WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)_12/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 20 gushika 26 Mukakaro 2020 _ 14/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 20 gushika 26 Mukakaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 03 09 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Baza ikibazo

Ivyo dusoma mw'Ikete rya mbere Umutumwa Pawulo yandikiye Abanyakorenti (15, 20-27)


Kristu azoja imbere abatangurire, hanyuma abazoba bamwemeye bamukurikire


Ncuti zanje, Kristu yarazutse ava mu bapfuye, aba ari we abatangurira. Ko urupfu rwazanywe n'umuntu umwe, n'izuka ry'abapfuye rizanwa n'umuntu umwe.


Nk'uko abantu bose bapfa muri Adamu, ni ko abantu bose bazozuka muri Kristu. Mugabo umwe umwe wese azoronka ikibanza bakwiranye: Kristu azoja imbere abatangurire, hanyuma abazoba bamwemeye bamukurikire igihe azogarukira.


Hanyuma vyose bizorangira, aho azoshikiriza Se wiwe ya ngoma yamuha, mugabo abanje gutsinda Inganji zose, Ubukuru n'Ububasha. 


Kuko birakwiye ko ahangama ku ngoma gushika umusi azoba yatsinze abansi biwe bose. Umwansi yatsinze ubwanyuma ni Urupfu, kuko ariho azoba yatsinze vyose.


Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 14
Tanga
Ufashe Umuryango
Ubutumwa bw'abalayike
Saint Michel
Umugirwa w'ukurungika icese mu butumwa : urwaruka rwo mu mivukano rwahagurutse mu gukwiza hose inkuru nziza10/7/2020 | Ababisomye 150 | Michel NIBITANGA Urwo rwaruka rugiye kubera umuco uboneshereza abandi ngo kanatsinda ni na co civugo c'umuvukano wabo,rugiye kandi guhimiriza n'urundi rwaruka kuko nirwo rugifise inguvu nyishi zoshobora guteza imbere ....
Ubutumwa bw'abalayike
Mont Sion Gikungu
Urugendo rweranda kumwe n'Umuvyeyi Bikira Mariya ku Musozi Siyoni mu Gikungu20/10/2019 | Ababisomye 376 | Michel NIBITANGA Baraye mu giteramo c'ijoro ryose, bari kumwe n'Umuvyeyi Bikira Mariya, bumviriza inyigisho, bashengerera Yezu mw'Ukaristiya....
Ubutumwa bw'abalayike
Foyer de Charité de Bujumbura
Mu mugwi «WIGORE» barahimbaje yubile yabo y'imyaka 25 bamaze barangura ubutumwa bw'ugufasha ababaye3/10/2019 | Ababisomye 241 | Michel NIBITANGA Ibirori vyabereye mu kigo Foyer de Charité c'i Bujumbura, bikaba vyari vyatewe iteka n'Umwepiskopi Mukuru w'inararibonye, Nyenicubahiro Musenyeri Evariste Ngoyagoye, ari kumwe n'abasaserdoti bigeze gu....
Ubutumwa bw'abalayike
Nyakabiga
Umwiherero ku bari mu mugwi ufasha abakristu gushika mu bibanza bicaramwo mw'isengero (ivyo bita «Protocole»6/8/2019 | Ababisomye 827 | Michel NIBITANGA Uwo mwiherero waranzwe n'uturirimbo be n'igisabisho c'ukuninahaza Imana, ariko na cane cane inyigisho ifatiye ku karanga kajanye n'ubutumwa bajejwe, basozerera ku Nkuka y'imisa....
Ubutumwa bw'abalayike
Saint Michel
Ihwaniro ry'urwaruka ku rwego rwa Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ryo mu mwaka w'2019 ryakoranye muri Paruwase yitiriwe Mikaheli Mweranda24/7/2019 | Ababisomye 866 | Michel NIBITANGA Icivugo c'iryo hwaniro kivuga kiti: "Rwaruka, tube abasavyi b,Umukama nka Bikira Mariya, turangure ishaka ry'Imana mu kwubaka uburundi bw'amahoro, na Ekleziya Muryango"....
WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)_12/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 20 gushika 26 Mukakaro 2020 _ 14/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 20 gushika 26 Mukakaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 03 09 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA

Ivyo dusoma mw'Ikete rya mbere Umutumwa Pawulo yandikiye Abanyakorenti (15, 20-27)


Kristu azoja imbere abatangurire, hanyuma abazoba bamwemeye bamukurikire


Ncuti zanje, Kristu yarazutse ava mu bapfuye, aba ari we abatangurira. Ko urupfu rwazanywe n'umuntu umwe, n'izuka ry'abapfuye rizanwa n'umuntu umwe.


Nk'uko abantu bose bapfa muri Adamu, ni ko abantu bose bazozuka muri Kristu. Mugabo umwe umwe wese azoronka ikibanza bakwiranye: Kristu azoja imbere abatangurire, hanyuma abazoba bamwemeye bamukurikire igihe azogarukira.


Hanyuma vyose bizorangira, aho azoshikiriza Se wiwe ya ngoma yamuha, mugabo abanje gutsinda Inganji zose, Ubukuru n'Ububasha. 


Kuko birakwiye ko ahangama ku ngoma gushika umusi azoba yatsinze abansi biwe bose. Umwansi yatsinze ubwanyuma ni Urupfu, kuko ariho azoba yatsinze vyose.


Baza ikibazo
Abari kumurongo : 14
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :