WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nlkuru ya Bujumbura
(16-22 Ntwarante 2020)_27/03/2020
Amakuru ya Diyoseze Nlkuru ya Bujumbura
(16-22 Ntwarante 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(9-15 Ntwarante 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(2-8 Ntwarante 2020)
Inyifato y'Umumenyeshamakuru w'umukirisu mu gushikiriza inkuru _ 03/04/2020
Inyifato y'Umumenyeshamakuru w'umukirisu mu gushikiriza inkuru
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(9-15 Ntwarante 2020)
Abashikirijwe ibitabo vy'amateka ya Dioyoseze nkuru ya Bujumbura
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Baza ikibazo

Ijambo ryawe ni ukuri, Mukama, 
itegeko ryawe naryo ni ubukiriro. 


Ng'iki igihe kiroranye,
ng'uwo umusi w'ubukiriro. 


Ijambo ryawe ni ukuri, Mukama, 
tegeko ryawe naryo ni ubukiriro. 


Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Yohani (10, 31-42)


Mu misi mikuru y'uguhezagira isengero, Yezu yahora agendagenda mu Ngoro y'Imana. Abayuda basubira gutora amabuye ngo bayamwicishe. Yezu ababwira ati: «Narakoze mu maso yanyu ibikorwa vyiza ntumwe na Data. Muri ivyo, ico munterera amabuye ni ikihe?» Abayuda bamwishura bati: «Igikorwa ciza si co kidutuma kugutera amabuye, ariko ni uko ututse Imana. Uri umuntu asanzwe, none wigize Imana.» Yezu arasubira ati: «Mbega mw'Itegeko ryanyu ntihanditswe ngo: ?Navuze nti: muri imana?? Ni ryaba Itegeko ryita imana ababwirwa ijambo ry'Imana, Ivyanditswe Vyeranda na vyo bikaba bidashobora gukurwaho, muri bwagirize mute ugutuka Imana uwo Data yatagatifuje akamurungika kw'isi, kuko navuze nti: ?Ndi Umwana w'Imana?? Usangwa ntakora ibikorwa vya Data, reke kunyemera. Ninaba ndabikora ho, n'aho mutoba mushaka kunyemera, nimwemere ivyo bikorwa, mushobore kumenya no gutegera ko Data ari muri Jewe nanje nkaba muri Data.» Ngo bavyumve, basubira kugeza kumufata, ariko abaca mu minwe. 
Arahava asubira hakurya ya Yorodani, aho Yohani yari yabanje kubatiriza, aba ari ho aguma. Benshi baraza kumuraba bavuga bati: «Yohani nta kimenyetso yakoze, ariko ivyo Yohani yamuvuzeko vyose vyari ivy'ukuri.» Benshi rero baramwemera. 
 


Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 54
Tanga
Ufashe Umuryango
12
Amasabamana
Ugusangira
Sabwe Dawe ndaje G 1314/11/2019 | Ababisomye 1819 | Michel NIBITANGA ....
Amasabamana
Ni ivy'ukuri, Yezu yizuye mu bapfuye, turirimbe Alleluya21/4/2019 | Ababisomye 2337 | Michel NIBITANGA Tera impundu, ririmba, Yezu ni muzima, yatsinze urupfu....
Amasabamana
URURIRIMBO RWO MU GIHE C'IKAREMA RW'UGUSABA IKIGONGWE9/3/2019 | Ababisomye 445 | Michel NIBITANGA ....
Amasabamana
URURIRIMBO RWO MU GIHE C'IKAREMA RW'UGUSABA IKIGONGWE9/3/2019 | Ababisomye 445 | Michel NIBITANGA Ngirira ikigongwe, Mana yo mw'Ijuru, ngirira ikigongwe, jewe naracumuye....
Amasabamana
Kanyosha
Inyigisho z'abarongoye abandi mu migwi y'abaririmbiramana muri Paruwase Muvyeyi w'ikigongwe yo mu Kanyosha03/10/2018 | Ababisomye 2139 | Michel NIBITANGA Yaba Patiri Yohani Batista NIJIMBERE canke Furera SUPERIYO, bose barahamagariye abaririmbiramana kumenya gutandukanya indirimbo zo mu nkuka y'imisa n'izo mu biteramo....
12
WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nlkuru ya Bujumbura
(16-22 Ntwarante 2020)_27/03/2020
Amakuru ya Diyoseze Nlkuru ya Bujumbura
(16-22 Ntwarante 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(9-15 Ntwarante 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(2-8 Ntwarante 2020)
Inyifato y'Umumenyeshamakuru w'umukirisu mu gushikiriza inkuru _ 03/04/2020
Inyifato y'Umumenyeshamakuru w'umukirisu mu gushikiriza inkuru
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(9-15 Ntwarante 2020)
Abashikirijwe ibitabo vy'amateka ya Dioyoseze nkuru ya Bujumbura
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA

Ijambo ryawe ni ukuri, Mukama, 
itegeko ryawe naryo ni ubukiriro. 


Ng'iki igihe kiroranye,
ng'uwo umusi w'ubukiriro. 


Ijambo ryawe ni ukuri, Mukama, 
tegeko ryawe naryo ni ubukiriro. 


Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Yohani (10, 31-42)


Mu misi mikuru y'uguhezagira isengero, Yezu yahora agendagenda mu Ngoro y'Imana. Abayuda basubira gutora amabuye ngo bayamwicishe. Yezu ababwira ati: «Narakoze mu maso yanyu ibikorwa vyiza ntumwe na Data. Muri ivyo, ico munterera amabuye ni ikihe?» Abayuda bamwishura bati: «Igikorwa ciza si co kidutuma kugutera amabuye, ariko ni uko ututse Imana. Uri umuntu asanzwe, none wigize Imana.» Yezu arasubira ati: «Mbega mw'Itegeko ryanyu ntihanditswe ngo: ?Navuze nti: muri imana?? Ni ryaba Itegeko ryita imana ababwirwa ijambo ry'Imana, Ivyanditswe Vyeranda na vyo bikaba bidashobora gukurwaho, muri bwagirize mute ugutuka Imana uwo Data yatagatifuje akamurungika kw'isi, kuko navuze nti: ?Ndi Umwana w'Imana?? Usangwa ntakora ibikorwa vya Data, reke kunyemera. Ninaba ndabikora ho, n'aho mutoba mushaka kunyemera, nimwemere ivyo bikorwa, mushobore kumenya no gutegera ko Data ari muri Jewe nanje nkaba muri Data.» Ngo bavyumve, basubira kugeza kumufata, ariko abaca mu minwe. 
Arahava asubira hakurya ya Yorodani, aho Yohani yari yabanje kubatiriza, aba ari ho aguma. Benshi baraza kumuraba bavuga bati: «Yohani nta kimenyetso yakoze, ariko ivyo Yohani yamuvuzeko vyose vyari ivy'ukuri.» Benshi rero baramwemera. 
 


Baza ikibazo
Abari kumurongo : 54
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :