WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)_12/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020 _ 10/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuva kw'igenekerezo rya 13 19 Mukakaro 2020
Ijambo ry'Umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume BUNYONI, Paroisse RUGAZI, 18/07/2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Baza ikibazo

Aleluya, aleluya. 
Uwuzigama ijambo rya Kristu, muri we ni ho urukundo rw'Imana ruba rusasagaye. 
Aleluya. 
Ivyo dusoma mu Nkuru Nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Matayo (18, 21-19, 1)


Muri irya misi, 
Petero aregera Yezu amubaza ati: «Mukama, mugenzanje ancumuyeko, nzomurekurira kangahe? Gushika ku ndwi?»  Yezu na we ati: «Sinkubwiye gushika ku ndwi, ariko kugeza kuri mirongo indwi ku ndwi. 
Ni co gituma Ubwami bw'ijuru busa n'umwami yagomba kwishuza abasuku biwe. Ngo abe agitangura, bamuzanira uwari amuheraniye amatarenta ibihumbi cumi. Nya musuku ngo abure ico yishura, shebuja ategeka ko bamugurisha we n'umugore n'abana, be n'utwo atunze twose, abe yishuye rero ivyo aheranye. Nya musuku yikubita imbere yiwe, amutakambira ati: ?Mukama, ntenyenyera, nzokwishura ivyawe vyose.? Shebuja rero bimutera ikigongwe, aramurekura amuhebeye n'umwenda yari amufitiye.  
Uwo musuku ngo ave hano, ahura n'umwe muri bagenzibe amufitiye amadenariyo ijana. Aca amugwa mu kanigo, aramukamvya ati: ?Ishura ivyo uheranye vyose.? Uno na we aca aramupfukamira, aramutakambira ati: ?Ntenyenyera nzokwishura.? Uwundi na we aranka, mbere aca aja kumushirisha mu ngoyi, umwanya atarishura umwenda yariye. 
Bagenzibe ngo babibone, birabababaza cane, baca baja kwiganira shebuja ivyabaye. Na we aca aramuhamagaza, amubwira ati: ?Wa musuku w'inkozi y'ikibi, umwenda wose wari umfitiye nawukurekuriye kuko wantakambiye; none weho, ntube wagirira imbabazi mugenzawe nk'uko nanje nazikugiriye?? N'ishavu n'akantu, shebuja amurekurirako abantu biwe, baramuhuragura umwanya atarishura umwenda wiwe wose. 
Uko ni ko na Data ahanganye mw'ijuru azobagira nimutarekurira abandi bimwe bishemeye.»
Yezu ahejeje kuvuga ivyo yashaka kuvuga , ava mu Bugalile ija mu ntara z'Ubuyuda hakurya ya Yorodani. 
Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 22
Tanga
Ufashe Umuryango
Ingo n'Imiryango
Buterere
Paruwase Buterere mu nyigisho kw'itandukaniro riri hagati y'urugo rukristu n'urutaronse isakramentu ry'ukwubaka rukristu16/7/2020 | Ababisomye 85 | Michel NIBITANGA Urugo rw'abacikiranye, ego rurabaho, ariko nk'ibindi biremwa vyose; gusa rubaho rudahezagiye (Patiri Pierre Nsengiyumva)....
Ingo n'Imiryango
Katedrale Regina Mundi
Iramurwa ry'ingo zakurikiranye inyigisho zo gutunganya imvyaro bifatiye ku buryo kama muri Paruwase Katedrale Regina Mundi10/7/2020 | Ababisomye 314 | Michel NIBITANGA Ni inyigisho zari zimaze amezi umunani zihabwa ingo zubatse, zatanzwe n'urugo rukristu rugizwe na Niyonzima Dylan na Mashaka Amnielle, ingo zine ku munani zikaba ari zo zashoboye kuzikurikirana gushik....
Ingo n'Imiryango
Ugusubira inyuma kw'abana mu mashure: uruhara rw'abavyeyi babo7/7/2020 | Ababisomye 73 | Michel NIBITANGA Inzira umwana abwirizwa gufata ayerekwa n'abantu bose aja ararahurirako ingeso; aho rero ni ho turonkeye akaryo k'ukwibutsa abavyeyi ko bakwiye gukurikirana abana babo ku rugero rushimishije, gutyo ba....
Ingo n'Imiryango
Saint Michel
Amafungo y'ikarema ku bari mu migwi ijejwe ubutumwa bw'ingo n'Imiryango yo mu Paruwase agize intara z'ubutumwa za Gihosha na Mikaheli Mweranda11/3/2020 | Ababisomye 1171 | Michel NIBITANGA Imigwi itandukanye yari yararitswe muri uwo mwiherero ni abunganirango, abigisha abageni, abigisha uburyo bwemewe n'Ekleziya bw'ugutunganya imvyaro, hamwe n'abize ubwo buryo bw'ugutandukanya imvyaro k....
Ingo n'Imiryango
Uko indwi yahariwe uguhimbaza umuvunyi w'abakundana yuguruwe mu gisagara ca Bujumbura6/2/2020 | Ababisomye 389 | Michel NIBITANGA Iyo ndwi yatunganijwe n'igisata kijejwe ubutumwa bw'ingo n'imiryango muri Diyoseze Nkuru ya Bujumbura, ku civugo ngenderwako kigira kiti: «Umuntu w'Incabwenge yiyubakiye inzu ku rutare» (Matayo 7:24)....
WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)_12/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020 _ 10/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuva kw'igenekerezo rya 13 19 Mukakaro 2020
Ijambo ry'Umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume BUNYONI, Paroisse RUGAZI, 18/07/2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA

Aleluya, aleluya. 
Uwuzigama ijambo rya Kristu, muri we ni ho urukundo rw'Imana ruba rusasagaye. 
Aleluya. 
Ivyo dusoma mu Nkuru Nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Matayo (18, 21-19, 1)


Muri irya misi, 
Petero aregera Yezu amubaza ati: «Mukama, mugenzanje ancumuyeko, nzomurekurira kangahe? Gushika ku ndwi?»  Yezu na we ati: «Sinkubwiye gushika ku ndwi, ariko kugeza kuri mirongo indwi ku ndwi. 
Ni co gituma Ubwami bw'ijuru busa n'umwami yagomba kwishuza abasuku biwe. Ngo abe agitangura, bamuzanira uwari amuheraniye amatarenta ibihumbi cumi. Nya musuku ngo abure ico yishura, shebuja ategeka ko bamugurisha we n'umugore n'abana, be n'utwo atunze twose, abe yishuye rero ivyo aheranye. Nya musuku yikubita imbere yiwe, amutakambira ati: ?Mukama, ntenyenyera, nzokwishura ivyawe vyose.? Shebuja rero bimutera ikigongwe, aramurekura amuhebeye n'umwenda yari amufitiye.  
Uwo musuku ngo ave hano, ahura n'umwe muri bagenzibe amufitiye amadenariyo ijana. Aca amugwa mu kanigo, aramukamvya ati: ?Ishura ivyo uheranye vyose.? Uno na we aca aramupfukamira, aramutakambira ati: ?Ntenyenyera nzokwishura.? Uwundi na we aranka, mbere aca aja kumushirisha mu ngoyi, umwanya atarishura umwenda yariye. 
Bagenzibe ngo babibone, birabababaza cane, baca baja kwiganira shebuja ivyabaye. Na we aca aramuhamagaza, amubwira ati: ?Wa musuku w'inkozi y'ikibi, umwenda wose wari umfitiye nawukurekuriye kuko wantakambiye; none weho, ntube wagirira imbabazi mugenzawe nk'uko nanje nazikugiriye?? N'ishavu n'akantu, shebuja amurekurirako abantu biwe, baramuhuragura umwanya atarishura umwenda wiwe wose. 
Uko ni ko na Data ahanganye mw'ijuru azobagira nimutarekurira abandi bimwe bishemeye.»
Yezu ahejeje kuvuga ivyo yashaka kuvuga , ava mu Bugalile ija mu ntara z'Ubuyuda hakurya ya Yorodani. 
Baza ikibazo
Abari kumurongo : 22
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :