1a. Nituririmbir’Umukama mu Karistiya mu
(Karistiya)
     Â
N’ahangame! N’avugirizw’impundu n’ingoma.
   1b. Tumuteramire dusenge mu Karistiya mu
(Karistiya)
     Â
N’ahangame n’avugirizw’impundu n’ingoma. + R/
R/NI we mwami wa bami
bose nyubwiza n’ubweranda.
    Nahangame navugirizw’impundu n’ingoma.
Â
   2a.Yashimye kubana n’abantu, mu Karistiya,
n’ahangame
    Â
N’avugirizw’impundu n’ingoma.
   2b.Yatwerets’inzira y’ijuru mu Karistiya,
n’ahangame
    Â
N’avugirizw’impundu n’ingoma. +R/
Â
  3a. Atwishurir’ivyaha vyacu, mu Karistiya
n’ahangame
    Â
N’avugirizw’impundu n’ingoma.
  3b. Mu kub’umucunguzi wacu, mu Karistiya
n’ahangame
     Â
N’avugirizw’impundu n’ingoma. +R/
Â
  4a.Mwami w’ubutungane bwose, mu Karistiya,
N’Uhangame
    Â
N’Uvugirizw’impundu n’ingoma.
  4b. Ganz’ugabe bose na hose, mu Karistiya,
N’Uhangame
     Â
N’Uvugirizw’impundu n’ingoma. +
    R/ Ur’Umwami wa Bami bose, Nyen’Ubwiza
N’Ubweranda,
           N’Uhangame n’uvugirizw’impundu
n’Ingoma.
Â
Aleluya, aleluya,
Nyumvisha amabwirizwa yawe, Mukama, maze ndayazigame,
ndayarangure n’umutima wanje wose.
Aleluya.
Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk’uko yashikirijwe na Luka (11, 27-28)
Muri irya misi ,Yezu yariko arayagira ishengero ry’abantu, hanyuma umugore ava muri rya shengero atereza akamo hejuru ati: «Irahiriwe inda yagutwaye, eka n’amabere wonse arahiriwe!» Yezu aramwishura ati: «Hahiriwe nyabuna abumviriza Ijambo ry’Imana kandi bakarirangura!»