WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)_12/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 20 gushika 26 Mukakaro 2020 _ 14/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 20 gushika 26 Mukakaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 03 09 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Baza ikibazo

Ivyo dusoma mw'Ikete rya mbere Umutumwa Pawulo yandikiye Abanyakorenti (15, 20-27)


Kristu azoja imbere abatangurire, hanyuma abazoba bamwemeye bamukurikire


Ncuti zanje, Kristu yarazutse ava mu bapfuye, aba ari we abatangurira. Ko urupfu rwazanywe n'umuntu umwe, n'izuka ry'abapfuye rizanwa n'umuntu umwe.


Nk'uko abantu bose bapfa muri Adamu, ni ko abantu bose bazozuka muri Kristu. Mugabo umwe umwe wese azoronka ikibanza bakwiranye: Kristu azoja imbere abatangurire, hanyuma abazoba bamwemeye bamukurikire igihe azogarukira.


Hanyuma vyose bizorangira, aho azoshikiriza Se wiwe ya ngoma yamuha, mugabo abanje gutsinda Inganji zose, Ubukuru n'Ububasha. 


Kuko birakwiye ko ahangama ku ngoma gushika umusi azoba yatsinze abansi biwe bose. Umwansi yatsinze ubwanyuma ni Urupfu, kuko ariho azoba yatsinze vyose.


Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 13
Tanga
Ufashe Umuryango
12
Abasaserdoti bacu
Mont Sion Gikungu
Inkuka ya misa y'ugusezera rukristu umuhisi Régine NIWEBASA batazira Mamy, umuvyeyi wa Musenyeri Jean-Louis NAHIMANA26/11/2019 | Ababisomye 952 | Michel NIBITANGA Régine NIWEBASA yitavye uwamuremye ku wa kabiri igenekerezo rya 19 Munyonyo 2019, acikanira iruhande y'Ukaristiya, ariko avuga nka ya majambo ya Yezu ku Musalaba, ati: «Mana, ndaguhaye umutima wanje n....
Gihosha
Mont Sion Gikungu
Ubutumire mu nkuka y'imisa y'ubukengurutsi, ku gasengero ka Bikira Mariya ku Musozi Siyoni mu Gikungu8/11/2019 | Ababisomye 273 | Michel NIBITANGA Iyo nkuka y imisa itegekanijwe ejo ku wa gatandatu itariki 9/11/2019....
Abadiyakoni
Mont Sion Gikungu
Itangwa ry'igice c'ubudiyakoni bushira ubusaserdoti ku musozi Siyoni mu Gikungu23/10/2019 | Ababisomye 1187 | Michel NIBITANGA Bahejeje guhabwa na Musenyeri Gerevazi BANSHIMIYUBUSA ico gice c'ubudiyakoni bushira ubusaserdoti, barashimiye Imana yo yabitoreye ngo bayihebere baciye mu muryango w'apatiri b'aba Schoenstatt....
Gihosha
Mont Sion Gikungu
Ihimbazwa rya yubile y'imyaka 25 y'agasengero k'Umuvyeyi Bikira Mariya ko ku musozi Siyoni mu Gikungu23/10/2019 | Ababisomye 1013 | Michel NIBITANGA Uwavuze mw'izina ry'Abapatiri b'aba Schoenstatt yaribukije akamaro k'Agasengero, n'ibintu bitatu ibigize urugori mu gasengero:ingoma, ikimenyetso c'umwami, intango, ikimenyetso c'ukunywana, n'impeta z....
Ubutumwa bw'abalayike
Mont Sion Gikungu
Urugendo rweranda kumwe n'Umuvyeyi Bikira Mariya ku Musozi Siyoni mu Gikungu20/10/2019 | Ababisomye 376 | Michel NIBITANGA Baraye mu giteramo c'ijoro ryose, bari kumwe n'Umuvyeyi Bikira Mariya, bumviriza inyigisho, bashengerera Yezu mw'Ukaristiya....
12
WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)_12/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 20 gushika 26 Mukakaro 2020 _ 14/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 20 gushika 26 Mukakaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura ku va kw'igenekerezo rya 03 09 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA

Ivyo dusoma mw'Ikete rya mbere Umutumwa Pawulo yandikiye Abanyakorenti (15, 20-27)


Kristu azoja imbere abatangurire, hanyuma abazoba bamwemeye bamukurikire


Ncuti zanje, Kristu yarazutse ava mu bapfuye, aba ari we abatangurira. Ko urupfu rwazanywe n'umuntu umwe, n'izuka ry'abapfuye rizanwa n'umuntu umwe.


Nk'uko abantu bose bapfa muri Adamu, ni ko abantu bose bazozuka muri Kristu. Mugabo umwe umwe wese azoronka ikibanza bakwiranye: Kristu azoja imbere abatangurire, hanyuma abazoba bamwemeye bamukurikire igihe azogarukira.


Hanyuma vyose bizorangira, aho azoshikiriza Se wiwe ya ngoma yamuha, mugabo abanje gutsinda Inganji zose, Ubukuru n'Ububasha. 


Kuko birakwiye ko ahangama ku ngoma gushika umusi azoba yatsinze abansi biwe bose. Umwansi yatsinze ubwanyuma ni Urupfu, kuko ariho azoba yatsinze vyose.


Baza ikibazo
Abari kumurongo : 13
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :