HORAIRE DES MESSESWEB TVWEB RADIO
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi _ 14/11/2019
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi
#opmspecial2019 IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA Pascal NYABENDA arongoye INAMA NSHINGAMATEKA
#opmspecial2019 IJAMBO RY'UMUKURU W'INAMA Y'ABEPISIKOPI KATOLIKA
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)_16/01/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(30/12/2019 - 05/01/2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
( 16-23 Kigarama 2019)
Baza ikibazo

Aleluya, aleluya. 
Nimwakirize yompi ijambo ry'Imana, ntimuryakire nk'ijambo ry'abantu, kuko ari Imana yo nyene ibayagira. 
Aleluya.
Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Mariko (2, 23-28) 


Umusi umwe, hari kw'isabato, Yezu aca mu mirima y'ingano, abigishwa biwe na bo habita baraha udushishi twazo. Abafarizayo rero bamubarira bati: «Ehe raba! Ni kuki bakora ikizira ku musi w'isabato?»  Yezu na we abishura ati: «Ntimwigeze musoma ivyo Dawudi yakoze igihe yari yaburaniwe, ashonje, we n'abo bari kumwe? Yarinjiye mu ngoro y'Imana, hari mu gihe c'umuherezankuka mukuru Abiyatari, arya imikate y'imperezwa kandi abaherezankuka ari bo basa bashobora kuyirya, arongera ayigaburira abagenzi biwe.»  Hanyuma ati: «Isabato yagiriwe abantu, abantu si bo baremewe isabato. Ni co gituma Umwana w'umuntu aganza n'isabato nyene.» 


Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 6
Tanga
Ufashe Umuryango
1
Muramvya
Muramvya
kw'ishule rya Kirinzi muri Paruwase Muramvya, umwihwezo w'aho ibikorwa vy'ukwubaka ingoro y'Imana bigeze19/12/2019 | Ababisomye 970 | Webmaster du CEDICOM Intumbero uwo mwihwezo yari iy'ukugira ngo abakristu b'iyo Paruwase batere intambwe ikwirikira, basozere urwubako rw'ingoro y'Imana batanguye muri ico kibanza....
Muramvya
Muramvya
Mu mugwi «Magnificat» w'abaririmbiramana bo muri Paruwase Muramvya baragenderewe n'abo mu Gishingano ca Kamenge9/10/2019 | Ababisomye 885 | Webmaster du CEDICOM Uwurongoye umugwi «Mukiza Mweranda» amenyesha ko bashatse kurondera umuvukano, na rirya Paruwase Muramvya ihana urubibe na Komine Isale, ari na yo irimwo ico gisata ca Gishingano....
Muramvya
Paruwase Muramvya yarakiriye mu mubano w'abasaserdoti, Patiri Thierry NSHIMIRIMANA yarungitsweyo ngo basangire ubutumwa12/9/2019 | Ababisomye 202 | Webmaster du CEDICOM Patiri Thierry Nshimirimana yashitse ngaho i Muramvya aherekejwe n'abakristu benshi n'abasaserdoti bo muri Paruwase Munanira na Paruwase nshasha ya Gasura, aho yahora arangurira ubutumwa....
Muramvya
Muramvya
Patiri Mélance IRAMBONA yarasezeye ku bakristu bahorana, muri Paruwase Muramvya21/6/2019 | Ababisomye 259 | Webmaster du CEDICOM Mu gihe Patiri Mélance IRAMBONA agiye kubandanya ivyigwa mu gihugu c'Ubutaliyano, mu bamusezeye, turetse abo bakristu, hari haje abasaserdoti bo mu ma Paruwase mabanyi....
Muramvya
Muramvya
Muri Paruwase ya Muramvya, abakristu benshi cane bari bitavye igiteramo ca pasika22/4/2019 | Ababisomye 139 | Webmaster du CEDICOM Mu nsiguro yatanze, Patiri Mélance IRAMBONA yahamagariye abakristu bose ko bokwama bizigiye Umukama, kuko atayaga amasigaracicaro....
1
HORAIRE DES MESSESWEB TVWEB RADIO
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi _ 14/11/2019
Igiteramo c'indirimbo n'imico ndangakaranga, kuri uyu wa 17 Munyonyo 2019, muri Paruwase yitiriwe umweranda Augustino yo mu Buyenzi
#opmspecial2019 IJAMBO RYA NYAKWUBAHWA Pascal NYABENDA arongoye INAMA NSHINGAMATEKA
#opmspecial2019 IJAMBO RY'UMUKURU W'INAMA Y'ABEPISIKOPI KATOLIKA
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)_16/01/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(6-12 Nzero 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(30/12/2019 - 05/01/2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
( 16-23 Kigarama 2019)

Aleluya, aleluya. 
Nimwakirize yompi ijambo ry'Imana, ntimuryakire nk'ijambo ry'abantu, kuko ari Imana yo nyene ibayagira. 
Aleluya.
Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Mariko (2, 23-28) 


Umusi umwe, hari kw'isabato, Yezu aca mu mirima y'ingano, abigishwa biwe na bo habita baraha udushishi twazo. Abafarizayo rero bamubarira bati: «Ehe raba! Ni kuki bakora ikizira ku musi w'isabato?»  Yezu na we abishura ati: «Ntimwigeze musoma ivyo Dawudi yakoze igihe yari yaburaniwe, ashonje, we n'abo bari kumwe? Yarinjiye mu ngoro y'Imana, hari mu gihe c'umuherezankuka mukuru Abiyatari, arya imikate y'imperezwa kandi abaherezankuka ari bo basa bashobora kuyirya, arongera ayigaburira abagenzi biwe.»  Hanyuma ati: «Isabato yagiriwe abantu, abantu si bo baremewe isabato. Ni co gituma Umwana w'umuntu aganza n'isabato nyene.» 


Baza ikibazo
Abari kumurongo : 6
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :