Ihimbazwa ry'umusi mukuru w'Aberanda bose muri katedrale Regina Mundi
Itariki: 4/11/2019Ababisomye 5333

«Nidushire amazida kuko amarembo y'ijuru yugururiwe twese», vyavuzwe na Musenyeri Gerevasi Banshimiyubusa
Umusi mukuru w'Aberanda bose uratwuzuza umwizero yuko twese twugururiwe amarembo y'ijuru ariko bigasaba guca mu nzira abandi badacamwo ariko kweresha amakanzu yacu amaraso ya wa Mwagazi.  
Kur'uyu wa gatanu itariki imwe y'ukwezi kwa munyonyo 2019 twahimbaje umusi mukuru w'Aberanda bose muri Ekleziya katorika. Muri katedrale Regina Mundi, inkuka y'imisa yaherejwe n'Umwepiskopi mukuru wa diyoseze nkuru ya Bujumbura, Gerevasi Banshimiyubusa. Yisunze igisomwa ca mbere casomwe mu gitabo c'Ivyahishuriwe Yohani, yasiguye ati abo duhimbaza uno musi n'abatsinze urugamba rwo ngaha kw'isi, rwa rugamba rw'urukundo rutsinda urwanko, rwa rugamba rw'ubuzima rutsinda urupfu baciye k'ubuzima bwabo bwa misi yose mw'ibanga bari bashinzwe iryariryo ryose. 
Umuntu wese ashobora kuba mweranda
Yongeyeko kandi ati uwo musi mukuru utwuzuzamwo umwizero n'akanyamuneza yuko natwe dushobora kuba beranda kuko abo bose bari mw'ijuru bari abantu nka twebwe kandi babayeho kw'isi nk'iyi turiko turabamwo. Ati ako kanyamuneza tugaterwa ubwa mbere nuko igitigiri c'Aberanda twumvise mu bisomwa ari igitigiri cuguruye aho umuntu wese ashobora kuba mweranda. «Batubwiye ko baje bava mu mashinga yose, mu bwoko bwose, mu ntara zose bavuga mu ndimi zose. Ivyo vyose babitubwiye kugira ngo dushire amazinda twumve yuko amarembo y'ijuru yugururiwe twese. Baraduhumurije rero k'ubweranda bushoboka kandi bushobokera bose».
Musenyeri Banshimiyubusa yamenyesheje ko ikindi kitwuzuza agahimbare kur'uyo musi aruko Aberanda bari mw'ijuru batugirira impuhwe bakatuvugira na cane cane iyo tugiye turabitura nk'abavunyi bacu. Ati ikindi kitwuzuza umwizero n'ubudasa bw'Aberanda hamwe n'ubudasa bw'amayira baciyemwo kuko nta mwerarnda asa n'uwundi, umwe wese afise ubutumwa bwiwe, afise ibanga ryiwe akagira igihe abayemwo. «Ico tuzi bahurirako bose nuko bagerageje kugendera rwa rukundo rw'Imana rwagiye ruriserura mubikorwa vy'urukundo rwitwararika abandi. Duhimbarwe rero kuko umwumwe afise umuhamagaro wiwe kandi tukaba twaramaze kuronka ingwati y'ubweranda muguhabwa ya batisimu yatugize abana b'Imana n'abana b'Ekleziya». Yahamagariye abakristu bose kugendera iryo teka bagakura mu gihagararo c'Abana b'Imana gushika base n'Imana.
 N'inzira itoroshe kuko inyuranye n'ivyo abantu bacambirwa
Umwepiskopi yisunze Inkuru Nziza yanditswe na Matayo itubwira banyaguhirwa Aberanda bose baciyemwo yerekanye ko naho iyo nzira yugururiwe twese ishoborwa n'abamenye gukurikira Yezu, bakemera kumwegera ngo abigishe. N'inzira ishoborwa n'abemeye kuza baraduga bicara aho Yezu yicaye, bamuronderera akanya n'aho koba na gatoyi naho boba barushe biriwe kurondera icotunga umuryango, iyo Mana ikabona ko wayegereye kugira base nayo. Ati n'inzira itoroshe kuko inyuranye n'ivyo abantu bacambirwa. «Kubaho nk'umworo, kubaho ufise umutima w'itonda, umutima w'impuhwe, umutima w'inda nsa bidusaba guhinduka gushika aho tubona ukundi ubuhirwe bwacu. Kubaho uremesha amahoro, guhagararira ubutungane kuri bose bisaba kuduga ku musozi kumwe na Yezu ngo akwuzuzemwo urukundo rw'Imana arirwo rugutuma ubabazwa n'uko iteka ry'Imana ririko rirahonyangwa mu gateka k'umuntu yiremeye»
Ati kandi iyo nzira irashobora kuvyura uruhamo n'ugutotezwa kuwuyiciyemwo, ukwo nikwo kweresha amakanzu yacu y'Abakristu twambitswe mw'ibatisimu  tukazeresha amaraso ya wa mwagazi wa pasika. N'uguca mu nzira idasanzwe abandi badacamwo ariko niyo nzira yonyene ishika. « Ndabipfurije kudatinya guca muriyo nzira Yezu atwigishije, muyicemwo mwishimikije igisabisho kivuye k'umutima kibaha akaryo ko kuganira n'Imana nk'umuvyeyi igihe cose, muyicemwo muza murihereza ijambo ry'Imana ngo mwame na ntaryo mumenya ishaka ryayo kandi abe ariryo murangura, muyicemwo na cane cane mukuza murihereza Ukaristiya nyeranda mwavyiteguriye neza, itwuzuzamwo ubuzima bw'Imana ikadutuma kandi twuzura urukundo rw'Imana ikadutuma, tugasa nayo»  
Grâce-Divine Gahimbare, Katedrale Regina Mundi
Ivyiyumviro

Aleluya, aleluya. Mpumura, Mukama, niho nzokwihweza ivyiza vy’agatangaza vy’amategeko yawe. Aleluya.

Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk’uko yashikirijwe na Matayo (17, 14-20)

Muri irya misi, Yezu n’abigishwa biwe bari bashikiriye ishengero ry’abantu, haza umwe apfukama imbere yiwe asaba ati: «MuKama, girira imbabazi umwananje, yafashwe n’amashetani kandi arasinzikaye, uri aho yisutse mu ziko, uri aho yitaye mu mazi. Namushiriye abigishwa bawe, ntibashoboyekumukiza.» Yezu yishura ati: «Ewe bwoko bw’intemera, nzogumana namwe gushika ryari? Nzobarinda gushika ryari? Munzanire hano.» Yezu arayibwiriza, iraheza shetani iva muri nya mwana, ubwo nyene aca arakira.

Hanyuma rero, abigishwa bihereranya Yezu, bamubwira bati: «Igituma tutashoboye kuyirukana ni iki?» Yezu arabishura ati: «Ni uko mwemera buhoro. Ndababwiye ivy’ukuri, iyo muba mufise ukwemera kungana agatete ka sinapi, mwobariye uwo musozi muti: Va aha, genda hariya, wogiyeyo. Nta na kimwe cobananiye.»


Rondera
Urutonde rw'Imisa
I. VICARIAT DE SAINT MICHEL
1. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
A. Messes
Samedi : 17h00 (en Français)
Dimanche : 6h00 (en Kirundi)   7h00 (en Kirundi) 8h15 (en Français)   10h00 (en Kirundi)   12h00 (parfois, possibilitĂ© d'une messe circonstancielle, en Kirundi) 17h00 (en Français)
B. Adoration
Mardi : toute la journée, à la Chapelle
Jeudi : toute la journée, à la Chapelle
Samedi : 6h45 Ă  8h00
C. Confession
Mardi à vendredi: après la messe matinale
Mardi et Jeudi : 16h00 Ă  17h30 (avant la messe)
2. PAROISSE SAINT MICHEL
A. Messes
Samedi : 17h00
Dimanche : 06h15, 08h00, 10h00, 12h00 Kiswahili, 17h00
B. Adoration
Jeudi : toute la journée
3. PAROISSE BUYENZI
A. Messes
6h00 (en Kirundi), 8h00 (en Kiswahili), 10h30 (en Kirundi), 16h30 (en Kirundi)
B. Adoration
Mercredi : 17h30
4. PAROISSE KANYOSHA
A. Messes
Paroisse: 6h00, 7h45, 9h30 (Français), 11h15 et 16h00
Chapelle Busoro: 9h00
B. Adoration
Du lundi au vendredi: de 7h00 Ă  19h00
Samedi: de 7h00 Ă  13h00
Dimanche: de 13h00 Ă  16h00
5. PAROISSE KININDO
A. Messes
6h00, 7h30, 8h45, 10h30, 17h30
B. Adoration
Jeudi, toute la journée
6. PAROISSE MUSAGA
A. Messes
Samedi : 17h00
Dimanche : 6h10, 08h00, 10h30, 16h30
B. Adoration
Mardi : 12h00 Ă  16h00
Jeudi : 15h00 Ă  16h00
Vendredi : 12h00 Ă  14h00
7. PAROISSE NYAKABIGA
A. Messes
Dimanche: 6h00 (en Kirundi), 7h30 (en Kirundi), 09h00 (en Kiswahili), 10h30 (en Kirundi), 17h00 (en Kirundi)
B. Adoration
Du lundi Ă  vendredi : 7h00 Ă  16h45
8. PAROISSE RUZIBA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30, 16h30
B. Adoration
Jeudi 15h et le 1er vendredi du mois
9. PAROISSE MUTANGA SUD
A. Messes
6h15, 08h15, 10h30, 17h00
Campus Mutanga : messe à 11h (en kirundi et en français alternativement)
B. Adoration
Mardi : toute la journée après la messe de 6h00
II. VICARIAT DE GIHOSHA
1. PAROISSE GIHOSHA
Messes de la semaine
Lundi - Samedi : 06h30
Dimanche : 6h00, 10h30, 16h00 ( en Kirundi) 08h15 en Français
Lundi à 18h00, messe en Français, suivie de l'adoration, jusqu'à 19h00.
Vendredi : Adoration à 17h30, suivie de l'Eucharistie en Français, à 18h30
2. PAROISSE BUTERERE
A. Messes
6h00, 8h00, 10h00, 16h30
B. Adoration
Jeudi : 15h00 Ă  17h15
Samedi : 5h30 Ă  6h20
3. PAROISSE GAHAHE
4. PAROISSE GATUMBA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30
B. Adoration
Jeudi : 7h00 Ă  8h00
Deuxième lundi du mois : 17h30 à 19h00
5. PAROISSE KAMENGE
Messes
Paroisse: 6h00, 7h45, 9h15 (Kiswahili),11h00,16h30
Succursale Nyabagere : 6h00, 8h00, 10h00
Succursale Muyaga: 8h00, 10h00
Succursale Winterekwa: 8h00, 10h00
Succursale Gishingano : 8h00, 10h00
Succursale Nyambuye: 8h00, 10h00
Adoration Ă  la Paroisse
Mardi et Jeudi: de 7h00 Ă  18h00
6. PAROISSE KINAMA
A. Messes
06h00 (en Kirundi), 08h00(en Kiswahili), 10h00 (en Kirundi), 16h00 (en Kirundi)
B. Adoration
Lundi Ă  samedi de 7h00 Ă  19h00
7. PAROISSE NGAGARA
A. Messes
Samedi : 17h30
Dimanche: 6h00, 08h00, 10h00, 17h00
B. Adoration
Jeudi : 17h00 Ă  17h30
AUMONERIES ET CHAPELLES
1. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
A. Messes
8h15, 10h30
B. Adoration
-
2. AUMONERIE DE LA POLICE
A. Messes
API : 7h30 et 10h30
Socarti : 7h30, 10h30
Ex ENAPO : 8H30
1er GMIR (Buyenzi) : 10h30
2ème GMIR (Kanyosha) : 10h30
Socarti : Adoration, 1er mercredi du mois
3. CENTRE JEUNES KAMENGE
Messe
10h30 en français
4. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
Messes
6h00, 8h00,10h00 et 16h00
Adoration
Lundi Ă  vendredi Ă  partir de 7h00 jusqu'Ă  21h30
Dimanche de 13h00 Ă  18h00
4. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
Messe
Messe des séminaristes : 6h45
1ère Messe des fidèles : 8h30
2ème Messe des fidèles : 10h30
Adoration
Adoration du Saint Sacrement par les séminaristes et autres fidèles qui veulent : Dimanche à 18h15 à 19h00
III. VICARIAT DE BUHONGA
1. PAROISSE BUHONGA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 7h30 Ă  8h30
Jeudi de la troisième semaine du mois : toute la journée
2. PAROISSE JENDA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche, 7h45, 10h00, 16h00
B. Adoration
Jeudi : toute la journée après la messe de 7h15
3. PAROISSE KARINZI
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Du lundi au samedi : 6h00 Ă  6h30
4. PAROISSE MAGARA
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Dimanche : 7h00 Ă  7h30
5. PAROISSE MATARA
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : de 15h00 Ă  16h00
6. PAROISSE MAYUYU
A. Messes
8h00, 11h00
B. Adoration
Vendredi : 8h00 Ă  17h00
7. PAROISSE MUBIMBI
A. Messe
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00 Ă  10h00
8. PAROISSE MUTUMBA
Messes
7h30 et 10h00
Adoration
Jeudi Ă  14h00 sauf le 1er vendredi du mois (7h30)
9. PAROISSE RUGAZI
A. Messes
7h30, 10h30
Jeudi : 15h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00
10. PAROISSE RUSHUBI
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00
11. PAROISSE RUTONGO
A. Messes
7h30; 10h00
B. Adoration
-
IV. VICARIAT DE MURAMVYA
1. PAROISSE BUKEYE
A. Messes
Samedi : 16h00
Dimanche : 6h00 , 7h40, 9h30, 11h30
B. Adoration
Jeudi : 7h10 Ă  19h00
2. PAROISSE BUKWAVU
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 14h00 Ă  15h00
3. PAROISSE BUZIRACANDA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h30, 10h00
Mercredi : 17h30 (Messe en Français)
B. Adoration
Jeudi : 16h00
Dimanche : 13h00
5.PAROISSE GASURA
5.PAROISSE GATABO
4. PAROISSE KIGANDA
A. Messes
Samedi : 11h00
Lycee: 16h00
Dimanche : 7h00, 9h00, 11h00
B. Adoration
Jeudi : 16h00
Dimanche : 13h00
5. PAROISSE KIVOGA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30, 12h30
B. Adoration
Le premier jeudi du mois, toute la journée
6. PAROISSE MUNANIRA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h15, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 7h30 Ă  18h00
Premier vendredi du mois : 7h30 Ă  12h00
7. PAROISSE MURAMVYA
A. Messes
7h00, 8h30, 10h30
B. Adoration
Jeudi : toute la journée
8. PAROISSE RYARUSERA
A. Messes
8h00, 10h15
B. Adoration
Jeudi : après la messe de 6h30
Mwoba mufise ico mubaza?
Tanga
Twite za CEDICOM
Twite za Papa
Facebook ya CEDICOM
Abari kumurongo : 268
Centre Diocésain de Communication CEDICOM
Uburyo bwokutwakura
Bld Patrice Lumumba, 21, Bujumbura, Burundi
+257 22 22 05 00
+257 65 19 52 50
B.P. 690 BUJUMBURA BURUNDI
cedicom.buja@gmail.com
Kwiyandikisha kukurontswa inkuru
Baza ikibazo
©2026. CEDICOM Archidiocèse de Bujumbura Designed by : DS COMPANY
Tanga * Karitas (abatishoboye)* Ugufasha abaseminari n'abamenyeshamana* Ukwubaka amasengero kumashure* Ugushigikira abasaserdotiUburyo bwo gufashaKoresha konte za DiyosezeMu marundi : Interbank Burundi : 701-02790-0152(Diocèse de Bujumbura)Mu ma dolari : BRB : 3302/493 (Archidiocèse BUJA/USD) Swift Code : BRBUBIBIMu ma Euro : BRB : 3320/368 (Archidiocèse de Buja/EURO) Swift Code : BRBUBIBI