HORAIRE DES MESSESWEB TVWEB RADIO
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)_16/01/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(30/12/2019 - 05/01/2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
( 16-23 Kigarama 2019)
Baza ikibazo

Aleluya, aleluya. 


Uyu musi, ntimugire agatimatare,
nimwumvirize riho ijwi ry'Umukama. 


Aleluya. 


Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Mariko (2, 13-17) 


Uwundi musi, Yezu agenda ku nkombe y'ikiyaga, ishengero ryose riza rimugana, na we rero araryigisha. 
Ariko arahita, abona Levi, mwene Alufayo, yicaye imbere y'ameza y'aho batoreza ikori, aramubarira ati: «Nkurikira.» Ava hasi aramukurikira. 
Yezu ngo azimanwe iwe, abatozakori n'abanyakabi benshi bazimanwa hamwe na Yezu n'abigishwa biwe: nkako yari yakurikiwe na benshi. Abigishwa bo mu Bafarizayo ngo babone asangiye n'abatozakori n'abanyakabi, babwira abigishwa biwe bati: «Eee! arasangira n'abatozakori n'abanyakabi!» Yezu abumvise arababarira ati: «Abakomeye si bo bakeneye abaganga, ni abarwaye riho; sinazanywe n'uguhamagara abeza, nazanywe n'abanyakabi.»


?


Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 72
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi_14/11/2019
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi14/11/2019
#opmspecial2019 IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA Pascal NYABENDA arongoye INAMA NSHINGAMATEKA15/08/2019
#opmspecial2019 IJAMBO RY'UMUKURU W'INAMA Y'ABEPISIKOPI KATOLIKA15/08/2019
AMEZI ATATU ADASANZWE YAHARIWE KUMENYESHA UBUTUMWA
IJAMBO RYO KWAKIRA ABASHITSI. Mgr Arch. Simon NTAMWANA
15/08/2019
HOMELIE de Mgr Simon NTAMWANA Archévêque de Gitega15/08/2019
AMEZI ATATU ADASANZWE YO KUMENYESHA IKURU NZIZA KW'ISI15/08/2019
Amakuru 1-7 Mukakaro 201915/07/2019
AMAKURU YA DIYOSEZE NKURU YA BUJUMBURA (24-30 RUHESHI)05/07/2019
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(17-23 Ruheshi 2019)
28/06/2019
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura (10-16 Ruheshi 2019)28/06/2019
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(03-09/06/2019
19/06/2019
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27/05-02/06/2019
17/06/2019
Spot vidéo: Harambe yo kuwa 9Ruheshi 2019, Paroisse Kanyosha03/06/2019
Nyenubweranada Papa Fransisko, mu kwifata ruto kudasanzwe ngo avugire amahoro, yarapfukamiye indongozi z'igihugu ca Sudani yo mu bumanuko, aratakamba...!13/04/2019
BITE KO ABANTU BATAKIMARAMAZWA N'AKABI BAKORA? (INYIGISHO YA PATIRI Félix FUPI, KATEDRALE REGINA MUNDI)29/03/2019
KUBERA IKI ABAKRISTU B'UBU BATACISONZESHA BIKWIYE MW'IKAREMA? (INYIGISHO YA PATIRI Félix FUPI)28/03/2019
NGIRIRA IKIGONGWE, MANA09/03/2019
Patiri Dieudonné NIYIBIZI arabeshuza abakwiragiza ubwangushi ku butumwa Papa Francisco yatangaje28/02/2019

Aleluya, aleluya. 


Uyu musi, ntimugire agatimatare,
nimwumvirize riho ijwi ry'Umukama. 


Aleluya. 


Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Mariko (2, 13-17) 


Uwundi musi, Yezu agenda ku nkombe y'ikiyaga, ishengero ryose riza rimugana, na we rero araryigisha. 
Ariko arahita, abona Levi, mwene Alufayo, yicaye imbere y'ameza y'aho batoreza ikori, aramubarira ati: «Nkurikira.» Ava hasi aramukurikira. 
Yezu ngo azimanwe iwe, abatozakori n'abanyakabi benshi bazimanwa hamwe na Yezu n'abigishwa biwe: nkako yari yakurikiwe na benshi. Abigishwa bo mu Bafarizayo ngo babone asangiye n'abatozakori n'abanyakabi, babwira abigishwa biwe bati: «Eee! arasangira n'abatozakori n'abanyakabi!» Yezu abumvise arababarira ati: «Abakomeye si bo bakeneye abaganga, ni abarwaye riho; sinazanywe n'uguhamagara abeza, nazanywe n'abanyakabi.»


?


Baza ikibazo
Abari kumurongo : 72
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :