Ekleziya y'i Bujumbura
Kanyosha: kw’ishure ryitiriwe «umubano mwiza», abaronse impapuro z’umutsindo bahamagariwe kunonosora ubundi bumenyi12/03/2026 | ababisomye 7 | Michel NIBITANGAMu gihe abarenga 130 bamenye ikibazo ca Leta gitanga uburenganzira bwo kubandanya ivyigwa muri Kaminuza, Patiri Lambert Nishimagizwe yabahamagariye kubandanya bungura ubumenyi no kugendera ubuntu n’
Paruwase Gasura mu rwubako: mu gikorwa Harambe baregeranije uburyo bwo gusakara ingoro y'Imana12/03/2026 | ababisomye 48 | Michel NIBITANGAPatiri Firmat Ntirampeba, Patiri mukuru wa Paruwase Gasura, arakengurukira abo bose bitanga ngo ingoro y’Imana nshasha yubakwe, ariko kandi agatera akamo n'imvukira n'abakunzi ba paruwase n’abo bo
Ekleziya y’i Bujumbura irashaka kwubakisha Uburundi bw'ejo imigenzo myiza ihereye ku mashure ayikukira11/03/2026 | ababisomye 18 | Michel NIBITANGAUmugenduzi w’amashure akukira Ekleziya Katolika muri Diyoseze Nkuru ya Bujumbura, Patiri Dieudonné Ntamavukiro, amenyesha ko ukuvuga ku migenzo myiza mu kwubaka Uburundi bw'ejo ari nk'ugutanga inte
Amakuru y'imibano
Ijambo ry'Inama y'Abepiskopi Katolika b'i Burundi mu gihe himirije amatora26/05/2025 | ababisomye 1273 | Michel NIBITANGAAbo Bungere ba Ekleziya y'i Burundi basaba abarundi ko bokwitaba ico gikorwa c'iteka c'amatora bafatanye mu nda, kandi bakagikora barondera ineza y'igihugu; vy’umwihariko, indongozi kuva hejuru gush
N’ubwo ikibano ciza mu Burundi kimaze gutera intambwe, ibigikeneye utwigoro twa bose vyovyo ntibibuze17/01/2025 | ababisomye 404 | Yvonne de Jésus Sr MiburoMu burundi, mu mwaka wi 2024, intambwe nziza zaratewe mu vy’ikibano ciza, ariko biraboneka ko hagikenewe utwigoro twa bose mu butandukane bwabo.
Ishure kaminuza ENS: ukumenya ivyakomerekeje Uburundi vyofasha ngo amakosa yakozwe muri kahise ntasubire19/07/2024 | ababisomye 1023 | Yvonne de Jésus Sr MiburoMuri kahise k’indyane igihugu c’Uburundi caciyemwo, bamwe mu bagiye baravugwa n'abakagizeko amatohoza ni abigisha-barezi canke abayobozi b’amashure, umuce w'abatahagarariye neza ibanga ryo gukin
Paruwase Mubimbi mu gikorwa co kugarukira ku banyagihugu bo mu Gatumba ubu begeranirijwe muri zone Mubimbi05/06/2024 | ababisomye 2810 | Michel NIBITANGAAgakemanyi abakristu bo muri Paruwase Mubimbi bashiriye abo banyagihugu bo mu Gatumba ni ako bashoboye kwegeranya, bunganiwe n’umusaserdoti wo muri Diyoseze ya Rutana, Patiri Augustin Ndayishimiye,
Ukwibuka imyaka 24 iheze habaye ubwicanyi bwagiriwe abanyeshuri bo kuri kaminuza y'Uburundi13/6/2019 | ababisomye 9770 | Michel NIBITANGAIco uyu mwaka wisangije ni ishirwaho ry'ishirahamwe «Girubuntu UB 95» rihurikiyemwo abacikacumu b'ubwo bwicanyi
INGINGO NGENGABUTUMWA ZISHINZWE N'INAMA Y'ABEPISKOPI GATOLIKA B'I BURUNDI KUGIRA HUBAHIRIZWE ITEKA RY'UGUHIMBAZA ISAKARAMENTU RY'UKARISTIYA20/4/2019 | ababisomye 11277 | Michel NIBITANGAInama y'Abepiskopi gatolika b'i Burundi yisunze ko ari ngombwa kwubahiriza amategeko ya liturjiya imbere y'amakosa yibonekeza
I KIMINA, ABASAVERI BARATANGUYE IBIKORWA VY'UKWUBAKA INZU Y'UMUHARI KU RWEGO RW'IGIHUGU25/09/2018 | ababisomye 8186 | Michel NIBITANGAZénobé NIRAGIRA yarashimiye Abasaveri bitavye ivyo bikorwa, hamwe n'abamaze gutanga uburyo bose, kuko ari bo bashoboje ko ivyo bikorwa bitangura
Ekleziya kw'isi
Paruwase Buyenzi: Abasomyi b'Ijambo ry'Imana bo mugisata c'abavuga ikirundi barahimbaje umuvunyi wabo7/10/2021 | ababisomye 13191 | Michel NIBITANGAPatiri mukuru wa Paruwase Buyenzi avuga ko abasomyi b'Ijambo ry'Imana bafasha abakristu gusenga neza mugihe basomeye neza Ijambo ry'Imana
Ivyavugiwe mu nama y'ishirahamwe UCAP ku ruhara ubuhinga bwa none bw'ukumenyesha amakuru bwagize mu gihe c'ikiza karanda ca Coronavirus6/7/2020 | ababisomye 4037 | Michel NIBITANGAUbwo buhinga bw'ukumenyesha amakuru bwarafashije abakristu kuguma baronka inyigisho ndoramana, bwongera burorosha itumatumanako ry'amakuru ajanye na Ekleziya, gutyo bararonka ikibaremesha mu bihe bito
Mw'isengero Notre Dame y'i Paris mu Bufaransa haraye habaye imisa ya mbere kuva ihiye16/6/2019 | ababisomye 2882 | Michel NIBITANGAMuri iyo misa yari irongowe n'Umwepiskopi wa Diyoseze ya Paris, Musenyeri Michael Aupetit, abapatiri bari bambaye inkofero zikomeye z'ukwikingira mu mutwe (casques)
Bikira Mariya Umuvyeyi w'Ekleziya n'uw'abantu, uwo duhimbaza ku musi wa mbere ukurikira Pentekoti10/6/2019 | ababisomye 688 | Michel NIBITANGAMariya twaramugabanyeko Umuvyeyi, twaramurazwe n'Umwana w'Imana; ni Eva wa kabiri, ni we Nyina w'abazima, yadusubije ubuzima bw'Imana
IVYO TUZIRIKANA MU NDWI YA KABIRI Y'UBUTUMWA BWA PAPA MU KWEZI KWO GUKWIZA HOSE INKURU NZIZA YA YEZU KRISTU05/10/2018 | ababisomye 9113 | Michel NIBITANGAInyigisho ya Papa itegekanyijwe kuri iyi ndwi itwibutsa ko Umuryango ari wo Ekleziya yo ku ziko
IVYO TUZIRIKANA MU NDWI YA MBERE Y'UBUTUMWA BWA PAPA MU KWEZI KWO GUKWIZA HOSE INKURU NZIZA YA YEZU KRISTU04/10/2018 | ababisomye 4942 | Michel NIBITANGATurafise ibintu bibiri twozirikana mu vyo ibisomwa iyi nyigisho yisunga bidusaba kurwanya mu buzima bwacu: ishari n'ugutirimutsa abantu bato bato (Mariko 9,42).

Urakaninahazwa, Kristu,

Wewe Bwitonzi bwamaho bw’Imana nzima.

 

Umukama yavuze ati:

«Nimwamize yompi ibicumuro vyanyu;

maze mwigirire umushaha n’umutima mushasha.»

 

Urakaninahazwa, Kristu,

Wewe Bwitonzi bwamaho bw’Imana nzima.

 

Ivyo dusoma mu Nkuru Nziza ya Yezu Kristu nk’uko yashikirijwe na Luka (11, 14-23)

 

Muri irya misi,

Yezu yariko arirukana ishetani, nya shetani ikaba ikiragi. Isohotse, ca kiragi gica kiravuga; ishengero na ryo rigwa mu gahundwe. Mugabo bamwe muri bo bagira bati: «Yirukana amashetani kubwa Belizebuli, umwami w’amashetani.» Abandi na bo, kugira ngo bamugeze, bamubwira bati: « Twereke ikimenyetso kivuye mw’ijuru.»

We rero yari azi ico biyumvira, ababwira ati: «Ubwami bwose budashira hamwe buzohona, amazu na yo agwaneko. Ko mugize ngo nirukana amashetani ku bwa Belizebuli, none shetani niyaba iriko irirwanya, ubwami bwayo buzorama bute? Ngasangwa nanje nirukana amashetani ku bwa Belizebuli, abana banyu bayirukanisha iki? Ni co gituma bazobabera bo nyene abacamanza. Yamara ugasangwa nirukana amashetani ku bubasha bw’Imana, Ubwami bw’Imana bwabashikiriye.

«lyo umugabo akomeye, ari n’umuheto, araririye urugo rwiwe, ivyiwe ntakibikakaza. Ariko haramutse haje uwumurusha inguvu akamutsinda, aca amwaka wa muheto yari yishimiye, kandi ivyo amwambuye akaja arabigaba.

«Uwo tudashize hamwe aranyanka, uwo twimburira kubiri arasesagura.»

Rondera
Urutonde rw'Imisa
I. VICARIAT DE SAINT MICHEL
1. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
A. Messes
Samedi : 17h00 (en Français)
Dimanche : 6h00 (en Kirundi),  7h00 (en Kirundi),  8h15 (en Français),  10h00 (en Kirundi),  12h00 (parfois, possibilitĂ© d'une messe circonstancielle, en Kirundi), 17h00 (en Français)
B. Adoration
Mardi : toute la journée, à la Chapelle
Jeudi : toute la journée, à la Chapelle
Samedi : 6h45 Ă  8h00
2. PAROISSE SAINT MICHEL
A. Messes
Samedi : 17h00
Dimanche : 06h15, 08h00, 10h00, 12h00 Kiswahili, 17h00
B. Adoration
Jeudi : toute la journée
3. PAROISSE BUYENZI
A. Messes
6h00 (en Kirundi), 8h00 (en Kiswahili), 10h30 (en Kirundi), 16h30 (en Kirundi)
B. Adoration
Mercredi : 17h30
4. PAROISSE KANYOSHA
A. Messes
6h00, 7h45, 9h30 (Français), 11h15 et 16h00
B. Adoration
Jeudi : 18h00
Dimanche : 13h00 Ă  16h00
Premier vendredi du mois : toute la journée
5. PAROISSE KININDO
A. Messes
6h00, 7h30, 8h45, 10h30, 17h30
B. Adoration
Jeudi, toute la journée
6. PAROISSE MUSAGA
A. Messes
Samedi : 17h00
Dimanche : 6h10, 08h00, 10h30, 16h30
B. Adoration
Mardi : 12h00 Ă  16h00
Jeudi : 15h00 Ă  16h00
Vendredi : 12h00 Ă  14h00
7. PAROISSE NYAKABIGA
A. Messes
Samedi : 17h30
Dimanche: 6h00 (en Kirundi), 8h00 (en Kiswahili), 10h00 (en Kirundi), 17h00 (en Kirundi)
B. Adoration
Du lundi Ă  vendredi : 7h00 Ă  16h45
8. PAROISSE RUZIBA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30, 16h30
B. Adoration
Jeudi 15h et le 1er vendredi du mois
9. PAROISSE MUTANGA SUD
A. Messes
6h15, 08h15, 10h30, 17h00
Campus Mutanga : messe à 11h (en kirundi et en français alternativement)
B. Adoration
Mardi : toute la journée après la messe de 6h00
II. VICARIAT DE GIHOSHA
1. PAROISSE GIHOSHA
Messes de la semaine
Lundi - Samedi : 06h30
Dimanche : 6h00, 10h30, 16h00 ( en Kirundi) 08h15 en Français
Lundi à 18h00, messe en Français, suivie de l'adoration, jusqu'à 19h00.
Vendredi : Adoration à 17h30, suivie de l'Eucharistie en Français, à 18h30
2. PAROISSE BUTERERE
A. Messes
6h00, 8h00, 10h00, 16h30
B. Adoration
Jeudi : 15h00 Ă  17h15
Samedi : 5h30 Ă  6h20
3. PAROISSE GATUMBA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30
B. Adoration
Jeudi : 7h00 Ă  8h00
Deuxième lundi du mois : 17h30 à 19h00
4. PAROISSE KAMENGE
Messes
6h, 7h30, 9h00 (swahili),10h30,16h30
Gatunguru : 9h30
Nyabagere : 9h30
Muberure : 8h00, 10h00
Nyambuye : 8h00, 10h00
Gishingano : 8h00, 10h00
Buhayira : 9h30
Mbirira : 8h00
Adoration Ă  la Paroisse
Jeudi 16h30 un jour par mois
5. PAROISSE KINAMA
A. Messes
06h00 (en Kirundi), 08h00(en Kiswahili), 10h00 (en Kirundi), 16h00 (en Kirundi)
Gahahe-Carama (en Kirundi) : 07h00 et 09h30
Gasenyi (en Kirundi) : 09h00
B. Adoration
Lundi Ă  samedi de 7h00 Ă  19h00
6. PAROISSE NGAGARA
A. Messes
Samedi : 17h30
Dimanche: 6h00, 08h00, 10h00, 17h00
B. Adoration
Jeudi : 17h00 Ă  17h30
AUMONERIES ET CHAPELLES
1. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
A. Messes
8h15, 10h30
B. Adoration
-
2. AUMONERIE DE LA POLICE
A. Messes
API : 7h30 et 10h30
Socarti : 7h30, 10h30
Ex ENAPO : 8H30
1er GMIR (Buyenzi) : 10h30
2ème GMIR (Kanyosha) : 10h30
Socarti : Adoration, 1er mercredi du mois
3. CENTRE JEUNES KAMENGE
Messe
10h30 en français
4. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
Messes
6h00, 8h00,10h00 et 16h00
Adoration
Lundi Ă  vendredi Ă  partir de 7h00 jusqu'Ă  21h30
Dimanche de 13h00 Ă  18h00
4. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
Messe
Messe des séminaristes : 6h45
1ère Messe des fidèles : 8h30
2ème Messe des fidèles : 10h15
Adoration
Adoration du Saint Sacrement par les séminaristes et autres fidèles qui veulent : Dimanche à 18h15 à 19h00
III. VICARIAT DE BUHONGA
1. PAROISSE BUHONGA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 7h30 Ă  8h30
Jeudi de la troisième semaine du mois : toute la journée
2. PAROISSE JENDA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche, 7h45, 10h00, 16h00
B. Adoration
Jeudi : toute la journée après la messe de 7h15
3. PAROISSE KARINZI
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Du lundi au samedi : 6h00 Ă  6h30
4. PAROISSE MAGARA
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Dimanche : 7h00 Ă  7h30
5. PAROISSE MATARA
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 15h00
6. PAROISSE MAYUYU
A. Messes
8h00, 11h00
B. Adoration
Vendredi : 8h00 Ă  17h00
7. PAROISSE MUBIMBI
A. Messe
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00 Ă  10h00
8. PAROISSE MUTUMBA
Messes
7h30 et 10h00
Adoration
Jeudi Ă  14h00 sauf le 1er vendredi du mois (7h30)
9. PAROISSE RUGAZI
A. Messes
7h30, 10h30
Jeudi : 15h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00
10. PAROISSE RUSHUBI
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00
11. PAROISSE RUTONGO
A. Messes
7h30; 10h00
B. Adoration
-
IV. VICARIAT DE MURAMVYA
1. PAROISSE BUKEYE
A. Messes
Samedi : 16h00
Dimanche : 6h00 , 7h40, 9h30, 11h30
B. Adoration
Jeudi : 7h10 Ă  19h00
2. PAROISSE BUKWAVU
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 14h00 Ă  15h00
3. PAROISSE BUZIRACANDA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h30, 10h00
Mercredi : 17h30 (Messe en Français)
B. Adoration
Jeudi : 16h00
Dimanche : 13h00
5.PAROISSE GASURA
4. PAROISSE KIGANDA
A. Messes
Samedi : 11h00
 Lycee: 16h00
Dimanche : 7h00, 9h00, 11h00
B. Adoration
Jeudi : 16h00
Dimanche : 13h00
5. PAROISSE KIVOGA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30, 12h30
B. Adoration
Jeudi : après la messe de 6h30
6. PAROISSE MUNANIRA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h15, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 7h30 Ă  18h00
Premier vendredi du mois : 7h30 Ă  12h00
7. PAROISSE MURAMVYA
A. Messes
7h00, 8h30, 10h30
B. Adoration
Jeudi : toute la journée
8. PAROISSE RYARUSERA
A. Messes
8h00, 10h15
B. Adoration
Jeudi : après la messe de 6h30
Mwoba mufise ico mubaza?
Tanga
Twite za CEDICOM
Twite za Papa
Facebook ya CEDICOM
Abari kumurongo : 68
Centre Diocésain de Communication CEDICOM
Uburyo bwokutwakura
Bld Patrice Lumumba, 21, Bujumbura, Burundi
+257 22 22 05 00
+257 65 19 52 50
B.P. 690 BUJUMBURA BURUNDI
cedicom.buja@gmail.com
Kwiyandikisha kukurontswa inkuru
Baza ikibazo
©2026. CEDICOM Archidiocèse de Bujumbura Designed by : DS COMPANY
Tanga * Karitas (abatishoboye)* Ugufasha abaseminari n'abamenyeshamana* Ukwubaka amasengero kumashure* Ugushigikira abasaserdotiUburyo bwo gufashaKoresha konte za DiyosezeMu marundi : Interbank Burundi : 701-02790-0152(Diocèse de Bujumbura)Mu ma dolari : BRB : 3302/493 (Archidiocèse BUJA/USD) Swift Code : BRBUBIBIMu ma Euro : BRB : 3320/368 (Archidiocèse de Buja/EURO) Swift Code : BRBUBIBI