WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)_05/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(13-19 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020 _ 10/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuva kw'igenekerezo rya 13 19 Mukakaro 2020
Ijambo ry'Umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume BUNYONI, Paroisse RUGAZI, 18/07/2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Baza ikibazo

Aleluya, aleluya.
Ijambo rya Kristu niribashike ku nyota. Ku bwa Kristu, nimukengurukire Imana Umuvyeyi wacu.
Aleluya.
Ivyo du soma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Matayo (18, 1-5.10.12-14)


Muri irya misi, abigishwa begereye Yezu bamubarira bati: «Umukuru mu Bwami bw'ijuru ni nde?» Yezu yakuye akana agashira hagati yabo ati: «Ndababwiye, ni ivy'ukuri: mudahindutse ngo mube nk'abana batoyi, ntimuzokwinjira mu Bwami bw'ijuru. Uwuzokwicisha bugufi akamera nk'aka kana, ni we asumba abandi mu Bwami bw'ijuru. Uwufata neza ku bwanje akana nk'aka, ni jewe aba afashe neza. Murazi umuziro, ntihagire na kamwe mukengera muri utu twana, kuko, ndabibabariye, abamarayika babo bama imbere ya Data wo mw'ijuru bamwihweza.
Mbwire namwe: nk'umuntu afise intama ijana, imwe muri zo igatakara, ntaca arekera ku musozi zimwe mirongo icenda n'icenda akaja kurondera iyatakaye? Agize imana akayitora, ni ivy'ukuri ndababariye, izomutera akanyamuneza karuta zimwe mirongo icenda n'icenda zitari zatakaye. Uko ni ko bidakundwa na So wanyu wo mw'ijuru, ko kamwe muri utwo twana gatakara.»
Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 22
Tanga
Ufashe Umuryango
Imirwi y'itorwa
Saint Michel
Ihimbazwa rya yubile y'inzahabu mu muryango w'ababikira Bene Umukama, akaryo k'ukwakira n'indagano z'abanivise binjiye mu muryango10/8/2020 | Ababisomye 36 | Michel NIBITANGA Ibihuhusi vyarahuhushe muri iyo myaka [50], ... mugabo mwebwe mwarabonye ahari ubukomezi nyabwo (Nyenicubahiro Musenyeri Gerevazi Banshimiyubusa akeza abo babikira)....
Gihosha
Ngagara
Uko umugwi uyoboye urwego mpuzamihari n'imigwi y'ubutumwa wo muri Paruwase Ngagara uriko witegurira gusozera umwaka w'ubutumwa9/8/2020 | Ababisomye 34 | Michel NIBITANGA Abari muri iyo nama baribukijwe ko uwo mugwi uriko uzozera ikiringo cawo, maze harashingwa ikirangamisi c'amatora y'abazobakorera mu ngata....
Gihosha
Ngagara
Abaririmbiramana bo muri Paruwase yo mu Ngagara si abaririmvyi basanzwe: inyigisho kuri abo baririmbiramana8/8/2020 | Ababisomye 36 | Michel NIBITANGA Furera Superiyo Nibigira, mu nyigisho yahaye abo baririmbiramana, ngo aramaze kubona ko hari abasigaye barataye akarangabutumwa, bakaja mu manza bajanywe n'uguca amahera, canke bakaja gucurarangira ib....
Burundi
Kanyosha
Koperative «Umwana si uw'umwe» ikorera muri zone Kanyosha yararonkeje ibikoresho vy'ishure abana 1250 bo mu Kanyosha8/8/2020 | Ababisomye 120 | Michel NIBITANGA Ico gikorwa cari catewe iteka n'umupfasoni Spès Nihangaza aserukira ishirahamwe FVS AMADE-Burundi, buri mwana mu baronkejwe ivyo bikoresho akaba yaronse amakaye ari hagati ya 10 na 13, hamwe n'ikaramu....
Abasaserdoti bacu
Musaga
Uko Patiri Yves Nkunzimana na Patiri Floribert Kaneza bahereje imisa y'umukwanguro4/8/2020 | Ababisomye 120 | Michel NIBITANGA Uwafashije abari muri iyo misa kuzirikana ijambo ry'Imana, ari we Patiri Égide Nzeyimana, asanzwe na we avuka muri iyo Paruwase yo mu Gihosha, yaratekereye impanuro abo basaserdoti bashasha, abanje ku....
WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)_05/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(13-19 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020 _ 10/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuva kw'igenekerezo rya 13 19 Mukakaro 2020
Ijambo ry'Umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume BUNYONI, Paroisse RUGAZI, 18/07/2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA

Aleluya, aleluya.
Ijambo rya Kristu niribashike ku nyota. Ku bwa Kristu, nimukengurukire Imana Umuvyeyi wacu.
Aleluya.
Ivyo du soma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Matayo (18, 1-5.10.12-14)


Muri irya misi, abigishwa begereye Yezu bamubarira bati: «Umukuru mu Bwami bw'ijuru ni nde?» Yezu yakuye akana agashira hagati yabo ati: «Ndababwiye, ni ivy'ukuri: mudahindutse ngo mube nk'abana batoyi, ntimuzokwinjira mu Bwami bw'ijuru. Uwuzokwicisha bugufi akamera nk'aka kana, ni we asumba abandi mu Bwami bw'ijuru. Uwufata neza ku bwanje akana nk'aka, ni jewe aba afashe neza. Murazi umuziro, ntihagire na kamwe mukengera muri utu twana, kuko, ndabibabariye, abamarayika babo bama imbere ya Data wo mw'ijuru bamwihweza.
Mbwire namwe: nk'umuntu afise intama ijana, imwe muri zo igatakara, ntaca arekera ku musozi zimwe mirongo icenda n'icenda akaja kurondera iyatakaye? Agize imana akayitora, ni ivy'ukuri ndababariye, izomutera akanyamuneza karuta zimwe mirongo icenda n'icenda zitari zatakaye. Uko ni ko bidakundwa na So wanyu wo mw'ijuru, ko kamwe muri utwo twana gatakara.»
Baza ikibazo
Abari kumurongo : 22
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :