ndwi?»  Yezu na we ati: «Sinkubwiye gushika ku ndwi, ariko kugeza kuri mirongo indwi ku ndwi. 
Ni co gituma Ubwami bw'ijuru busa n'umwami yagomba kwishuza abasuku biwe. Ngo abe agitangura, bamuzanira uwari amuheraniye amatarenta ibihumbi cumi. Nya musuku ngo abure ico yishura, shebuja ategeka ko bamugurisha we n'umugore n'abana, be n'utwo atunze twose, abe yishuye rero ivyo aheranye. Nya musuku yikubita imbere yiwe, amutakambira ati: ?Mukama, ntenyenyera, nzokwishura ivyawe vyose.? Shebuja rero bimutera ikigongwe, aramurekura amuhebeye n'umwenda yari amufitiye.  
Uwo musuku ngo ave hano, ahura n'umwe muri bagenzibe amufitiye amadenariyo ijana. Aca amugwa mu kanigo, aramukamvya ati: ?Ishura ivyo uheranye vyose.? Uno na we aca aramupfukamira, aramutakambira ati: ?Ntenyenyera nzokwishura.? Uwundi na we aranka, mbere aca aja kumushirisha mu ngoyi, umwanya atarishura umwenda yariye. 
Bagenzibe ngo babibone, birabababaza cane, baca baja kwiganira shebuja ivyabaye. Na we aca aramuhamagaza, amubwira ati: ?Wa musuku w'inkozi y'ikibi, umwenda wose wari umfitiye nawukurekuriye kuko wantakambiye; none weho, ntube wagirira imbabazi mugenzawe nk'uko nanje nazikugiriye?? N'ishavu n'akantu, shebuja amurekurirako abantu biwe, baramuhuragura umwanya atarishura umwenda wiwe wose. 
Uko ni ko na Data ahanganye mw'ijuru azobagira nimutarekurira abandi bimwe bishemeye.»
Yezu ahejeje kuvuga ivyo yashaka kuvuga , ava mu Bugalile ija mu ntara z'Ubuyuda hakurya ya Yorodani. 
Baza ikibazo
Abari kumurongo : 22
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :