WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)_12/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020 _ 10/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuva kw'igenekerezo rya 13 19 Mukakaro 2020
Ijambo ry'Umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume BUNYONI, Paroisse RUGAZI, 18/07/2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Baza ikibazo

Aleluya, aleluya. 
Uwuzigama ijambo rya Kristu, muri we ni ho urukundo rw'Imana ruba rusasagaye. 
Aleluya. 
Ivyo dusoma mu Nkuru Nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Matayo (18, 21-19, 1)


Muri irya misi, 
Petero aregera Yezu amubaza ati: «Mukama, mugenzanje ancumuyeko, nzomurekurira kangahe? Gushika ku ndwi?»  Yezu na we ati: «Sinkubwiye gushika ku ndwi, ariko kugeza kuri mirongo indwi ku ndwi. 
Ni co gituma Ubwami bw'ijuru busa n'umwami yagomba kwishuza abasuku biwe. Ngo abe agitangura, bamuzanira uwari amuheraniye amatarenta ibihumbi cumi. Nya musuku ngo abure ico yishura, shebuja ategeka ko bamugurisha we n'umugore n'abana, be n'utwo atunze twose, abe yishuye rero ivyo aheranye. Nya musuku yikubita imbere yiwe, amutakambira ati: ?Mukama, ntenyenyera, nzokwishura ivyawe vyose.? Shebuja rero bimutera ikigongwe, aramurekura amuhebeye n'umwenda yari amufitiye.  
Uwo musuku ngo ave hano, ahura n'umwe muri bagenzibe amufitiye amadenariyo ijana. Aca amugwa mu kanigo, aramukamvya ati: ?Ishura ivyo uheranye vyose.? Uno na we aca aramupfukamira, aramutakambira ati: ?Ntenyenyera nzokwishura.? Uwundi na we aranka, mbere aca aja kumushirisha mu ngoyi, umwanya atarishura umwenda yariye. 
Bagenzibe ngo babibone, birabababaza cane, baca baja kwiganira shebuja ivyabaye. Na we aca aramuhamagaza, amubwira ati: ?Wa musuku w'inkozi y'ikibi, umwenda wose wari umfitiye nawukurekuriye kuko wantakambiye; none weho, ntube wagirira imbabazi mugenzawe nk'uko nanje nazikugiriye?? N'ishavu n'akantu, shebuja amurekurirako abantu biwe, baramuhuragura umwanya atarishura umwenda wiwe wose. 
Uko ni ko na Data ahanganye mw'ijuru azobagira nimutarekurira abandi bimwe bishemeye.»
Yezu ahejeje kuvuga ivyo yashaka kuvuga , ava mu Bugalile ija mu ntara z'Ubuyuda hakurya ya Yorodani. 
Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 17
Tanga
Ufashe Umuryango
Mikaheli Mweranda
Katedrale Regina Mundi
Umwiherero mu mugwi «Jeunesse Regina Mundi» w'abaririmbiramana bo muri Paruwase Katedrale Regina Mundi30/7/2020 | Ababisomye 4923 | Michel NIBITANGA Uwo mwiherero witabwe na bamwe mu baririmbiramana bawo, ndetse na bamwe mu bakristu b'iyo Paruwase nyene. Abo bitavye uwo mwiherero bari baherekejwe na Patiri Sugespe....
Ingo n'Imiryango
Katedrale Regina Mundi
Iramurwa ry'ingo zakurikiranye inyigisho zo gutunganya imvyaro bifatiye ku buryo kama muri Paruwase Katedrale Regina Mundi10/7/2020 | Ababisomye 314 | Michel NIBITANGA Ni inyigisho zari zimaze amezi umunani zihabwa ingo zubatse, zatanzwe n'urugo rukristu rugizwe na Niyonzima Dylan na Mashaka Amnielle, ingo zine ku munani zikaba ari zo zashoboye kuzikurikirana gushik....
Mikaheli Mweranda
Katedrale Regina Mundi
Umwiherero w'abari mu mugwi wa Bibiliya n'abasomyi b'Ijambo ry'Imana bo muri Paruwase Katedrale Regina Mundi24/6/2020 | Ababisomye 1903 | Michel NIBITANGA Urukundo dukunda Imana rurigaragaza mu mwanya tuyiha mu kwakira n'ukuzirikana Ijambo ryayo (Patiri Jerry Urlich Cimpaye)....
Mikaheli Mweranda
Katedrale Regina Mundi
Umusi mukuru w'Isakramentu Ryeranda ingene wahimbajwe muri Paruwase Katedrale Regina Mundi16/6/2020 | Ababisomye 349 | Michel NIBITANGA «Ni isakramentu ry'agaheta kuko ari ryo Yezu yashimye kwishushanyamwo mu mukate n'umuvinyu. Yezu yabigize gutyo kubera urukundo adufitiye ngo dushobore kuza turamwihereza ataduteye ubwoba. Yabigize gu....
Mikaheli Mweranda
Katedrale Regina Mundi
Ugusozera umwaka w'ubutumwa w'2019 ushira 2020 ku bagize umugwi w'abihebeye Imana bakukira Paruwase Katedrale Regina Mundi12/6/2020 | Ababisomye 4915 | Michel NIBITANGA «Mwese ntimuzopfa urw'abamaratiri, ariko ku bw'indagano mwaraganiye Umukama, muhamagariwe kubaho mu bumaratiri bwa misi yose!», vyavuzwe na Patiri Modesto Todeschi, mu nyigisho yatanze kuri uwo mus....
WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)_12/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020 _ 10/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuva kw'igenekerezo rya 13 19 Mukakaro 2020
Ijambo ry'Umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume BUNYONI, Paroisse RUGAZI, 18/07/2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA

Aleluya, aleluya. 
Uwuzigama ijambo rya Kristu, muri we ni ho urukundo rw'Imana ruba rusasagaye. 
Aleluya. 
Ivyo dusoma mu Nkuru Nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Matayo (18, 21-19, 1)


Muri irya misi, 
Petero aregera Yezu amubaza ati: «Mukama, mugenzanje ancumuyeko, nzomurekurira kangahe? Gushika ku ndwi?»  Yezu na we ati: «Sinkubwiye gushika ku ndwi, ariko kugeza kuri mirongo indwi ku ndwi. 
Ni co gituma Ubwami bw'ijuru busa n'umwami yagomba kwishuza abasuku biwe. Ngo abe agitangura, bamuzanira uwari amuheraniye amatarenta ibihumbi cumi. Nya musuku ngo abure ico yishura, shebuja ategeka ko bamugurisha we n'umugore n'abana, be n'utwo atunze twose, abe yishuye rero ivyo aheranye. Nya musuku yikubita imbere yiwe, amutakambira ati: ?Mukama, ntenyenyera, nzokwishura ivyawe vyose.? Shebuja rero bimutera ikigongwe, aramurekura amuhebeye n'umwenda yari amufitiye.  
Uwo musuku ngo ave hano, ahura n'umwe muri bagenzibe amufitiye amadenariyo ijana. Aca amugwa mu kanigo, aramukamvya ati: ?Ishura ivyo uheranye vyose.? Uno na we aca aramupfukamira, aramutakambira ati: ?Ntenyenyera nzokwishura.? Uwundi na we aranka, mbere aca aja kumushirisha mu ngoyi, umwanya atarishura umwenda yariye. 
Bagenzibe ngo babibone, birabababaza cane, baca baja kwiganira shebuja ivyabaye. Na we aca aramuhamagaza, amubwira ati: ?Wa musuku w'inkozi y'ikibi, umwenda wose wari umfitiye nawukurekuriye kuko wantakambiye; none weho, ntube wagirira imbabazi mugenzawe nk'uko nanje nazikugiriye?? N'ishavu n'akantu, shebuja amurekurirako abantu biwe, baramuhuragura umwanya atarishura umwenda wiwe wose. 
Uko ni ko na Data ahanganye mw'ijuru azobagira nimutarekurira abandi bimwe bishemeye.»
Yezu ahejeje kuvuga ivyo yashaka kuvuga , ava mu Bugalile ija mu ntara z'Ubuyuda hakurya ya Yorodani. 
Baza ikibazo
Abari kumurongo : 17
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :