WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)_12/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020 _ 10/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuva kw'igenekerezo rya 13 19 Mukakaro 2020
Ijambo ry'Umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume BUNYONI, Paroisse RUGAZI, 18/07/2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA
Baza ikibazo

Aleluya, aleluya. 
Uwuzigama ijambo rya Kristu, muri we ni ho urukundo rw'Imana ruba rusasagaye. 
Aleluya. 
Ivyo dusoma mu Nkuru Nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Matayo (18, 21-19, 1)


Muri irya misi, 
Petero aregera Yezu amubaza ati: «Mukama, mugenzanje ancumuyeko, nzomurekurira kangahe? Gushika ku ndwi?»  Yezu na we ati: «Sinkubwiye gushika ku ndwi, ariko kugeza kuri mirongo indwi ku ndwi. 
Ni co gituma Ubwami bw'ijuru busa n'umwami yagomba kwishuza abasuku biwe. Ngo abe agitangura, bamuzanira uwari amuheraniye amatarenta ibihumbi cumi. Nya musuku ngo abure ico yishura, shebuja ategeka ko bamugurisha we n'umugore n'abana, be n'utwo atunze twose, abe yishuye rero ivyo aheranye. Nya musuku yikubita imbere yiwe, amutakambira ati: ?Mukama, ntenyenyera, nzokwishura ivyawe vyose.? Shebuja rero bimutera ikigongwe, aramurekura amuhebeye n'umwenda yari amufitiye.  
Uwo musuku ngo ave hano, ahura n'umwe muri bagenzibe amufitiye amadenariyo ijana. Aca amugwa mu kanigo, aramukamvya ati: ?Ishura ivyo uheranye vyose.? Uno na we aca aramupfukamira, aramutakambira ati: ?Ntenyenyera nzokwishura.? Uwundi na we aranka, mbere aca aja kumushirisha mu ngoyi, umwanya atarishura umwenda yariye. 
Bagenzibe ngo babibone, birabababaza cane, baca baja kwiganira shebuja ivyabaye. Na we aca aramuhamagaza, amubwira ati: ?Wa musuku w'inkozi y'ikibi, umwenda wose wari umfitiye nawukurekuriye kuko wantakambiye; none weho, ntube wagirira imbabazi mugenzawe nk'uko nanje nazikugiriye?? N'ishavu n'akantu, shebuja amurekurirako abantu biwe, baramuhuragura umwanya atarishura umwenda wiwe wose. 
Uko ni ko na Data ahanganye mw'ijuru azobagira nimutarekurira abandi bimwe bishemeye.»
Yezu ahejeje kuvuga ivyo yashaka kuvuga , ava mu Bugalile ija mu ntara z'Ubuyuda hakurya ya Yorodani. 
Tanga
Ufashe Umuryango
Iyindi mirongo
Abari kumurongo : 21
Tanga
Ufashe Umuryango
1
Gihosha
Gatumba
Ni iki catumye muri Paruwase Gatumba igitigiri c'abakomejwe muri Mutima Mweranda kigabanuka ku bari biteguye?4/6/2020 | Ababisomye 62 | Michel NIBITANGA Mu gihe abari bitezwe guhabwa iryo sakramentu bagera kuri 212, ico gitigiri nticashitse, ku mvo z'uko bamwe mu bari bariteguye vyahuriranye n'uko bari barahunze imyuzurira y'amazi yateye mu Gatumba....
Abasaserdoti bacu
Gatumba
Uko Patiri Lambert Niciteretse yahimbarije yubile yiwe y'imyaka 50 y'amavuka muri Paruwase yo mu Gatumba22/5/2020 | Ababisomye 73 | Michel NIBITANGA Ibirori vy'iyo yubile yiwe yabihimbarije kw'ishure-tabariro ryo mu Rukaramu, mu Nkuka y'imisa, yibuka igenekerezo rya 15 Rusama 1970, aho yavuka....
Gatumba
Abakristu bo muri Paruwase Gatumba mu ndwi yahariwe ibikorwa vy'ugusahiriza mu mibereho y'aboro bo mu kibano cabo8/9/2019 | Ababisomye 191 | Michel NIBITANGA Aboro batatu ni bo bagomba bubakirwe, bakaba ari abatowe mu mibano mito rukristu yo mu Rukaramu, hisuzwe ko badafise uburaro bwabo bwite....
Mikaheli Mweranda
Gatumba
Abakristu bo muri Paruwase yo mu Gatumba bariko begeranya uburyo bwo kwubaka Isengero nshasha ya Sikirisale ya Kinyinya9/4/2019 | Ababisomye 234 | Michel NIBITANGA Iyo ntererano yatanzwe n'imibano rukristu, abari mu mihari n'imigwi y'ubutumwa, abajenama, n'abashitsi bari basengeye ngaho uwo musi; harabonetse kandi n'abagize ico biyemeza....
Ubuzima bwihevyi
Gatumba
IHIMBAZWA RY'UMUSI WAHARIWE UBUZIMA BW'ABIHEBEYE IMANA MURI VIKARIYA YA BUJUMBURA4/2/2019 | Ababisomye 521 | Michel NIBITANGA «Uyu musi ni uwanyu, twashikanwe ngaha n'ukubasabira kugira ngo mukomere kuri iryo banga mwemeye» (Musenyeri Gerevasi Banshimiyubusa)....
1
WEB RADIOWEB TVHORAIRE DES MESSES
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)_12/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(3-9 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(27 Mukakaro-2 Myandagaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura
(20-26 Mukakaro 2020)
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020 _ 10/08/2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuwa 27 Mukakaro - 2 Myandagaro 2020
Amakuru ya Diyoseze Nkuru ya Bujumbura yo kuva kw'igenekerezo rya 13 19 Mukakaro 2020
Ijambo ry'Umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume BUNYONI, Paroisse RUGAZI, 18/07/2020
Amasaha y'Inkuka za Misa no Gushengerera
I. VICARIAT BUJUMBURA
01. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
02. PAROISSE SAINT MICHEL
03. PAROISSE BUTERERE
04. PAROISSE BUYENZI
05. PAROISSE GATUMBA
06. PAROISSE GIHOSHA
07. PAROISSE KAMENGE
08. PAROISSE KANYOSHA
09. PAROISSE KINAMA
10. PAROISSE KININDO
11. PAROISSE MUSAGA
12. PAROISSE ESPRIT DE SAGESSE
13. PAROISSE NGAGARA
14. PAROISSE NYAKABIGA
15. PAROISSE RUZIBA
16. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
17. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
18. AUMÔNERIE DE LA POLICE
19. CENTRE JEUNES KAMENGE
20. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
II. VICARIAT BUHONGA
01. PARUWASE BUHONGA
02. PARUWASE JENDA
03. PARUWASE KARINZI
04. PARUWASE MAGARA
05. PARUWASE MATARA
06. PARUWASE MAYUYU
07. PARUWASE MUBIMBI
08. PARUWASE MUTUMBA
09. PARUWASE RUGAZI
10. PARUWASE RUSHUBI
III. VICARIAT MURAMVYA
01. PAROISSE BUKEYE
02. PAROISSE BUKWAVU
03. PAROISSE BUZIRACANDA
04. PAROISSE KIGANDA
05. PAROISSE KIVOGA
06. PAROISSE MUNANIRA
07. PAROISSE MURAMVYA
08. PAROISSE RYARUSERA

Aleluya, aleluya. 
Uwuzigama ijambo rya Kristu, muri we ni ho urukundo rw'Imana ruba rusasagaye. 
Aleluya. 
Ivyo dusoma mu Nkuru Nziza ya Yezu Kristu nk'uko yashikirijwe na Matayo (18, 21-19, 1)


Muri irya misi, 
Petero aregera Yezu amubaza ati: «Mukama, mugenzanje ancumuyeko, nzomurekurira kangahe? Gushika ku ndwi?»  Yezu na we ati: «Sinkubwiye gushika ku ndwi, ariko kugeza kuri mirongo indwi ku ndwi. 
Ni co gituma Ubwami bw'ijuru busa n'umwami yagomba kwishuza abasuku biwe. Ngo abe agitangura, bamuzanira uwari amuheraniye amatarenta ibihumbi cumi. Nya musuku ngo abure ico yishura, shebuja ategeka ko bamugurisha we n'umugore n'abana, be n'utwo atunze twose, abe yishuye rero ivyo aheranye. Nya musuku yikubita imbere yiwe, amutakambira ati: ?Mukama, ntenyenyera, nzokwishura ivyawe vyose.? Shebuja rero bimutera ikigongwe, aramurekura amuhebeye n'umwenda yari amufitiye.  
Uwo musuku ngo ave hano, ahura n'umwe muri bagenzibe amufitiye amadenariyo ijana. Aca amugwa mu kanigo, aramukamvya ati: ?Ishura ivyo uheranye vyose.? Uno na we aca aramupfukamira, aramutakambira ati: ?Ntenyenyera nzokwishura.? Uwundi na we aranka, mbere aca aja kumushirisha mu ngoyi, umwanya atarishura umwenda yariye. 
Bagenzibe ngo babibone, birabababaza cane, baca baja kwiganira shebuja ivyabaye. Na we aca aramuhamagaza, amubwira ati: ?Wa musuku w'inkozi y'ikibi, umwenda wose wari umfitiye nawukurekuriye kuko wantakambiye; none weho, ntube wagirira imbabazi mugenzawe nk'uko nanje nazikugiriye?? N'ishavu n'akantu, shebuja amurekurirako abantu biwe, baramuhuragura umwanya atarishura umwenda wiwe wose. 
Uko ni ko na Data ahanganye mw'ijuru azobagira nimutarekurira abandi bimwe bishemeye.»
Yezu ahejeje kuvuga ivyo yashaka kuvuga , ava mu Bugalile ija mu ntara z'Ubuyuda hakurya ya Yorodani. 
Baza ikibazo
Abari kumurongo : 21
Archidiocèse y'i Bujumbura
Gihosha
Tél : 22 23 14 76
Centre Diocésain de Communication
CEDICOM
B.P. 690 Bujumbura
Tél. : 22 22 05 00
E-mail : cedicom.buja@gmail.com
Ronka amakuru

Rondera
Mwodukurikirana muciye kuri :