WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(12-18 Gitugutu 2020)_22/10/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(12-18 Gitugutu 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(5-11 Gitugutu 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(28 Nyakanga-4 Gitugutu 2020)
Amakuru ya Diyoseze nkuru ya Bujumbura ku va 12 gushika ku wa 18 Gitugutu 2020 _ 26/10/2020
Amakuru ya Diyoseze nkuru ya Bujumbura ku va 12 gushika ku wa 18 Gitugutu 2020
Amakuru mu Kirundi ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 5 gushika 11 Gitugutu 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura kuva kw'igenekerezo rya 28 Nyakanga gushika kw'igenekerezo rya 04 Gitugutu 2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Baza ikibazo


Aleluya, aleluya. 


Akirane ubwitonzi rya jambo ryatewe muri mwebwe, 
ni ryo rizokiza imitima yanyu. 


Aleluya. 


Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Luka (13, 18-21) 


Muri irya misi, Yezu yavuze ati: «Mbe bane, Ubwami bw'Imana busa n'iki? Kandi nobugereranya n'iki? Busa n'agatete k'isinapi umuntu yateye mu murima wiwe, kakamera kakaba igiti kinini, mbere n'inyoni zo mu kirere zigahava zikaza kwarika mu mashami yaco.»
Arongera ati: «Ngereranya n'iki Ubwami bw'Imana? Busa n'umwambiro umugore yakiriye agasuka mu ngero zitatu z'ifu gushika vyose bikakame.» 


Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 7
Tanga
Ufashe Umuryango
Afrika
Musenyeri Antoine Kambanda w'i Kigali yaraye agenwe ngo abe mu bazimikwa mu birori vyo muri iyi Munyonyo ngo binjire mu rwego rw'abakardinali b'Ekleziya26/10/2020 | Ababisomye 37 | Michel NIBITANGA Muri abo bakardinali 13 baraye bagenwe, harimwo na Musenyeri Antoine Kambanda, icenda muri bo ni abo mu migabane ine y'isi: Uburaya, Afrika, Aziya, hamwe na Amérika y'epfo n'iya ruguru, harimwo na bat....
Burundi
Itanguzwa icese ry'isekeza «Laudato Si'» muri Ekleziya y'i Burundi : imyaka itanu idasanzwe y'ugukingira ibidukikije15/9/2020 | Ababisomye 158 | Michel NIBITANGA Ku civugo ngenderwako «Ukugendera "Laudato Si" nk'abarinzi b'ukuri b'ivyaremwe», inyigisho zaratanzwe, harashingwa intahe ku bisanzwe birangurwa mu gukingira ibidukikijwe, hongera harashikirizwa indi....
Burundi
Kanyosha
Koperative «Umwana si uw'umwe» ikorera muri zone Kanyosha yararonkeje ibikoresho vy'ishure abana 1250 bo mu Kanyosha8/8/2020 | Ababisomye 824 | Michel NIBITANGA Ico gikorwa cari catewe iteka n'umupfasoni Spès Nihangaza aserukira ishirahamwe FVS AMADE-Burundi, buri mwana mu baronkejwe ivyo bikoresho akaba yaronse amakaye ari hagati ya 10 na 13, hamwe n'ikaramu....
Afrika
Ivyavugiwe mu nama y'ishirahamwe UCAP ku ruhara ubuhinga bwa none bw'ukumenyesha amakuru bwagize mu gihe c'ikiza karanda ca Coronavirus6/7/2020 | Ababisomye 135 | Michel NIBITANGA Ubwo buhinga bw'ukumenyesha amakuru bwarafashije abakristu kuguma baronka inyigisho ndoramana, bwongera burorosha itumatumanako ry'amakuru ajanye na Ekleziya, gutyo bararonka ikibaremesha mu bihe bito....
WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(12-18 Gitugutu 2020)_22/10/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(12-18 Gitugutu 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(5-11 Gitugutu 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(28 Nyakanga-4 Gitugutu 2020)
Amakuru ya Diyoseze nkuru ya Bujumbura ku va 12 gushika ku wa 18 Gitugutu 2020 _ 26/10/2020
Amakuru ya Diyoseze nkuru ya Bujumbura ku va 12 gushika ku wa 18 Gitugutu 2020
Amakuru mu Kirundi ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 5 gushika 11 Gitugutu 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura kuva kw'igenekerezo rya 28 Nyakanga gushika kw'igenekerezo rya 04 Gitugutu 2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA


Aleluya, aleluya. 


Akirane ubwitonzi rya jambo ryatewe muri mwebwe, 
ni ryo rizokiza imitima yanyu. 


Aleluya. 


Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Luka (13, 18-21) 


Muri irya misi, Yezu yavuze ati: «Mbe bane, Ubwami bw'Imana busa n'iki? Kandi nobugereranya n'iki? Busa n'agatete k'isinapi umuntu yateye mu murima wiwe, kakamera kakaba igiti kinini, mbere n'inyoni zo mu kirere zigahava zikaza kwarika mu mashami yaco.»
Arongera ati: «Ngereranya n'iki Ubwami bw'Imana? Busa n'umwambiro umugore yakiriye agasuka mu ngero zitatu z'ifu gushika vyose bikakame.» 


Baza ikibazo
Abari kumurongo : 7
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :