WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)_05/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(13-19 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuva kw'igenekerezo rya 13 19 Mukakaro 2020 _ 03/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuva kw'igenekerezo rya 13 19 Mukakaro 2020
Ijambo ry'Umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume BUNYONI, Paroisse RUGAZI, 18/07/2020
Paroisse Kamenge yaratunganije HARAMBE (Twubake Paroisse yacu)
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Baza ikibazo

Aleluya, aleluya.
Uwunkuririra ntazogendera mu mwijima, azoronka riho umuco w'ubuzima.
Aleluya.
Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Yohani (12, 24-26)


Muri irya misi, 
Yezu yabwiye abigishwa biwe ati: «Ni ukuri, ni ukuri ndabibabwiye, urutete rw'ingano rutaguye mw'ivu ngo rupfe, ruguma ari rwa rundi, nayo rupfuye rwera vyinshi. Uwukunda ubuzima bwiwe aba ariko arabutakaza, nayo uwanka ubuzima bwiwe kuri iyi si aba abuzigamiye ubuzima budahera. Uwushaka kunkorera n'ankurikire; bitayeko aho ndi, ni ho n'uwunkorera azoba. Uwunkorera Dawe azomutera iteka.»


Ivyo dusoma mu Nkuru Nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Luka (1, 26-38)


Mwaramutse, wewe wuzuye inema, Umukama muri kumwe
Umusi umwe,
Umumarayika Gaburiyeli yatumwe n'Imana mu gisagara c'i Bugalile citwa Nazareti ku mwigeme yari yasabwe n'umuntu yitwa Yozefu, wo mu muryango wa Dawudi; nya mwigeme na we yitwa Mariya.
Nya mumarayika arinjira amubwira ati: «Mwaramutse, wewe wuzuye inema, Umukama muri kumwe.» Mariya ngo avyumve, agwa mu gahundwe, yibaza ico iyo ndamutso ivuyeko.
Nya mumarayika yamara aramubwira ati: «Humura, Mariya, warashimwe n'Imana. Uza gusama imbanyi, uze uyivyaremwo umuhungu, uzomwita Yezu. Azoba mukuru kandi azokwitwa Umwana w'Uwo mw'ijuru. Umukama Mana azomuha ingoma ya se wiwe Dawudi; azogaba igihugu ca Yakobo imyaka yose, n'inganji yiwe ntizohera.»
Mariya na we abaza nya mumarayika ati: «Ivyo bizoshoboka bite ko ntari bumenye umugabo?» Umumarayika aramwishura ati: «Mutima Mweranda azokuzako, maze ububasha bw'Uwo mw'ijuru bugutwikire. Ni co gituma uwo uzokwibaruka azoba mweranda kandi akitwa Mwene Mana. 
Mbere na Elizabeti, incuti yawe, aheruka gusama imbanyi y'umuhungu mu busaza, kandi uku kwezi kugira gatandatu, n'aho bahora bamwita ingumba, kuko atakinanira Imana.»
Mariya ati: «Jewe ndi umusavyi w'Umukama; nibimbere uko ubivuze.» Nya mumarayika aca arigira. 


Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 15
Tanga
Ufashe Umuryango
Buhonga
Karinzi
Umugwi w'abaririmbiramana «Sengumuremyi-A» witiriwe umweranda Sisiriya bo kw'ishure rya Kinonko muri Paruwase Karinzi warahimbaje yubile y'imyaka 2529/5/2020 | Ababisomye 50 | Michel NIBITANGA Mwarimu Apollinaire Hafashimana, ku bw'ishure-tabariro rya Kinonko, yarashimiye abaririmbiramana bo muri uwo mugwi wahimbaje yubile ku kuntu bitanga mu kurangura ubutumwa bajejwe no mu guteza imbere i....
Buhonga
Karinzi
Ico ihimbazwa ryumusi w'Imana w'ibisandasanda n'ukubabara kw'Umukama wacu Yezu Kristu ryigishije abakristu bo muri Paruwase Karinzi9/4/2020 | Ababisomye 804 | Michel NIBITANGA Abari bitavye iyo misa barabwiwe imigwi itandukanye y'abavugwa mu Nkuru Nziza, mu kuyizirikakano basabwa kwirinda inyifato zimwe zimwe ngo ntibazomere nka Yuda ngo «Iyo tumenya...!»....
Buhonga
Karinzi
IHIMBAZWA IGITERAMO CA PASIKA MURI PARUWASI KARINZI1/5/2019 | Ababisomye 2651 | Michel NIBITANGA Abakatekumeni 225 baranaronse n'isakaramentu y'ibatisimu....
Buhonga
Karinzi
Ihimbazwa ry'umusi mukuru w'ibisandasanda, ukubabara n'ugupfa vy'Umukama wacu yezu Kristu muri Paruwase Karinzi23/4/2019 | Ababisomye 310 | Michel NIBITANGA Patiri mukuru wa paruwase, Patiri Severino BUTOYI, ni we yarongoye inkuka ya misa, aba ari na we ahezagira ibisandasanda....
Buhonga
Karinzi
Ihimbazwa rya yubile y'imyaka 50 muri Paruwase Karinzi07/08/2018 | Ababisomye 544 | Michel NIBITANGA Kuri uyu musi wa yubile, murahejeje kwinjira isengero mwiyubakiye, ariko haracari ikindi mugikeneye kubandanya mwubaka; kwubaka imitima ya bene wanyu, kwubakana, gutezanya imbere, kugendera ubuntu n'u....
WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)_05/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(13-19 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuva kw'igenekerezo rya 13 19 Mukakaro 2020 _ 03/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuva kw'igenekerezo rya 13 19 Mukakaro 2020
Ijambo ry'Umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume BUNYONI, Paroisse RUGAZI, 18/07/2020
Paroisse Kamenge yaratunganije HARAMBE (Twubake Paroisse yacu)
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA

Aleluya, aleluya.
Uwunkuririra ntazogendera mu mwijima, azoronka riho umuco w'ubuzima.
Aleluya.
Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Yohani (12, 24-26)


Muri irya misi, 
Yezu yabwiye abigishwa biwe ati: «Ni ukuri, ni ukuri ndabibabwiye, urutete rw'ingano rutaguye mw'ivu ngo rupfe, ruguma ari rwa rundi, nayo rupfuye rwera vyinshi. Uwukunda ubuzima bwiwe aba ariko arabutakaza, nayo uwanka ubuzima bwiwe kuri iyi si aba abuzigamiye ubuzima budahera. Uwushaka kunkorera n'ankurikire; bitayeko aho ndi, ni ho n'uwunkorera azoba. Uwunkorera Dawe azomutera iteka.»


Ivyo dusoma mu Nkuru Nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Luka (1, 26-38)


Mwaramutse, wewe wuzuye inema, Umukama muri kumwe
Umusi umwe,
Umumarayika Gaburiyeli yatumwe n'Imana mu gisagara c'i Bugalile citwa Nazareti ku mwigeme yari yasabwe n'umuntu yitwa Yozefu, wo mu muryango wa Dawudi; nya mwigeme na we yitwa Mariya.
Nya mumarayika arinjira amubwira ati: «Mwaramutse, wewe wuzuye inema, Umukama muri kumwe.» Mariya ngo avyumve, agwa mu gahundwe, yibaza ico iyo ndamutso ivuyeko.
Nya mumarayika yamara aramubwira ati: «Humura, Mariya, warashimwe n'Imana. Uza gusama imbanyi, uze uyivyaremwo umuhungu, uzomwita Yezu. Azoba mukuru kandi azokwitwa Umwana w'Uwo mw'ijuru. Umukama Mana azomuha ingoma ya se wiwe Dawudi; azogaba igihugu ca Yakobo imyaka yose, n'inganji yiwe ntizohera.»
Mariya na we abaza nya mumarayika ati: «Ivyo bizoshoboka bite ko ntari bumenye umugabo?» Umumarayika aramwishura ati: «Mutima Mweranda azokuzako, maze ububasha bw'Uwo mw'ijuru bugutwikire. Ni co gituma uwo uzokwibaruka azoba mweranda kandi akitwa Mwene Mana. 
Mbere na Elizabeti, incuti yawe, aheruka gusama imbanyi y'umuhungu mu busaza, kandi uku kwezi kugira gatandatu, n'aho bahora bamwita ingumba, kuko atakinanira Imana.»
Mariya ati: «Jewe ndi umusavyi w'Umukama; nibimbere uko ubivuze.» Nya mumarayika aca arigira. 


Baza ikibazo
Abari kumurongo : 15
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :