HORAIRE DES MESSESWEB TVWEB RADIO
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi _ 14/11/2019
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi
#opmspecial2019 IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA Pascal NYABENDA arongoye INAMA NSHINGAMATEKA
#opmspecial2019 IJAMBO RY'UMUKURU W'INAMA Y'ABEPISIKOPI KATOLIKA
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)_16/01/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(30/12/2019 - 05/01/2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
( 16-23 Kigarama 2019)
Baza ikibazo

Aleluya, aleluya. 


Uyu musi, ntimugire agatimatare,
nimwumvirize riho ijwi ry'Umukama. 


Aleluya. 


Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Mariko (2, 13-17) 


Uwundi musi, Yezu agenda ku nkombe y'ikiyaga, ishengero ryose riza rimugana, na we rero araryigisha. 
Ariko arahita, abona Levi, mwene Alufayo, yicaye imbere y'ameza y'aho batoreza ikori, aramubarira ati: «Nkurikira.» Ava hasi aramukurikira. 
Yezu ngo azimanwe iwe, abatozakori n'abanyakabi benshi bazimanwa hamwe na Yezu n'abigishwa biwe: nkako yari yakurikiwe na benshi. Abigishwa bo mu Bafarizayo ngo babone asangiye n'abatozakori n'abanyakabi, babwira abigishwa biwe bati: «Eee! arasangira n'abatozakori n'abanyakabi!» Yezu abumvise arababarira ati: «Abakomeye si bo bakeneye abaganga, ni abarwaye riho; sinazanywe n'uguhamagara abeza, nazanywe n'abanyakabi.»


?


Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 65
Tanga
Ufashe Umuryango
12
Umwepiskopi
Inama ya mbere y'Umwepiskopi mukuru wa Bujumbura n'abasaserdoti bose11/3/2019 | Ababisomye 971 | Webmaster du CEDICOM Muri iyo nama, barabiye hamwe ibijanye n'ubutumwa bw'Ekleziya muri rusangi, n'ubwa Diyoseze, batibagiye n'ibibega nk'abarongozi b'imitima y'abakristu....
Umwepiskopi
Itegurwa ry'imigambi mikuru ya Diyoseze mu myaka itanu iza11/3/2019 | Ababisomye 336 | Webmaster du CEDICOM Bamaze guca irya n'ino ivyari vyategekanijwe kwigwa, abari muri iyo nama bapfunditse ko bagiye kubandanya ibikorwa mu migwi....
Umwepiskopi
Katedrale Regina Mundi
Umwungere wa Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yambitswe icese icatabugabo22/12/2018 | Ababisomye 708 | Webmaster du CEDICOM Akira iki catabugabo, ni icavuye hariya ku cicaro c'Ekleziya; ndakikwambitse mw'izina ry'Umwungere mukuru w'Ekleziya, Papa Fransisko (Icariho n'intumwa ya Papa mu Burundi)....
Umwepiskopi
Inkuka y'Imisa yo gusabira incungu y'ukwikukira, Umuganwa Rudoviko Rwagasore13/10/2018 | Ababisomye 919 | Abbé Dieudonné NIYIBIZI Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 13 gitugutu ni ho Umwungere Mukuru wa Diyoseze Nkuru ya Bujumbura Musenyeri Gerevazi BANSHIMIYUBUSA yahereza Inkuka y'Imisa yo gusabira Umuganwa Rudoviko Rwagasor....
Umwepiskopi
Musaga
Abakristu bo muri Paruwase Musaga bipfuriza Musenyeri Gerevasi BANSHIMIYUBUSA isabukuru nziza y'imyaka 18 mw'ibanga ry'ubwepiskopi18/09/2018 | Ababisomye 464 | Webmaster du CEDICOM Baranamuririmbiye ururirimbo rwo kumwipfuriza isabukuru nziza , rwo mu gifaransa, ngo «Joyeux anniversaire»....
12
HORAIRE DES MESSESWEB TVWEB RADIO
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi _ 14/11/2019
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi
#opmspecial2019 IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA Pascal NYABENDA arongoye INAMA NSHINGAMATEKA
#opmspecial2019 IJAMBO RY'UMUKURU W'INAMA Y'ABEPISIKOPI KATOLIKA
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)_16/01/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(30/12/2019 - 05/01/2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
( 16-23 Kigarama 2019)

Aleluya, aleluya. 


Uyu musi, ntimugire agatimatare,
nimwumvirize riho ijwi ry'Umukama. 


Aleluya. 


Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Mariko (2, 13-17) 


Uwundi musi, Yezu agenda ku nkombe y'ikiyaga, ishengero ryose riza rimugana, na we rero araryigisha. 
Ariko arahita, abona Levi, mwene Alufayo, yicaye imbere y'ameza y'aho batoreza ikori, aramubarira ati: «Nkurikira.» Ava hasi aramukurikira. 
Yezu ngo azimanwe iwe, abatozakori n'abanyakabi benshi bazimanwa hamwe na Yezu n'abigishwa biwe: nkako yari yakurikiwe na benshi. Abigishwa bo mu Bafarizayo ngo babone asangiye n'abatozakori n'abanyakabi, babwira abigishwa biwe bati: «Eee! arasangira n'abatozakori n'abanyakabi!» Yezu abumvise arababarira ati: «Abakomeye si bo bakeneye abaganga, ni abarwaye riho; sinazanywe n'uguhamagara abeza, nazanywe n'abanyakabi.»


?


Baza ikibazo
Abari kumurongo : 65
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :