Amashure Gatolika
Kinama
16/1/2020 | Ababisomye 40Webmaster du CEDICOM
Urwaruka rugera kuri 86 ni rwo rwaronkejwe impapuro z'umutsindo. Ni imikangara y...
Mikaheli Mweranda
Ruziba
16/1/2020 | Ababisomye 43Webmaster du CEDICOM
Patiri Pierre Gacumu yarashimiye Umuyobozi wa Radio Maria Burundi, Patiri Désire...
Mikaheli Mweranda
Kanyosha
15/1/2020 | Ababisomye 43Webmaster du CEDICOM
NTAHOBATANGEJEJE Desiderate, HAJAYANDI Augustin, na BUKURU Leonidas ni bo bitoje...
Mikaheli Mweranda
Kanyosha
15/1/2020 | Ababisomye 46Webmaster du CEDICOM
Harabaye gisabisho c'inkuka ya misa y'ugukenguruka ku vyiza Imana yakoreye uwo m...
Ingo n'Imiryango
15/1/2020 | Ababisomye 38Webmaster du CEDICOM
Izo nyigisho zari zarasabwe n'abanyeshure b'urwaruka bari mu muhari Schoenstatt;...
Ukwinagura
Ruziba
13/1/2020 | Ababisomye 79Webmaster du CEDICOM
Patiri Amand Kana yamenyesheje ko ivyo Yezu yakoreye abari muri iryo hwaniro bak...
Ijambo ry'Imana
13/1/2020 | Ababisomye 31Webmaster du CEDICOM
Yezu ati: «Ni ukuri, ni ukuri, ndabibabwiye, uwudasubiye kuvuka ku bw'amazi na M...
Ijambo ry'Imana
13/1/2020 | Ababisomye 29Webmaster du CEDICOM
Umukama Yezu aratubwira ati: «Uwuzokwemera akabatizwa azorokoka, uwutazokwemera ...
Ijambo ry'Imana
13/1/2020 | Ababisomye 26Webmaster du CEDICOM
Ibatisimu y'Umukama yatanguye guhimbarizwa mw'ijuru, isi na yo ibibera icabona; ...
Gihosha
Buterere
11/1/2020 | Ababisomye 63Webmaster du CEDICOM
Ivyizwe ku bw'integuro y'uwo munsi mukuru uzoba kw'igenekerezo rya 19 Nzero 2020...
Buhonga
Magara
10/1/2020 | Ababisomye 80Webmaster du CEDICOM
Ubutumwa bwari bwazindukanye abo bana bwari ubw'ugushikiriza imfashanyo baheruka...
Mikaheli Mweranda
Katedrale Regina Mundi
10/1/2020 | Ababisomye 116Webmaster du CEDICOM
«Abihebeye Imana bahamagariwe kumenyesha Inkuru Nziza mu bisata baranguriramwo i...
Gihosha
Kinama
9/1/2020 | Ababisomye 80Webmaster du CEDICOM
Ishule tabariro rya Rwavu rije rigira iry'icumi mu yagize Paruwase Kinama, rikab...
Ubutumwa bw'abalayike
Ruziba
7/1/2020 | Ababisomye 57Webmaster du CEDICOM
«Nimwisuzume mwebwe nyene, murabe ko mukomeye mu kwemera», ico ni co civugo nyam...
Mikaheli Mweranda
Katedrale Regina Mundi
7/1/2020 | Ababisomye 7815Webmaster du CEDICOM
Kumwe na Patiri mukuru wabo, abakristu bo muri Katedrale Regina mundi barasangiy...
Buhonga
Matara
7/1/2020 | Ababisomye 65Webmaster du CEDICOM
Abana bangana amajana atandatu ni bo babatijwe, be n'abandi bangana ukwo nyene b...
Mikaheli Mweranda
Kanyosha
7/1/2020 | Ababisomye 238Webmaster du CEDICOM
Ico giteramo catanguye kw'isaha imwe n'igice (19h30) z'ijoro risozera umwaka w'2...
Abasaserdoti bacu
Katedrale Regina Mundi
6/1/2020 | Ababisomye 1920Webmaster du CEDICOM
«Kuri twebwe abemera turazi ko vyose bikomoka ku Mana, ni co gituma iyo umwaka u...
Buhonga
Rushubi
3/1/2020 | Ababisomye 46Webmaster du CEDICOM
Abana bahawe isakramentu ry'Ukaristiya mu rusangi rwa mbere muri iyo Paruwase, b...
Abapolisi
Kanyosha
3/1/2020 | Ababisomye 158Webmaster du CEDICOM
Paruwase Stefano Mweranda yavutse mu kwezi kwa Munyonyo 2014, itangujwe na Patir...
HORAIRE DES MESSESWEB TVWEB RADIO
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi _ 14/11/2019
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi
#opmspecial2019 IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA Pascal NYABENDA arongoye INAMA NSHINGAMATEKA
#opmspecial2019 IJAMBO RY'UMUKURU W'INAMA Y'ABEPISIKOPI KATOLIKA
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)_16/01/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(30/12/2019 - 05/01/2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
( 16-23 Kigarama 2019)
HORAIRE DES MESSESWEB TVWEB RADIO
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi _ 14/11/2019
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi
#opmspecial2019 IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA Pascal NYABENDA arongoye INAMA NSHINGAMATEKA
#opmspecial2019 IJAMBO RY'UMUKURU W'INAMA Y'ABEPISIKOPI KATOLIKA
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)_16/01/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(30/12/2019 - 05/01/2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
( 16-23 Kigarama 2019)
Baza ikibazo

Aleluya, aleluya. 


Uyu musi, ntimugire agatimatare,
nimwumvirize riho ijwi ry'Umukama. 


Aleluya. 


Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Mariko (2, 13-17) 


Uwundi musi, Yezu agenda ku nkombe y'ikiyaga, ishengero ryose riza rimugana, na we rero araryigisha. 
Ariko arahita, abona Levi, mwene Alufayo, yicaye imbere y'ameza y'aho batoreza ikori, aramubarira ati: «Nkurikira.» Ava hasi aramukurikira. 
Yezu ngo azimanwe iwe, abatozakori n'abanyakabi benshi bazimanwa hamwe na Yezu n'abigishwa biwe: nkako yari yakurikiwe na benshi. Abigishwa bo mu Bafarizayo ngo babone asangiye n'abatozakori n'abanyakabi, babwira abigishwa biwe bati: «Eee! arasangira n'abatozakori n'abanyakabi!» Yezu abumvise arababarira ati: «Abakomeye si bo bakeneye abaganga, ni abarwaye riho; sinazanywe n'uguhamagara abeza, nazanywe n'abanyakabi.»


?


Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 66
Tanga
Ufashe Umuryango
Ekleziya y'i Bujumbura
Kinama
Imikangara irangije ivyigwa kw'ishule «Lycée Sainte Famille de Kinama» rwaraye ruronse impapuro z'umutsindo ku mwimbu ushimishije16/1/2020 | Ababisomye 40 | Webmaster du CEDICOMUrwaruka rugera kuri 86 ni rwo rwaronkejwe impapuro z'umutsindo. Ni imikangara y'abanyeshule barangije mu bisata bibiri biri kuri iryo shule, ari vyo igisata c'Indimi, hamwe n'igisata c'Ibuhinga....
Ruziba
Paruwase Ruziba na Radio Maria Burundi mu gusozera indwi bamaranye mu butumwa bw'inyigisho nkomezakwemera16/1/2020 | Ababisomye 43 | Webmaster du CEDICOMPatiri Pierre Gacumu yarashimiye Umuyobozi wa Radio Maria Burundi, Patiri Désire Bireha, ku kamo yitavye k'ukurungika Radio Mariya guherekeza inyigisho zari zimaze imisi ine mw'ihwaniro nkomezakwemera....
Kanyosha
Amatora mu mugwi w'abaririmbiramana witiriwe «Abamalayika bo mw'ijuru» wo muri Paruwuse Kanyosha15/1/2020 | Ababisomye 43 | Webmaster du CEDICOMNTAHOBATANGEJEJE Desiderate, HAJAYANDI Augustin, na BUKURU Leonidas ni bo bitoje, maze Léonidas Bukuru aba ari we yaciye atorerwa ico kibanza, ku majwi 72 kuri 84 y'abatoye....

Aleluya, aleluya. 


Uyu musi, ntimugire agatimatare,
nimwumvirize riho ijwi ry'Umukama. 


Aleluya. 


Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Mariko (2, 13-17) 


Uwundi musi, Yezu agenda ku nkombe y'ikiyaga, ishengero ryose riza rimugana, na we rero araryigisha. 
Ariko arahita, abona Levi, mwene Alufayo, yicaye imbere y'ameza y'aho batoreza ikori, aramubarira ati: «Nkurikira.» Ava hasi aramukurikira. 
Yezu ngo azimanwe iwe, abatozakori n'abanyakabi benshi bazimanwa hamwe na Yezu n'abigishwa biwe: nkako yari yakurikiwe na benshi. Abigishwa bo mu Bafarizayo ngo babone asangiye n'abatozakori n'abanyakabi, babwira abigishwa biwe bati: «Eee! arasangira n'abatozakori n'abanyakabi!» Yezu abumvise arababarira ati: «Abakomeye si bo bakeneye abaganga, ni abarwaye riho; sinazanywe n'uguhamagara abeza, nazanywe n'abanyakabi.»


?


Baza ikibazo
Abari kumurongo : 66
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :