WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nlkuru ya Bujumbura
(16-22 Ntwarante 2020)_27/03/2020
Amakuru ya Diyoseze Nlkuru ya Bujumbura
(16-22 Ntwarante 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(9-15 Ntwarante 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(2-8 Ntwarante 2020)
Inyifato y'Umumenyeshamakuru w'umukirisu mu gushikiriza inkuru _ 03/04/2020
Inyifato y'Umumenyeshamakuru w'umukirisu mu gushikiriza inkuru
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(9-15 Ntwarante 2020)
Abashikirijwe ibitabo vy'amateka ya Dioyoseze nkuru ya Bujumbura
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Baza ikibazo

Ijambo ryawe ni ukuri, Mukama, 
itegeko ryawe naryo ni ubukiriro. 


Ng'iki igihe kiroranye,
ng'uwo umusi w'ubukiriro. 


Ijambo ryawe ni ukuri, Mukama, 
tegeko ryawe naryo ni ubukiriro. 


Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Yohani (10, 31-42)


Mu misi mikuru y'uguhezagira isengero, Yezu yahora agendagenda mu Ngoro y'Imana. Abayuda basubira gutora amabuye ngo bayamwicishe. Yezu ababwira ati: «Narakoze mu maso yanyu ibikorwa vyiza ntumwe na Data. Muri ivyo, ico munterera amabuye ni ikihe?» Abayuda bamwishura bati: «Igikorwa ciza si co kidutuma kugutera amabuye, ariko ni uko ututse Imana. Uri umuntu asanzwe, none wigize Imana.» Yezu arasubira ati: «Mbega mw'Itegeko ryanyu ntihanditswe ngo: ?Navuze nti: muri imana?? Ni ryaba Itegeko ryita imana ababwirwa ijambo ry'Imana, Ivyanditswe Vyeranda na vyo bikaba bidashobora gukurwaho, muri bwagirize mute ugutuka Imana uwo Data yatagatifuje akamurungika kw'isi, kuko navuze nti: ?Ndi Umwana w'Imana?? Usangwa ntakora ibikorwa vya Data, reke kunyemera. Ninaba ndabikora ho, n'aho mutoba mushaka kunyemera, nimwemere ivyo bikorwa, mushobore kumenya no gutegera ko Data ari muri Jewe nanje nkaba muri Data.» Ngo bavyumve, basubira kugeza kumufata, ariko abaca mu minwe. 
Arahava asubira hakurya ya Yorodani, aho Yohani yari yabanje kubatiriza, aba ari ho aguma. Benshi baraza kumuraba bavuga bati: «Yohani nta kimenyetso yakoze, ariko ivyo Yohani yamuvuzeko vyose vyari ivy'ukuri.» Benshi rero baramwemera. 
 


Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 51
Tanga
Ufashe Umuryango
Mikaheli Mweranda
Saint Michel
Paruwase Mikaheli Mweranda, Abafurera Bene Yozefu mu birori vy'ukwigina umuvunyi wabo, Yozefu Mweranda24/3/2020 | Ababisomye 84 | Michel NIBITANGA Kari akanyamuneza, kuko hariho n'ababakristu b'abalayike bagize indagano zabo nk'abagenzi b'inkoramutima b'abafurera Bene Yozefu.....
Ingo n'Imiryango
Saint Michel
Amafungo y'ikarema ku bari mu migwi ijejwe ubutumwa bw'ingo n'Imiryango yo mu Paruwase agize intara z'ubutumwa za Gihosha na Mikaheli Mweranda11/3/2020 | Ababisomye 1322 | Michel NIBITANGA Imigwi itandukanye yari yararitswe muri uwo mwiherero ni abunganirango, abigisha abageni, abigisha uburyo bwemewe n'Ekleziya bw'ugutunganya imvyaro, hamwe n'abize ubwo buryo bw'ugutandukanya imvyaro k....
Mikaheli Mweranda
Saint Michel
Paruwase Mikaheli Mweranda, abaririmbiramana bo mu mugwi w'urwaruka barahimbaje isabukuru yabo y'imyaka 202/3/2020 | Ababisomye 105 | Michel NIBITANGA Kabaye n'akaryo k'ukwipfurizanya umwaka mushasha mwiza w'2020....
Mikaheli Mweranda
Saint Michel
Abana bashika 130 bavyiteguriye bahabwa urusangi rwa mbere muri Paruwase Mikaheli Mweranda18/2/2020 | Ababisomye 320 | Michel NIBITANGA Iryo sakramentu ry'Ukaristiya ryatanzwe mu gisabisho c'Inkuka ya Misa yari irongowe na Patiri Léonard Nimbona, ahagatiwe n'Abasaserdoti indwi....
Mikaheli Mweranda
Saint Michel
Paruwase Mikaheli Mweranda yarakiriye abashitsi, abaririmbiramana bo mu mugwi "TURANINAHAZIMANA", mu Kavumu ka Paruwase Muramvya11/2/2020 | Ababisomye 856 | Michel NIBITANGA Abo baririmbiramana barashimiye Imana ku vyiza bagabanye, na cane cane ko Patiri Léonard Nimbona yabaye umuririmbiramana muri uwo mugwi "TURANINAHAZIMANA", bongera bararamukanya na Patiri Egide Nzeyim....
WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nlkuru ya Bujumbura
(16-22 Ntwarante 2020)_27/03/2020
Amakuru ya Diyoseze Nlkuru ya Bujumbura
(16-22 Ntwarante 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(9-15 Ntwarante 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(2-8 Ntwarante 2020)
Inyifato y'Umumenyeshamakuru w'umukirisu mu gushikiriza inkuru _ 03/04/2020
Inyifato y'Umumenyeshamakuru w'umukirisu mu gushikiriza inkuru
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(9-15 Ntwarante 2020)
Abashikirijwe ibitabo vy'amateka ya Dioyoseze nkuru ya Bujumbura
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA

Ijambo ryawe ni ukuri, Mukama, 
itegeko ryawe naryo ni ubukiriro. 


Ng'iki igihe kiroranye,
ng'uwo umusi w'ubukiriro. 


Ijambo ryawe ni ukuri, Mukama, 
tegeko ryawe naryo ni ubukiriro. 


Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Yohani (10, 31-42)


Mu misi mikuru y'uguhezagira isengero, Yezu yahora agendagenda mu Ngoro y'Imana. Abayuda basubira gutora amabuye ngo bayamwicishe. Yezu ababwira ati: «Narakoze mu maso yanyu ibikorwa vyiza ntumwe na Data. Muri ivyo, ico munterera amabuye ni ikihe?» Abayuda bamwishura bati: «Igikorwa ciza si co kidutuma kugutera amabuye, ariko ni uko ututse Imana. Uri umuntu asanzwe, none wigize Imana.» Yezu arasubira ati: «Mbega mw'Itegeko ryanyu ntihanditswe ngo: ?Navuze nti: muri imana?? Ni ryaba Itegeko ryita imana ababwirwa ijambo ry'Imana, Ivyanditswe Vyeranda na vyo bikaba bidashobora gukurwaho, muri bwagirize mute ugutuka Imana uwo Data yatagatifuje akamurungika kw'isi, kuko navuze nti: ?Ndi Umwana w'Imana?? Usangwa ntakora ibikorwa vya Data, reke kunyemera. Ninaba ndabikora ho, n'aho mutoba mushaka kunyemera, nimwemere ivyo bikorwa, mushobore kumenya no gutegera ko Data ari muri Jewe nanje nkaba muri Data.» Ngo bavyumve, basubira kugeza kumufata, ariko abaca mu minwe. 
Arahava asubira hakurya ya Yorodani, aho Yohani yari yabanje kubatiriza, aba ari ho aguma. Benshi baraza kumuraba bavuga bati: «Yohani nta kimenyetso yakoze, ariko ivyo Yohani yamuvuzeko vyose vyari ivy'ukuri.» Benshi rero baramwemera. 
 


Baza ikibazo
Abari kumurongo : 51
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :