WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)_12/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 20 gushika 26 Mukakaro 2020 _ 14/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 20 gushika 26 Mukakaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 03 09 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Baza ikibazo

Ivyo dusoma mw'Ikete rya mbere Umutumwa Pawulo yandikiye Abanyakorenti (15, 20-27)


Kristu azoja imbere abatangurire, hanyuma abazoba bamwemeye bamukurikire


Ncuti zanje, Kristu yarazutse ava mu bapfuye, aba ari we abatangurira. Ko urupfu rwazanywe n'umuntu umwe, n'izuka ry'abapfuye rizanwa n'umuntu umwe.


Nk'uko abantu bose bapfa muri Adamu, ni ko abantu bose bazozuka muri Kristu. Mugabo umwe umwe wese azoronka ikibanza bakwiranye: Kristu azoja imbere abatangurire, hanyuma abazoba bamwemeye bamukurikire igihe azogarukira.


Hanyuma vyose bizorangira, aho azoshikiriza Se wiwe ya ngoma yamuha, mugabo abanje gutsinda Inganji zose, Ubukuru n'Ububasha. 


Kuko birakwiye ko ahangama ku ngoma gushika umusi azoba yatsinze abansi biwe bose. Umwansi yatsinze ubwanyuma ni Urupfu, kuko ariho azoba yatsinze vyose.


Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 13
Tanga
Ufashe Umuryango
Mikaheli Mweranda
Nyakabiga
Paruwase Nyakabiga, Innocent Nkurunziza ni we yatowe ngo arongore imivukano y'urwaruka mu muryango w'abanaguwe muri Mutima-Mweranda4/8/2020 | Ababisomye 203 | Michel NIBITANGA Ayo matora yitabwe n'abakristu 52 bo muri iyo mivukano, kuri 84 bari bitezwe, maze Innocent Nkurunziza aba ari we atorwa, abaye uwa mbere ku majwi 17, akurikirwa na Fleury Duval, icegera ciwe, yaronse....
Mikaheli Mweranda
Nyakabiga
Iyugururwa ry'indwi yahariwe urwaruka, inkumi n'imisore muri Paruwase Mukiza Mweranda yo mu Nyakabiga22/7/2020 | Ababisomye 151 | Michel NIBITANGA Inyigisho z'iyo ndwi zitangwa ku rwaruka rwo kuva ku myaka 12 gushika ku myaka 18, be no ku nkumi n'imisore, inyigisho yuguruwe iyo ndwi ikaba yatanzwe na Patiri Désiré Ninahazimana, ku civugo kigira ....
Mikaheli Mweranda
Nyakabiga
Ihimbazwa ry'Umunsi mukuru w'Umushaha mweranda wa Yezu muri Paruwase Mukiza Mweranda yo mu Nyakabiga25/6/2020 | Ababisomye 186 | Michel NIBITANGA Iyo nibutse Yezu Kristu, aho rwa rubavu barusogota agasesa amaraso n'amazi ngo anyiyegereze, iyo uwo musi ugeze, numva agahimbare ko kuza kumuninahaza ntiziganije, mu kugaragaza ka kanyamuneza na rwa ....
Mikaheli Mweranda
Nyakabiga
Uko umusi mukuru wa Pentekote wahimbajwe muri Paruwase Mukiza Mweranda yo mu Nyakabiga2/6/2020 | Ababisomye 6279 | Michel NIBITANGA Paruwase yo mu Nyakabiga yari yifatanije n'abahurikiye mu mugwi w'ukuninahaza Imana bari baramutse bahimbaza isabukuru ry'imyaka 25 uwo mugwi umaze utanguye ubutumwa bwawo mu Burundi....
Mikaheli Mweranda
Nyakabiga
Umugoroba ushira ijoro rya Pentekote wari umugoroba udasanzwe muri Paruwase Mukiza Mweranda: uko igisabisho c'imisi icenda casozerewe1/6/2020 | Ababisomye 188 | Michel NIBITANGA Harabayeho ukurungikwa mu butumwa kw'abasuku bashasha bagiye gusukurira umuryango w'abanaguwe muri Mutima Mweranda ku rwego rw'imivukano y'abato n'abakuze....
WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)_12/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 20 gushika 26 Mukakaro 2020 _ 14/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 20 gushika 26 Mukakaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 03 09 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA

Ivyo dusoma mw'Ikete rya mbere Umutumwa Pawulo yandikiye Abanyakorenti (15, 20-27)


Kristu azoja imbere abatangurire, hanyuma abazoba bamwemeye bamukurikire


Ncuti zanje, Kristu yarazutse ava mu bapfuye, aba ari we abatangurira. Ko urupfu rwazanywe n'umuntu umwe, n'izuka ry'abapfuye rizanwa n'umuntu umwe.


Nk'uko abantu bose bapfa muri Adamu, ni ko abantu bose bazozuka muri Kristu. Mugabo umwe umwe wese azoronka ikibanza bakwiranye: Kristu azoja imbere abatangurire, hanyuma abazoba bamwemeye bamukurikire igihe azogarukira.


Hanyuma vyose bizorangira, aho azoshikiriza Se wiwe ya ngoma yamuha, mugabo abanje gutsinda Inganji zose, Ubukuru n'Ububasha. 


Kuko birakwiye ko ahangama ku ngoma gushika umusi azoba yatsinze abansi biwe bose. Umwansi yatsinze ubwanyuma ni Urupfu, kuko ariho azoba yatsinze vyose.


Baza ikibazo
Abari kumurongo : 13
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :