WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)_12/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020 _ 10/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuva kw'igenekerezo rya 13 19 Mukakaro 2020
Ijambo ry'Umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume BUNYONI, Paroisse RUGAZI, 18/07/2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Baza ikibazo

Aleluya, aleluya. 
Uwuzigama ijambo rya Kristu, muri we ni ho urukundo rw'Imana ruba rusasagaye. 
Aleluya. 
Ivyo dusoma mu Nkuru Nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Matayo (18, 21-19, 1)


Muri irya misi, 
Petero aregera Yezu amubaza ati: «Mukama, mugenzanje ancumuyeko, nzomurekurira kangahe? Gushika ku ndwi?»  Yezu na we ati: «Sinkubwiye gushika ku ndwi, ariko kugeza kuri mirongo indwi ku ndwi. 
Ni co gituma Ubwami bw'ijuru busa n'umwami yagomba kwishuza abasuku biwe. Ngo abe agitangura, bamuzanira uwari amuheraniye amatarenta ibihumbi cumi. Nya musuku ngo abure ico yishura, shebuja ategeka ko bamugurisha we n'umugore n'abana, be n'utwo atunze twose, abe yishuye rero ivyo aheranye. Nya musuku yikubita imbere yiwe, amutakambira ati: ?Mukama, ntenyenyera, nzokwishura ivyawe vyose.? Shebuja rero bimutera ikigongwe, aramurekura amuhebeye n'umwenda yari amufitiye.  
Uwo musuku ngo ave hano, ahura n'umwe muri bagenzibe amufitiye amadenariyo ijana. Aca amugwa mu kanigo, aramukamvya ati: ?Ishura ivyo uheranye vyose.? Uno na we aca aramupfukamira, aramutakambira ati: ?Ntenyenyera nzokwishura.? Uwundi na we aranka, mbere aca aja kumushirisha mu ngoyi, umwanya atarishura umwenda yariye. 
Bagenzibe ngo babibone, birabababaza cane, baca baja kwiganira shebuja ivyabaye. Na we aca aramuhamagaza, amubwira ati: ?Wa musuku w'inkozi y'ikibi, umwenda wose wari umfitiye nawukurekuriye kuko wantakambiye; none weho, ntube wagirira imbabazi mugenzawe nk'uko nanje nazikugiriye?? N'ishavu n'akantu, shebuja amurekurirako abantu biwe, baramuhuragura umwanya atarishura umwenda wiwe wose. 
Uko ni ko na Data ahanganye mw'ijuru azobagira nimutarekurira abandi bimwe bishemeye.»
Yezu ahejeje kuvuga ivyo yashaka kuvuga , ava mu Bugalile ija mu ntara z'Ubuyuda hakurya ya Yorodani. 
Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 23
Tanga
Ufashe Umuryango
Imirwi y'itorwa
Saint Michel
Ihimbazwa rya yubile y'inzahabu mu muryango w'ababikira Bene Umukama, akaryo k'ukwakira n'indagano z'abanivise binjiye mu muryango10/8/2020 | Ababisomye 75 | Michel NIBITANGA Ibihuhusi vyarahuhushe muri iyo myaka [50], ... mugabo mwebwe mwarabonye ahari ubukomezi nyabwo (Nyenicubahiro Musenyeri Gerevazi Banshimiyubusa akeza abo babikira)....
Ubutumwa bw'abakora muri Leta no mu bigenga
Ego, birashoboka ko Umukezi afatira ku karorero ka Bikira Mariya ngo abe umutumwa w'ugusubiza hamwe kw'Abarundi10/8/2020 | Ababisomye 16 | Michel NIBITANGA Umupfasoni Léa Pascasie Nzigamasabo yarashize ahabona uturanga tumwe tumwe, n'ubwo dufatwa na benshi nk'intege nke, duheza tugahinduka inkomezi zitangaje, kuko dukunda guhindura vyinshi kw'isi....
Abapolisi
Kanyosha
Ibirori vy'ukwimika indogozi nshasha z'inama nkuru ya Paruwase Stefano Mweranda mu bwibutsamana bw'igipolisi mu Kanyosha29/7/2020 | Ababisomye 2800 | Michel NIBITANGA Dufatiye kw'itorwa ry'umwami Dawudi, mu muryango yari akengerewe, ariko Imana imushimira ubutwari bwiwe hamwe n'ubukerebutsi, kakaba kari akaryo ko kuremesha abagiye kubandanya bayobora Paruwase ko iv....
Ubuzima bwihevyi
Saint Michel
Umuryango w'Abafurera bene Paulo waraye wironkeye umusaserdoti yatiwe, abanovise icenda na bo baragira indagano za mbere27/7/2020 | Ababisomye 130 | Michel NIBITANGA Kuri uwo musi, Abanovise icenda ni bo basabiwe n'umukuru w'umuryango w'abafurera bene Paulo ngo bashikirije indagano zabo za mbere zabinjije bwegu mu bafurera bo muri uwo muryango, n'uwundi mufurera u....
Imirwi y'itorwa
Kamenge
Ni gute mu kigo «Gana Umuco» ababikira bahinduye ubuzima bw'abakenyezi n'abigeme bahora badandaza umubiri bo mu Kamenge?24/7/2020 | Ababisomye 73 | Michel NIBITANGA Annonciate Nsengimana na Gerardine Inabatesi babakurikirana, ngo mu kubiyegereza bakoresheje ukubakirana umutima w'urukundo, ugutahura ikibazo cabo be n'ukubabaza ico bumva cobafasha guhinduka, barah....
WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)_12/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020 _ 10/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuva kw'igenekerezo rya 13 19 Mukakaro 2020
Ijambo ry'Umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume BUNYONI, Paroisse RUGAZI, 18/07/2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA

Aleluya, aleluya. 
Uwuzigama ijambo rya Kristu, muri we ni ho urukundo rw'Imana ruba rusasagaye. 
Aleluya. 
Ivyo dusoma mu Nkuru Nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Matayo (18, 21-19, 1)


Muri irya misi, 
Petero aregera Yezu amubaza ati: «Mukama, mugenzanje ancumuyeko, nzomurekurira kangahe? Gushika ku ndwi?»  Yezu na we ati: «Sinkubwiye gushika ku ndwi, ariko kugeza kuri mirongo indwi ku ndwi. 
Ni co gituma Ubwami bw'ijuru busa n'umwami yagomba kwishuza abasuku biwe. Ngo abe agitangura, bamuzanira uwari amuheraniye amatarenta ibihumbi cumi. Nya musuku ngo abure ico yishura, shebuja ategeka ko bamugurisha we n'umugore n'abana, be n'utwo atunze twose, abe yishuye rero ivyo aheranye. Nya musuku yikubita imbere yiwe, amutakambira ati: ?Mukama, ntenyenyera, nzokwishura ivyawe vyose.? Shebuja rero bimutera ikigongwe, aramurekura amuhebeye n'umwenda yari amufitiye.  
Uwo musuku ngo ave hano, ahura n'umwe muri bagenzibe amufitiye amadenariyo ijana. Aca amugwa mu kanigo, aramukamvya ati: ?Ishura ivyo uheranye vyose.? Uno na we aca aramupfukamira, aramutakambira ati: ?Ntenyenyera nzokwishura.? Uwundi na we aranka, mbere aca aja kumushirisha mu ngoyi, umwanya atarishura umwenda yariye. 
Bagenzibe ngo babibone, birabababaza cane, baca baja kwiganira shebuja ivyabaye. Na we aca aramuhamagaza, amubwira ati: ?Wa musuku w'inkozi y'ikibi, umwenda wose wari umfitiye nawukurekuriye kuko wantakambiye; none weho, ntube wagirira imbabazi mugenzawe nk'uko nanje nazikugiriye?? N'ishavu n'akantu, shebuja amurekurirako abantu biwe, baramuhuragura umwanya atarishura umwenda wiwe wose. 
Uko ni ko na Data ahanganye mw'ijuru azobagira nimutarekurira abandi bimwe bishemeye.»
Yezu ahejeje kuvuga ivyo yashaka kuvuga , ava mu Bugalile ija mu ntara z'Ubuyuda hakurya ya Yorodani. 
Baza ikibazo
Abari kumurongo : 23
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :