Te Deum Laum Laudamus
Itariki: 28/12/2021Ababisomye 8074 Vyamenyekanishijwe na : NIBITANGA Michel

 1.(Mukama, ni wewe tuninahaza) ni wewe uri Imana nzima.

 

 2. Isi yos’irakwubaha, wewe Mungu Data wamyeho

 

 3. Abamalayika bose ivyaremwe vyose, ububasha bwose bwegukiye

     wewe.

 

 4. Abakelubini, abaserafini ntibahengeshanya

     Kugutera impundu.

 

 5. Bavuga bati: uri Mutagatifu

     Mutagatifu Mutagatifu, wewe Mukama Mana Rutaganzwa.

 

  6. Ijuru n’isi vyuzuy’ubuninahazwa bwawe.

 

 7. Abatumwa bahurikira hamwe bakuvugiriz’impundu.

 

 8. Ikigwi c’abahanuzi na co kikayakira.

 

 9. Umwerasi w’ishengero ry’Abagufitiye,

     Bagukez’ubudahengeshanya.

 

 10. Isi yose, Ekleziya ntagatifu irazi ko uri Imana nzima

 

 11. Wewe Mungu Data nyen’inganji ntangere.

 

 12. Mwe n’Umwana wawe, w’ikinege nyagusengwa.

  

 13. Hamwe na Mutima, we Mushingangingo abushitse.

 

 14. Ewe Yezu Kristu, uri Umwami w’ubuninahazwa.

 

 15. (Naninahazwe) ni wewe mwana,

     Utigeze utangura wa Mungu Data.

 

 16. (Naninahazwe) ni wewe nyen’igihe wagira ngo wigir’incungu

       y’abantu naninahazwe.

      Utatinya kwibera mu mbanyi y’Umubikira atagira inenge.

 

 17. (Naninahazwe) ni wewe wacagaguye ingoyi z’urupfu,

      Ukatwugururira amarembo y’ubwami bw’ijuru.

 

 18. (Naninahazwe)ni wewe uvyagiye i buryo bw’Umukama,

      Mu buninahazwa bwa Mungu Data.

 

 19. (Naninahazwe) ni wewe twemera

      Ko uzohindukira uri umucamanza w’ingingo.

 

 20. Niho tukuzamvye Mukama

      Ngo ugarukire abasuku bawe, wacunguje amaraso yawe,

      Y’igiciro ntangere.

 

 21. Tabarany’ubater’iteka, ry’ukuzoharurwa mu mugwi

       W’Aberanda bawe, mu buhirwe budashira.

 22. Rokora ishengero ryawe, Mukama,

      Ugireko uhezagire abo bose wagize icibare cawe.

 

 23. Ni ubabere indongozi, maze ubashikire wewe,

      Mushobora vyose, gushika ubashikirize ubuzima budahera.

 

 24. Turagushimagiza tudahengeshanya

 

 25. (Tuzokwama) tuzokwama dutazira

       Dutazira izina ryawe Ritagatifu.

 

 26. Turagusavye Mukama, Dukingire uyu munsi igicumuro cose.

 

 27. Naninahazwe, tugirire ikigongwe Mukama tugirire ikigonwe.

 

 28. Ese ikigonwe cawe, Mukama, codusangira nkuko umwizero,

      Tugufiseko utagira inenge

 

 29. Ni wewe (ni wewe) nizigiye, ni wewe kandi sinzokwigera nizeruka.

      Amen.

 

 V. Nituninahaze Mungu Data, Mungu mwana

    na Mungu mutima Mutagatifu.

 

 R.  Tumuhaye kandi tumushimire imyaka yose.

 

 V. Urakaninahazwa Mukama w’ijuru n’isi

 

 R.  Urakwiy’impundu, ishimagizwa, ry’ubuninahazwa bw’imyaka yose.

 

 V . Mukama niwumvirize ico ndakuzamvye.

 

 R. N’ijwi ryanje rigushikire.

 

 v. Ni muhorane Umukama.

 

 R. N’abe no mu mutima wawe. 

Ivyiyumviro
Mu mumugwi umwe
Zabuli 14428/12/2021 | ababisomye 528 | Michel NIBITANGA
Mukama ungirire ikigongwe (Izaburi 50)28/12/2021 | ababisomye 12966 | Michel NIBITANGA
Mariya Mugabekazi.28/12/2021 | ababisomye 8123 | Michel NIBITANGA
Kristu Mwami turagusenga.28/12/2021 | ababisomye 10235 | Michel NIBITANGA
Nzobaha umutima mushasha.28/12/2021 | ababisomye 10711 | Michel NIBITANGA
Liturijiya
Ni dutabaze Mariya Indirimbo Sabwa Mariya Indirimbo Ganza Mwana wa Mariya. Indirimbo Ndagusenga we Yezu Indirimbo Gloria in excelsis Deo Indirimbo Shimika dukenguruke, dushimire Imana. Indirimbo Nimugume mu Rukundo rwanje Indirimbo Terwa iteka we Mariya. Indirimbo

Aleluya.

Nimugende, mwigishe abantu bose!

Nanje nzokwamana namwe imisi yose

gushika ku muhero w’isi.

Aleluya.

Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk’uko yashikirijwe na Yohani (16, 29-33)

Muri irya misi,

Abigishwa babwiye Yezu bati: «Ugiye rero wabirangura kandi nturinze guca imigani. Ubu ni ho tukibona ko uzi vyose, ata wurinze kukubaza. Ni co gituma twemeye ko waje uva mu nda y’Imana.» Yezu abishura ati: «Mbega noneho muremeye? Ng’ico igihe kirageze, kiramaze mbere gushika, aho muza gushwiragira umwe umwe, munsige ndi umwe. Nako sindi jenyene, Data ari kumwe nanje. Nababwiye ivyo, ngo muri jewe mugire amahoro. Kw’isi muzobona amagorwa, yamara mugumye umutima! Natsinze isi.»

Rondera
Urutonde rw'Imisa
I. VICARIAT DE SAINT MICHEL
1. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
A. Messes
Samedi : 17h00 (en Français)
Dimanche : 6h00 (en Kirundi),  7h00 (en Kirundi),  8h15 (en Français),  10h00 (en Kirundi),  12h00 (parfois, possibilitĂ© d'une messe circonstancielle, en Kirundi), 17h00 (en Français)
B. Adoration
Mardi : toute la journée, à la Chapelle
Jeudi : toute la journée, à la Chapelle
Samedi : 6h45 Ă  8h00
2. PAROISSE SAINT MICHEL
A. Messes
Samedi : 17h00
Dimanche : 06h15, 08h00, 10h00, 12h00 Kiswahili, 17h00
B. Adoration
Jeudi : toute la journée
3. PAROISSE BUYENZI
A. Messes
6h00 (en Kirundi), 8h00 (en Kiswahili), 10h30 (en Kirundi), 16h30 (en Kirundi)
B. Adoration
Mercredi : 17h30
4. PAROISSE KANYOSHA
A. Messes
6h00, 7h45, 9h30 (Français), 11h15 et 16h00
B. Adoration
Jeudi : 18h00
Dimanche : 13h00 Ă  16h00
Premier vendredi du mois : toute la journée
5. PAROISSE KININDO
A. Messes
6h00, 7h30, 8h45, 10h30, 17h30
B. Adoration
Jeudi, toute la journée
6. PAROISSE MUSAGA
A. Messes
Samedi : 17h00
Dimanche : 6h10, 08h00, 10h30, 16h30
B. Adoration
Mardi : 12h00 Ă  16h00
Jeudi : 15h00 Ă  16h00
Vendredi : 12h00 Ă  14h00
7. PAROISSE NYAKABIGA
A. Messes
Samedi : 17h30
Dimanche: 6h00 (en Kirundi), 8h00 (en Kiswahili), 10h00 (en Kirundi), 17h00 (en Kirundi)
B. Adoration
Du lundi Ă  vendredi : 7h00 Ă  16h45
8. PAROISSE RUZIBA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30, 16h30
B. Adoration
Jeudi 15h et le 1er vendredi du mois
9. PAROISSE MUTANGA SUD
A. Messes
6h15, 08h15, 10h30, 17h00
Campus Mutanga : messe à 11h (en kirundi et en français alternativement)
B. Adoration
Mardi : toute la journée après la messe de 6h00
II. VICARIAT DE GIHOSHA
1. PAROISSE GIHOSHA
Messes de la semaine
Lundi - Samedi : 06h30
Dimanche : 6h00, 10h30, 16h00 ( en Kirundi) 08h15 en Français
Lundi à 18h00, messe en Français, suivie de l'adoration, jusqu'à 19h00.
Vendredi : Adoration à 17h30, suivie de l'Eucharistie en Français, à 18h30
2. PAROISSE BUTERERE
A. Messes
6h00, 8h00, 10h00, 16h30
B. Adoration
Jeudi : 15h00 Ă  17h15
Samedi : 5h30 Ă  6h20
3. PAROISSE GATUMBA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30
B. Adoration
Jeudi : 7h00 Ă  8h00
Deuxième lundi du mois : 17h30 à 19h00
4. PAROISSE KAMENGE
Messes
6h, 7h30, 9h00 (swahili),10h30,16h30
Gatunguru : 9h30
Nyabagere : 9h30
Muberure : 8h00, 10h00
Nyambuye : 8h00, 10h00
Gishingano : 8h00, 10h00
Buhayira : 9h30
Mbirira : 8h00
Adoration Ă  la Paroisse
Jeudi 16h30 un jour par mois
5. PAROISSE KINAMA
A. Messes
06h00 (en Kirundi), 08h00(en Kiswahili), 10h00 (en Kirundi), 16h00 (en Kirundi)
Gahahe-Carama (en Kirundi) : 07h00 et 09h30
Gasenyi (en Kirundi) : 09h00
B. Adoration
Lundi Ă  samedi de 7h00 Ă  19h00
6. PAROISSE NGAGARA
A. Messes
Samedi : 17h30
Dimanche: 6h00, 08h00, 10h00, 17h00
B. Adoration
Jeudi : 17h00 Ă  17h30
AUMONERIES ET CHAPELLES
1. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
A. Messes
8h15, 10h30
B. Adoration
-
2. AUMONERIE DE LA POLICE
A. Messes
API : 7h30 et 10h30
Socarti : 7h30, 10h30
Ex ENAPO : 8H30
1er GMIR (Buyenzi) : 10h30
2ème GMIR (Kanyosha) : 10h30
Socarti : Adoration, 1er mercredi du mois
3. CENTRE JEUNES KAMENGE
Messe
10h30 en français
4. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
Messes
6h00, 8h00,10h00 et 16h00
Adoration
Lundi Ă  vendredi Ă  partir de 7h00 jusqu'Ă  21h30
Dimanche de 13h00 Ă  18h00
4. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
Messe
Messe des séminaristes : 6h45
1ère Messe des fidèles : 8h30
2ème Messe des fidèles : 10h15
Adoration
Adoration du Saint Sacrement par les séminaristes et autres fidèles qui veulent : Dimanche à 18h15 à 19h00
III. VICARIAT DE BUHONGA
1. PAROISSE BUHONGA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 7h30 Ă  8h30
Jeudi de la troisième semaine du mois : toute la journée
2. PAROISSE JENDA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche, 7h45, 10h00, 16h00
B. Adoration
Jeudi : toute la journée après la messe de 7h15
3. PAROISSE KARINZI
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Du lundi au samedi : 6h00 Ă  6h30
4. PAROISSE MAGARA
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Dimanche : 7h00 Ă  7h30
5. PAROISSE MATARA
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 15h00
6. PAROISSE MAYUYU
A. Messes
8h00, 11h00
B. Adoration
Vendredi : 8h00 Ă  17h00
7. PAROISSE MUBIMBI
A. Messe
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00 Ă  10h00
8. PAROISSE MUTUMBA
Messes
7h30 et 10h00
Adoration
Jeudi Ă  14h00 sauf le 1er vendredi du mois (7h30)
9. PAROISSE RUGAZI
A. Messes
7h30, 10h30
Jeudi : 15h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00
10. PAROISSE RUSHUBI
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00
11. PAROISSE RUTONGO
A. Messes
7h30; 10h00
B. Adoration
-
IV. VICARIAT DE MURAMVYA
1. PAROISSE BUKEYE
A. Messes
Samedi : 16h00
Dimanche : 6h00 , 7h40, 9h30, 11h30
B. Adoration
Jeudi : 7h10 Ă  19h00
2. PAROISSE BUKWAVU
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 14h00 Ă  15h00
3. PAROISSE BUZIRACANDA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h30, 10h00
Mercredi : 17h30 (Messe en Français)
B. Adoration
Jeudi : 16h00
Dimanche : 13h00
5.PAROISSE GASURA
4. PAROISSE KIGANDA
A. Messes
Samedi : 11h00
 Lycee: 16h00
Dimanche : 7h00, 9h00, 11h00
B. Adoration
Jeudi : 16h00
Dimanche : 13h00
5. PAROISSE KIVOGA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30, 12h30
B. Adoration
Jeudi : après la messe de 6h30
6. PAROISSE MUNANIRA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h15, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 7h30 Ă  18h00
Premier vendredi du mois : 7h30 Ă  12h00
7. PAROISSE MURAMVYA
A. Messes
7h00, 8h30, 10h30
B. Adoration
Jeudi : toute la journée
8. PAROISSE RYARUSERA
A. Messes
8h00, 10h15
B. Adoration
Jeudi : après la messe de 6h30
Mwoba mufise ico mubaza?
Tanga
Twite za CEDICOM
Twite za Papa
Facebook ya CEDICOM
Abari kumurongo : 149
Centre Diocésain de Communication CEDICOM
Uburyo bwokutwakura
Bld Patrice Lumumba, 21, Bujumbura, Burundi
+257 22 22 05 00
+257 65 19 52 50
B.P. 690 BUJUMBURA BURUNDI
cedicom.buja@gmail.com
Kwiyandikisha kukurontswa inkuru
Baza ikibazo
©2026. CEDICOM Archidiocèse de Bujumbura Designed by : DS COMPANY
Tanga * Karitas (abatishoboye)* Ugufasha abaseminari n'abamenyeshamana* Ukwubaka amasengero kumashure* Ugushigikira abasaserdotiUburyo bwo gufashaKoresha konte za DiyosezeMu marundi : Interbank Burundi : 701-02790-0152(Diocèse de Bujumbura)Mu ma dolari : BRB : 3302/493 (Archidiocèse BUJA/USD) Swift Code : BRBUBIBIMu ma Euro : BRB : 3320/368 (Archidiocèse de Buja/EURO) Swift Code : BRBUBIBI