WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(1-5 Ndamukiza 2021)_07/04/2021
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(1-5 Ndamukiza 2021)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(8-14 Ruhuhuma 2021)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(1-7 Ruhuhuma 2021)
Inyigisho y'Umwungere mukuru wa Diyoseze nkuru ya Bujumbura mu misa yo guhezagira amavuta ya chrisma _ 31/03/2021
Inyigisho y'Umwungere mukuru wa Diyoseze nkuru ya Bujumbura mu misa yo guhezagira amavuta ya chrisma
Abana bo muri Paruwase Gihosha bari muri Mukama menyekana baragendeye imikangara y'Imana muri Cathédrale Regina Mundi kumusi mukuru w'ibisandasanda baje kubamenyesha inkuru nziza babicishije mudukino
Anitha Niyibituronsa umwe mu ndemesha z'imikangara y'Imana muri Cathédrale Regina mundi aratubwira ubutumwa bw'imikangara y'Imana
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Baza ikibazo

Aleluya.

Kristu yarazutse,
ni we Muremyi wa vyose n'Umukiza w'abantu.

Aleluya.

Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Mariko (16, 9-15)

Azutse mu gitondo ku musi wa mbere, Yezu atangura kubonekera Mariya Madalena, umwe yari yakuwemwo amashetani indwi. Na we aca agenda kubibwira abari barabanye na Yezu bari mu rubi no mu marira. Na bo bamwumvise agira ngo ni muzima, kandi ngo yamubonye, banka kuvyemera.
Hanyuma abonekera, n'agashusho kandi, abandi babiri bo bari mu nzira baja mu mihana. Bano na bo bahindukira kubibwira abandi, ariko na bo nyene ukundi uko ntibabemera.
Arateba abonekera bamwe Cumi n'umwe bariko barafungura, agirako arabahambarira kuko batemera kandi bankanye akagagazo ivyavuzwe n'abari bamubonye amaze kuzuka. Araheza ababwira ati: «Kwire isi yose, mushikirize Inkuru nziza ikiremwa cose.»

Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 44
Tanga
Ufashe Umuryango
Mikaheli Mweranda
Katedrale Regina Mundi
Paruwase Katedrale Regina Mundi mu giteramo ca Pasika: ya migirwa ine yo mw'ijoro rya Pasika ngo irafasha kwemera ikinyegezwa c'izuka rya Yezu8/4/2021 | Ababisomye 203 | Michel NIBITANGA Nyenicubahiro Musenyeri Gerevazi Banshimiyubusa yasavye abakristu ko mu gusanganira Yezu Kristu yazutse, bomusaba akabuzuzamwo Mutima wiwe Mweranda ngo bashobore kuba umuco w'isi mu kubaho kwabo no mu....
Mikaheli Mweranda
Katedrale Regina Mundi
Ku myaka 27 iheze uwari umukuru w'igihugu Cyprien Ntaryamira yitavye Imana, abakristu basaba Imana ngo mu gihugu abantu b'amahoro nka we babe benshi7/4/2021 | Ababisomye 124 | Michel NIBITANGA Uyu musi, twokengurukira Imana yari yaduhaye uwo mukuru w'igihugu mwiza (vyavuzwe na Nyenicubahiro Musenyeri Gerevazi Banshimiyubusa)....
Mikaheli Mweranda
Nyakabiga
Paruwase Nyakabiga yarahimbaje umusi mukuru cane wa Pasika, abana bato barabatizwa6/4/2021 | Ababisomye 81 | Michel NIBITANGA Hariho abavyeyi babera igitsitaza abana babo mu kutabaha akarorero keza, badasenga, gutyo bigatuma n'abo bana batagira inyota y'ugusenga n'ugukunda Imana (Patiri Désire Ninahazima)....
Mikaheli Mweranda
Nyakabiga
Mu giteramo ca Pasika, ibatisimu yatanzwe mu Nyakabiga ku bakatekumeni 88 yabazaniye ubuzima bushasha muri Kristu5/4/2021 | Ababisomye 80 | Michel NIBITANGA Muri iyo nkuka y'Imisa, hatanzwe n'amasakramentu ane: ibatisimu, Ukaristiya ku babatijwe, ugukomezwa muri Mutima-Mweranda ku basabiwe uruhusha ngo baronke iryo sakaramentu, hamwe n'ukwubaka rukristu....
Buhonga
Magara
Paruwase Magara: ibatisimu y'abakuze n'iyakirwa ry'abasubije hamwe n'Imana mw'ijoro rya Pasika5/4/2021 | Ababisomye 53 | Michel NIBITANGA Abantu bavyarwa n'abavyeyi ku bw'umubiri, ariko bakanavyarwa n'Imana mu kuvuka ku mutima, gutyo bakagira ubuzima bwujuye, baburonkeye mu mubiri wa Yezu (Patiri Innocent Bandyatuyaga)....
WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(1-5 Ndamukiza 2021)_07/04/2021
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(1-5 Ndamukiza 2021)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(8-14 Ruhuhuma 2021)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(1-7 Ruhuhuma 2021)
Inyigisho y'Umwungere mukuru wa Diyoseze nkuru ya Bujumbura mu misa yo guhezagira amavuta ya chrisma _ 31/03/2021
Inyigisho y'Umwungere mukuru wa Diyoseze nkuru ya Bujumbura mu misa yo guhezagira amavuta ya chrisma
Abana bo muri Paruwase Gihosha bari muri Mukama menyekana baragendeye imikangara y'Imana muri Cathédrale Regina Mundi kumusi mukuru w'ibisandasanda baje kubamenyesha inkuru nziza babicishije mudukino
Anitha Niyibituronsa umwe mu ndemesha z'imikangara y'Imana muri Cathédrale Regina mundi aratubwira ubutumwa bw'imikangara y'Imana
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA

Aleluya.

Kristu yarazutse,
ni we Muremyi wa vyose n'Umukiza w'abantu.

Aleluya.

Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Mariko (16, 9-15)

Azutse mu gitondo ku musi wa mbere, Yezu atangura kubonekera Mariya Madalena, umwe yari yakuwemwo amashetani indwi. Na we aca agenda kubibwira abari barabanye na Yezu bari mu rubi no mu marira. Na bo bamwumvise agira ngo ni muzima, kandi ngo yamubonye, banka kuvyemera.
Hanyuma abonekera, n'agashusho kandi, abandi babiri bo bari mu nzira baja mu mihana. Bano na bo bahindukira kubibwira abandi, ariko na bo nyene ukundi uko ntibabemera.
Arateba abonekera bamwe Cumi n'umwe bariko barafungura, agirako arabahambarira kuko batemera kandi bankanye akagagazo ivyavuzwe n'abari bamubonye amaze kuzuka. Araheza ababwira ati: «Kwire isi yose, mushikirize Inkuru nziza ikiremwa cose.»

Baza ikibazo
Abari kumurongo : 44
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :