Mw’ijoro rya Pasika muri Paruwase Munanira, mu bakiriye urukiza rw’Imana harimwo n’abatama barenza imyaka 75 bipfuje kuzosezera isi ari abakristu
Itariki: 08/04/2026Ababisomye 693 Vyamenyekanishijwe na : NIBITANGA Michel
Abo babatijwe bashitse mu za bukuru hari igihe vyashika bakigishirizwa imuhira, kubera amagara make, ariko mu gihe co guhabwa ibice biganisha kw’isakramentu ry’ibatisimu, barigora bagashika kw’iparuwase (Mwarimu Zacharie Nimbona)

Mw’ijoro rya Pasika ku wa gatandatu mweranda igenekerezo rya 4 Ndamukiza 2026, aho muri Ekleziya hasozerwa igihe gihambaye c’imisi itatu y’uguhimbaza amabanga y’icungurwa ry’abantu «Tridium Pascal», umwe mu migirwa yaranguwe muri Paruwase Munanira ni ibatisimu y’abakuze, akatekumeni, icibonekeje kikaba ari uko mu bakiriye urukiza rw’Imana muri iryo joro harimwo n’abatama barenza imyaka 75 bipfuje guzosezera ubuzima bwo ngaha kw’isi ari abakristu.


Mu masakaramentu yatanzwe muri iryo joro harimwo ibatisimu ku bakatekumeni barenga ijana na mirongo ibiri, uwundi mugwi w'abakristu urakirwa icese, abari barahagaritse amasakramentu, abandi burubaka rukristu. Mu bakiriwe harimwo kandi n'ababavuye mu yandi madini, ariko ibatisimu yabo isanzwe yemewe na Ekleziya Katolika.

Muri abo bakiriwe harimwo n’abaciye bakomezwa muri Mutima Mweranda, Patiri mukuru wa paruwase, Patiri Innocent Bandyatuyaga, akaba amenyesha ko yabisabiye uruhusha ku Mwepisikopi Mukuru wa Diyoseze iyo Paruwase ikukira, Diyoseze Nkuru ya Bujumbura.

Abo babatijwe bashitse mu za bukuru ngo hari igihe vyashika bakigishirizwa imuhira, kubera amagara make, bagaheza bagahabwa inyigisho zijanye n'isakramentu bari bimirije kuronka, nk’uko twabishikirijwe n’Umuyobozi w'inyigisho nkomezakwemera n'amasabamana muri Paruwase Munanira, Mwarimu Zacharie Nimbona, bikemezwa na patiri mukuru wa paruwase. Ariko mu gihe co guhabwa ibice biganisha kw’isakramentu ry’ibatisimu, ngo barigora bagashika kw’iparuwase.


Patiri mukuru arashimira abarongoye imibano n'abakurikiranye iyo migwi yose. Arashimira kandi n'abo bahawe amasakaramentu ku kuntu bitanze mu gukurikirana inyigisho n'ibindi bikorwa vy'iterambere rya paruwase bahamagariwe, kuko ngo ha ruhande y'inyigisho ndoramana bahawe, bafashije no mubikorwa vyo mu mirima vyunganira paruwase.

Patiri Innocent Bandyatuyaga akaba amenyesha ko nihagera gusarura azobatumako n’ubundi, nk’uko biri no mu civugo ca Diyoseze c'uyu mwaka, ngo «Dukomeze Ekleziya muryango mu kugira ubumwe n'urukundo no mu gusangira neza ivyo Imana iduha!»

Tubamenyeshe ko muri Paruwase Munanira, imigirwa yo gusozera ico gihe c’imisi itatu y’uguhimbaza amabanga y’icungurwa ry’abantu «Tridium Pascal» yabereye ku kirimba ca paruwase hamwe no kw’ishure tabariro rya Kirehe, ariko abahabwa amasakramentu bose bakaba bahuriye kw’iparuwase, turetse abahabwa ibatisimu gusa bo kw’ishure rya Kirehe, bayironkeye aho iwabo.

Ezéchiel Nimbona, Paruwase Munanira

Ivyiyumviro

Aleluya.

Kristu yavuye mu cobo,

We bari babamvye ku musaraba.

Aleluya.

Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk’uko yashikirijwe na Yohani (16, 12-15)

Muri irya misi,

Yezu yabwiye abigishwa biwe ati: «Ndacari n’ibindi vyinshi nobabwiye, ariko ubu ntimwoshobora kuvvakira. Aho Mutima w’ukuri azozira, azobahishuka ukuri kwose; nkako ntazovuga ivyiwe, azobabwira ivyo azoba yumvise, agireko ababarire ibizoza. Aho nyene ni Jewe azoninahaza, kuko azobabwira ivyo akuye iwanje. Ivyo Data afise vyose ni ivyanje. Ni co gituma navuze nti: Ivyo azoba akuye iwanje ni vyo azobamenyesha.»


Rondera
Urutonde rw'Imisa
I. VICARIAT DE SAINT MICHEL
1. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
A. Messes
Samedi : 17h00 (en Français)
Dimanche : 6h00 (en Kirundi),  7h00 (en Kirundi),  8h15 (en Français),  10h00 (en Kirundi),  12h00 (parfois, possibilité d'une messe circonstancielle, en Kirundi), 17h00 (en Français)
B. Adoration
Mardi : toute la journée, à la Chapelle
Jeudi : toute la journée, à la Chapelle
Samedi : 6h45 à 8h00
2. PAROISSE SAINT MICHEL
A. Messes
Samedi : 17h00
Dimanche : 06h15, 08h00, 10h00, 12h00 Kiswahili, 17h00
B. Adoration
Jeudi : toute la journée
3. PAROISSE BUYENZI
A. Messes
6h00 (en Kirundi), 8h00 (en Kiswahili), 10h30 (en Kirundi), 16h30 (en Kirundi)
B. Adoration
Mercredi : 17h30
4. PAROISSE KANYOSHA
A. Messes
6h00, 7h45, 9h30 (Français), 11h15 et 16h00
B. Adoration
Jeudi : 18h00
Dimanche : 13h00 à 16h00
Premier vendredi du mois : toute la journée
5. PAROISSE KININDO
A. Messes
6h00, 7h30, 8h45, 10h30, 17h30
B. Adoration
Jeudi, toute la journée
6. PAROISSE MUSAGA
A. Messes
Samedi : 17h00
Dimanche : 6h10, 08h00, 10h30, 16h30
B. Adoration
Mardi : 12h00 à 16h00
Jeudi : 15h00 à 16h00
Vendredi : 12h00 à 14h00
7. PAROISSE NYAKABIGA
A. Messes
Samedi : 17h30
Dimanche: 6h00 (en Kirundi), 8h00 (en Kiswahili), 10h00 (en Kirundi), 17h00 (en Kirundi)
B. Adoration
Du lundi à vendredi : 7h00 à 16h45
8. PAROISSE RUZIBA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30, 16h30
B. Adoration
Jeudi 15h et le 1er vendredi du mois
9. PAROISSE MUTANGA SUD
A. Messes
6h15, 08h15, 10h30, 17h00
Campus Mutanga : messe à 11h (en kirundi et en français alternativement)
B. Adoration
Mardi : toute la journée après la messe de 6h00
II. VICARIAT DE GIHOSHA
1. PAROISSE GIHOSHA
Messes de la semaine
Lundi - Samedi : 06h30
Dimanche : 6h00, 10h30, 16h00 ( en Kirundi) 08h15 en Français
Lundi à 18h00, messe en Français, suivie de l'adoration, jusqu'à 19h00.
Vendredi : Adoration à 17h30, suivie de l'Eucharistie en Français, à 18h30
2. PAROISSE BUTERERE
A. Messes
6h00, 8h00, 10h00, 16h30
B. Adoration
Jeudi : 15h00 à 17h15
Samedi : 5h30 à 6h20
3. PAROISSE GATUMBA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30
B. Adoration
Jeudi : 7h00 à 8h00
Deuxième lundi du mois : 17h30 à 19h00
4. PAROISSE KAMENGE
Messes
6h, 7h30, 9h00 (swahili),10h30,16h30
Gatunguru : 9h30
Nyabagere : 9h30
Muberure : 8h00, 10h00
Nyambuye : 8h00, 10h00
Gishingano : 8h00, 10h00
Buhayira : 9h30
Mbirira : 8h00
Adoration à la Paroisse
Jeudi 16h30 un jour par mois
5. PAROISSE KINAMA
A. Messes
06h00 (en Kirundi), 08h00(en Kiswahili), 10h00 (en Kirundi), 16h00 (en Kirundi)
Gahahe-Carama (en Kirundi) : 07h00 et 09h30
Gasenyi (en Kirundi) : 09h00
B. Adoration
Lundi à samedi de 7h00 à 19h00
6. PAROISSE NGAGARA
A. Messes
Samedi : 17h30
Dimanche: 6h00, 08h00, 10h00, 17h00
B. Adoration
Jeudi : 17h00 à 17h30
AUMONERIES ET CHAPELLES
1. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
A. Messes
8h15, 10h30
B. Adoration
-
2. AUMONERIE DE LA POLICE
A. Messes
API : 7h30 et 10h30
Socarti : 7h30, 10h30
Ex ENAPO : 8H30
1er GMIR (Buyenzi) : 10h30
2ème GMIR (Kanyosha) : 10h30
Socarti : Adoration, 1er mercredi du mois
3. CENTRE JEUNES KAMENGE
Messe
10h30 en français
4. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
Messes
6h00, 8h00,10h00 et 16h00
Adoration
Lundi à vendredi à partir de 7h00 jusqu'à 21h30
Dimanche de 13h00 à 18h00
4. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
Messe
Messe des séminaristes : 6h45
1ère Messe des fidèles : 8h30
2ème Messe des fidèles : 10h15
Adoration
Adoration du Saint Sacrement par les séminaristes et autres fidèles qui veulent : Dimanche à 18h15 à 19h00
III. VICARIAT DE BUHONGA
1. PAROISSE BUHONGA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 7h30 à 8h30
Jeudi de la troisième semaine du mois : toute la journée
2. PAROISSE JENDA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche, 7h45, 10h00, 16h00
B. Adoration
Jeudi : toute la journée après la messe de 7h15
3. PAROISSE KARINZI
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Du lundi au samedi : 6h00 à 6h30
4. PAROISSE MAGARA
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Dimanche : 7h00 à 7h30
5. PAROISSE MATARA
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 15h00
6. PAROISSE MAYUYU
A. Messes
8h00, 11h00
B. Adoration
Vendredi : 8h00 à 17h00
7. PAROISSE MUBIMBI
A. Messe
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00 à 10h00
8. PAROISSE MUTUMBA
Messes
7h30 et 10h00
Adoration
Jeudi à 14h00 sauf le 1er vendredi du mois (7h30)
9. PAROISSE RUGAZI
A. Messes
7h30, 10h30
Jeudi : 15h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00
10. PAROISSE RUSHUBI
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00
11. PAROISSE RUTONGO
A. Messes
7h30; 10h00
B. Adoration
-
IV. VICARIAT DE MURAMVYA
1. PAROISSE BUKEYE
A. Messes
Samedi : 16h00
Dimanche : 6h00 , 7h40, 9h30, 11h30
B. Adoration
Jeudi : 7h10 à 19h00
2. PAROISSE BUKWAVU
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 14h00 à 15h00
3. PAROISSE BUZIRACANDA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h30, 10h00
Mercredi : 17h30 (Messe en Français)
B. Adoration
Jeudi : 16h00
Dimanche : 13h00
5.PAROISSE GASURA
4. PAROISSE KIGANDA
A. Messes
Samedi : 11h00
 Lycee: 16h00
Dimanche : 7h00, 9h00, 11h00
B. Adoration
Jeudi : 16h00
Dimanche : 13h00
5. PAROISSE KIVOGA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30, 12h30
B. Adoration
Jeudi : après la messe de 6h30
6. PAROISSE MUNANIRA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h15, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 7h30 à 18h00
Premier vendredi du mois : 7h30 à 12h00
7. PAROISSE MURAMVYA
A. Messes
7h00, 8h30, 10h30
B. Adoration
Jeudi : toute la journée
8. PAROISSE RYARUSERA
A. Messes
8h00, 10h15
B. Adoration
Jeudi : après la messe de 6h30
Mwoba mufise ico mubaza?
Tanga
Twite za CEDICOM
Twite za Papa
Facebook ya CEDICOM
Abari kumurongo : 53
Centre Diocésain de Communication CEDICOM
Uburyo bwokutwakura
Bld Patrice Lumumba, 21, Bujumbura, Burundi
+257 22 22 05 00
+257 65 19 52 50
B.P. 690 BUJUMBURA BURUNDI
cedicom.buja@gmail.com
Kwiyandikisha kukurontswa inkuru
Baza ikibazo
©2026. CEDICOM Archidiocèse de Bujumbura Designed by : DS COMPANY
Tanga * Karitas (abatishoboye)* Ugufasha abaseminari n'abamenyeshamana* Ukwubaka amasengero kumashure* Ugushigikira abasaserdotiUburyo bwo gufashaKoresha konte za DiyosezeMu marundi : Interbank Burundi : 701-02790-0152(Diocèse de Bujumbura)Mu ma dolari : BRB : 3302/493 (Archidiocèse BUJA/USD) Swift Code : BRBUBIBIMu ma Euro : BRB : 3320/368 (Archidiocèse de Buja/EURO) Swift Code : BRBUBIBI