WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nlkuru ya Bujumbura
(16-22 Ntwarante 2020)_27/03/2020
Amakuru ya Diyoseze Nlkuru ya Bujumbura
(16-22 Ntwarante 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(9-15 Ntwarante 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(2-8 Ntwarante 2020)
Inyifato y'Umumenyeshamakuru w'umukirisu mu gushikiriza inkuru _ 03/04/2020
Inyifato y'Umumenyeshamakuru w'umukirisu mu gushikiriza inkuru
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(9-15 Ntwarante 2020)
Abashikirijwe ibitabo vy'amateka ya Dioyoseze nkuru ya Bujumbura
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Baza ikibazo

Ijambo ryawe ni ukuri, Mukama, 
itegeko ryawe naryo ni ubukiriro. 


Ng'iki igihe kiroranye,
ng'uwo umusi w'ubukiriro. 


Ijambo ryawe ni ukuri, Mukama, 
tegeko ryawe naryo ni ubukiriro. 


Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Yohani (10, 31-42)


Mu misi mikuru y'uguhezagira isengero, Yezu yahora agendagenda mu Ngoro y'Imana. Abayuda basubira gutora amabuye ngo bayamwicishe. Yezu ababwira ati: «Narakoze mu maso yanyu ibikorwa vyiza ntumwe na Data. Muri ivyo, ico munterera amabuye ni ikihe?» Abayuda bamwishura bati: «Igikorwa ciza si co kidutuma kugutera amabuye, ariko ni uko ututse Imana. Uri umuntu asanzwe, none wigize Imana.» Yezu arasubira ati: «Mbega mw'Itegeko ryanyu ntihanditswe ngo: ?Navuze nti: muri imana?? Ni ryaba Itegeko ryita imana ababwirwa ijambo ry'Imana, Ivyanditswe Vyeranda na vyo bikaba bidashobora gukurwaho, muri bwagirize mute ugutuka Imana uwo Data yatagatifuje akamurungika kw'isi, kuko navuze nti: ?Ndi Umwana w'Imana?? Usangwa ntakora ibikorwa vya Data, reke kunyemera. Ninaba ndabikora ho, n'aho mutoba mushaka kunyemera, nimwemere ivyo bikorwa, mushobore kumenya no gutegera ko Data ari muri Jewe nanje nkaba muri Data.» Ngo bavyumve, basubira kugeza kumufata, ariko abaca mu minwe. 
Arahava asubira hakurya ya Yorodani, aho Yohani yari yabanje kubatiriza, aba ari ho aguma. Benshi baraza kumuraba bavuga bati: «Yohani nta kimenyetso yakoze, ariko ivyo Yohani yamuvuzeko vyose vyari ivy'ukuri.» Benshi rero baramwemera. 
 


Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 53
Tanga
Ufashe Umuryango
Burundi
Dawe wa twese : Igisabisho c'ugutaramura ikiza ruhonyanganda ca Coronavirus mu bantu25/3/2020 | Ababisomye 11072 | Michel NIBITANGA Nk'uko bari babiteweko akamo n'Umuvyeyi w'Ekleziya, abakristu bavugiye hamwe igisabisho, bongera bavugira hamwe n'ica «Dawe wa twese»....
Urwego mpuzamashengero
Ngagara
Umubonano warahuje imigwi mpuzamashengero ishigikiye amahoro ku rwego rw'ama zone y'i Bujumbura n'indongozi z'amashengero abayigize bakukira12/3/2020 | Ababisomye 129 | Michel NIBITANGA Uwo mubonano wahuje imigwi yo mu mazone atandatu agize komine Ntahangwa n'indongozi z'amashengero n'amadini arangurira ubutumwa muri ayo mazone, bayaga ku vyo iyo migwi imaze kurangura....
Papa Fransisko
Inyigisho ya Nyenubweranda Papa Fransisko yerekeye Ikarema y'Umwaka w'202026/2/2020 | Ababisomye 1083 | Michel NIBITANGA « Turabasavye ku bwa Kristu ngo mwuzure n'Imana » (2Abanyakorenti 5,20)....
Burundi
Patiri Michel Kayoya yoba ari umwe mu bahambwe mu binogo rusangi vyo ku Ruvubu ?17/2/2020 | Ababisomye 2358 | Michel NIBITANGA Petero Claveri Ndayicariye ati: «Ku mutumba Mutwenzi, ababikira bama batonda kwihweza ibisigarira vy'abantu ku Ruvubu; hari ikibazo kitahara mu kanwa kabo: "Mbega ntimwoba muratubonera impuzu zari zam....
Papa Fransisko
Ijambo Papa Fransisko ashikirije abakristu ku musi mpuzamakungu ugira 28 wahariwe abarwaye>Igenekerezo rya 11 Ruhuhuma 20209/2/2020 | Ababisomye 1085 | Michel NIBITANGA «Nimuze mwebwe mwese murushe kandi muremerewe, nzobaruhurira» (Matayo 11,28)....
WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nlkuru ya Bujumbura
(16-22 Ntwarante 2020)_27/03/2020
Amakuru ya Diyoseze Nlkuru ya Bujumbura
(16-22 Ntwarante 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(9-15 Ntwarante 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(2-8 Ntwarante 2020)
Inyifato y'Umumenyeshamakuru w'umukirisu mu gushikiriza inkuru _ 03/04/2020
Inyifato y'Umumenyeshamakuru w'umukirisu mu gushikiriza inkuru
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(9-15 Ntwarante 2020)
Abashikirijwe ibitabo vy'amateka ya Dioyoseze nkuru ya Bujumbura
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA

Ijambo ryawe ni ukuri, Mukama, 
itegeko ryawe naryo ni ubukiriro. 


Ng'iki igihe kiroranye,
ng'uwo umusi w'ubukiriro. 


Ijambo ryawe ni ukuri, Mukama, 
tegeko ryawe naryo ni ubukiriro. 


Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Yohani (10, 31-42)


Mu misi mikuru y'uguhezagira isengero, Yezu yahora agendagenda mu Ngoro y'Imana. Abayuda basubira gutora amabuye ngo bayamwicishe. Yezu ababwira ati: «Narakoze mu maso yanyu ibikorwa vyiza ntumwe na Data. Muri ivyo, ico munterera amabuye ni ikihe?» Abayuda bamwishura bati: «Igikorwa ciza si co kidutuma kugutera amabuye, ariko ni uko ututse Imana. Uri umuntu asanzwe, none wigize Imana.» Yezu arasubira ati: «Mbega mw'Itegeko ryanyu ntihanditswe ngo: ?Navuze nti: muri imana?? Ni ryaba Itegeko ryita imana ababwirwa ijambo ry'Imana, Ivyanditswe Vyeranda na vyo bikaba bidashobora gukurwaho, muri bwagirize mute ugutuka Imana uwo Data yatagatifuje akamurungika kw'isi, kuko navuze nti: ?Ndi Umwana w'Imana?? Usangwa ntakora ibikorwa vya Data, reke kunyemera. Ninaba ndabikora ho, n'aho mutoba mushaka kunyemera, nimwemere ivyo bikorwa, mushobore kumenya no gutegera ko Data ari muri Jewe nanje nkaba muri Data.» Ngo bavyumve, basubira kugeza kumufata, ariko abaca mu minwe. 
Arahava asubira hakurya ya Yorodani, aho Yohani yari yabanje kubatiriza, aba ari ho aguma. Benshi baraza kumuraba bavuga bati: «Yohani nta kimenyetso yakoze, ariko ivyo Yohani yamuvuzeko vyose vyari ivy'ukuri.» Benshi rero baramwemera. 
 


Baza ikibazo
Abari kumurongo : 53
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :