Ekleziya y'i Bujumbura
Inyigisho y’Abepiskopi Katolika b’i Burundi ku musi w’imana ugira uwa gatatu wa Pasika15/04/2024 | ababisomye 5 | Michel NIBITANGAYezu araza, ahagarara hagati yabo, ababwira ati: «Nimugire amahoro!» (Lk 24,36)
Paruwase Magara mu nyigisho ku rwaruka zo kurunagura mu butumwa, mu gisabisho no mu vy’uguhimbaza amasakramentu15/04/2024 | ababisomye 28 | Michel NIBITANGANi inyigisho yatunganijwe n'urwego mpuzamihari n'imigwi y’ubutumwa yo muri Paruwase Magara nka buwe mu buryo bw'ukwegeranya urwaruka rwo mu burere butandukanye bugize iyo Paruwase no kurukaburira kw
Abakenyezi ngo barakorewe amabi atagira izina mu gihe c’indyane zabaye mu myaka ya za 72: ivyo ni ibishikirizwa n'umugwi CVR09/04/2024 | ababisomye 79 | Michel NIBITANGAMu bari bitavye iryo hwaniro ry’umugwi CVR harimwo n'abakozweko n'ayo mabi, bakaba mu vyo batumye umugwi CVR harimwo indishi y’akababaro abapfakazi bo muri ivyo bihe bogirirwa, bagashumbushwa ivyo
Amakuru y'imibano
Ukwibuka imyaka 24 iheze habaye ubwicanyi bwagiriwe abanyeshuri bo kuri kaminuza y'Uburundi13/6/2019 | ababisomye 6589 | Michel NIBITANGAIco uyu mwaka wisangije ni ishirwaho ry'ishirahamwe «Girubuntu UB 95» rihurikiyemwo abacikacumu b'ubwo bwicanyi
INGINGO NGENGABUTUMWA ZISHINZWE N'INAMA Y'ABEPISKOPI GATOLIKA B'I BURUNDI KUGIRA HUBAHIRIZWE ITEKA RY'UGUHIMBAZA ISAKARAMENTU RY'UKARISTIYA20/4/2019 | ababisomye 7756 | Michel NIBITANGAInama y'Abepiskopi gatolika b'i Burundi yisunze ko ari ngombwa kwubahiriza amategeko ya liturjiya imbere y'amakosa yibonekeza
I KIMINA, ABASAVERI BARATANGUYE IBIKORWA VY'UKWUBAKA INZU Y'UMUHARI KU RWEGO RW'IGIHUGU25/09/2018 | ababisomye 7093 | Michel NIBITANGAZénobé NIRAGIRA yarashimiye Abasaveri bitavye ivyo bikorwa, hamwe n'abamaze gutanga uburyo bose, kuko ari bo bashoboje ko ivyo bikorwa bitangura
IKORESHWA RY'AMASASHE N'UTUNDI DUTEKEZO DUKOZE MU TUMWANYA RIRABUJIJWE MU GIHUGU C'UBURUNDI13/08/2018 | ababisomye 6227 | Michel NIBITANGAIvyo biboneka mw'itegeko inomero 100/099 ryasohowe n'ibiro vy'Umukuru w'igihugu kuri uyu wa 8 Myandagaro 2018
Mu ruganda rw'inyigisho ngororamutima, urwaruka rwo mu Kinama na Buterere rwarahanahanye ivyiyumviro n'abajejwe intwaro ata gutinyana21/06/2018 | ababisomye 4561 | Michel NIBITANGA«Nk'uwurongoye abandi, uru ruganda rwambereye akaryo ko kumenya, kwumviriza abenegihugu kurusha uko nahora, be n'uburyo bwiza bwo kwumviriza umuntu» (NDIKUMANA Samuel, Karitiye KIYANGE)
Ugukebura abasamaza abakristu basengera muri Paruwase Guido Maria Conforti yo mu Kamenge18/06/2018 | ababisomye 22753 | Michel NIBITANGAImisore n'inkumi ni yo migwi biboneka ko igwiriyemwo abakunda guhagarara kw'irembo ry'isengero, bibereye mu nkuru n'inyifato zitabereye
Ekleziya kw'isi
Paruwase Buyenzi: Abasomyi b'Ijambo ry'Imana bo mugisata c'abavuga ikirundi barahimbaje umuvunyi wabo7/10/2021 | ababisomye 19092 | Michel NIBITANGAPatiri mukuru wa Paruwase Buyenzi avuga ko abasomyi b'Ijambo ry'Imana bafasha abakristu gusenga neza mugihe basomeye neza Ijambo ry'Imana
Ivyavugiwe mu nama y'ishirahamwe UCAP ku ruhara ubuhinga bwa none bw'ukumenyesha amakuru bwagize mu gihe c'ikiza karanda ca Coronavirus6/7/2020 | ababisomye 3414 | Michel NIBITANGAUbwo buhinga bw'ukumenyesha amakuru bwarafashije abakristu kuguma baronka inyigisho ndoramana, bwongera burorosha itumatumanako ry'amakuru ajanye na Ekleziya, gutyo bararonka ikibaremesha mu bihe bito
Mw'isengero Notre Dame y'i Paris mu Bufaransa haraye habaye imisa ya mbere kuva ihiye16/6/2019 | ababisomye 2490 | Michel NIBITANGAMuri iyo misa yari irongowe n'Umwepiskopi wa Diyoseze ya Paris, Musenyeri Michael Aupetit, abapatiri bari bambaye inkofero zikomeye z'ukwikingira mu mutwe (casques)
Bikira Mariya Umuvyeyi w'Ekleziya n'uw'abantu, uwo duhimbaza ku musi wa mbere ukurikira Pentekoti10/6/2019 | ababisomye 6017 | Michel NIBITANGAMariya twaramugabanyeko Umuvyeyi, twaramurazwe n'Umwana w'Imana; ni Eva wa kabiri, ni we Nyina w'abazima, yadusubije ubuzima bw'Imana
IVYO TUZIRIKANA MU NDWI YA KABIRI Y'UBUTUMWA BWA PAPA MU KWEZI KWO GUKWIZA HOSE INKURU NZIZA YA YEZU KRISTU05/10/2018 | ababisomye 7938 | Michel NIBITANGAInyigisho ya Papa itegekanyijwe kuri iyi ndwi itwibutsa ko Umuryango ari wo Ekleziya yo ku ziko
IVYO TUZIRIKANA MU NDWI YA MBERE Y'UBUTUMWA BWA PAPA MU KWEZI KWO GUKWIZA HOSE INKURU NZIZA YA YEZU KRISTU04/10/2018 | ababisomye 3531 | Michel NIBITANGATurafise ibintu bibiri twozirikana mu vyo ibisomwa iyi nyigisho yisunga bidusaba kurwanya mu buzima bwacu: ishari n'ugutirimutsa abantu bato bato (Mariko 9,42).

Aleluya. Kristu yarazutse; umuco wiwe waratuboneshereje, twebwe yacunguje amaraso yiwe. Aleluya.

Ivyo dusoma mu Nkuru nziza ya Yezu Kristu nk’uko yashikirijwe na Yohani (6, 30-35)

Muri irya misi,

Abayuda babwiye Yezu bati: «Ikimenyetso ukoze none ni ikihe ngo tubone, duheze twemere? Uza gukora iki? Basokuru bacu barariye mana mu gahinga, nk’uko vyanditswe ngo: “Yarabagaburiye umukate uvuye mw ijuru”.» Yezu arababwira ati: «Ni ukuri ni ukuri ndabibabwiye: Musa ntiyabahaye umukate uvuye mw’ijuru; Dawe ni we abaha umukate w’ukuri uvuye mw’ijuru, kuko umukate w’Imana ari wo umanuka uva mw’ijuru ukazanira abantu ubuzima.» Baramubwira rero bati: «Mukama, urakoze, uraduha uwo mukate.» Yezu arabishura ati: «Jewe ndi wa mukate w’ubuzima; uwunyegereye ntazoba agisonza, kandi uwunyemeye ntazoba akinyoterwa.»

 

Rondera
Urutonde rw'Imisa
I. VICARIAT DE SAINT MICHEL
1. PAROISSE CATHÉDRALE REGINA MUNDI
A. Messes
Samedi : 17h00 (en Français)
Dimanche : 6h00 (en Kirundi),  7h00 (en Kirundi),  8h15 (en Français),  10h00 (en Kirundi),  12h00 (parfois, possibilitĂ© d'une messe circonstancielle, en Kirundi), 17h00 (en Français)
B. Adoration
Mardi : toute la journée, à la Chapelle
Jeudi : toute la journée, à la Chapelle
Samedi : 6h45 Ă  8h00
2. PAROISSE SAINT MICHEL
A. Messes
Samedi : 17h00
Dimanche : 06h15, 08h00, 10h00, 12h00 Kiswahili, 17h00
B. Adoration
Jeudi : toute la journée
3. PAROISSE BUYENZI
A. Messes
6h00 (en Kirundi), 8h00 (en Kiswahili), 10h30 (en Kirundi), 16h30 (en Kirundi)
B. Adoration
Mercredi : 17h30
4. PAROISSE KANYOSHA
A. Messes
6h00, 7h45, 9h30 (Français), 11h15 et 16h00
B. Adoration
Jeudi : 18h00
Dimanche : 13h00 Ă  16h00
Premier vendredi du mois : toute la journée
5. PAROISSE KININDO
A. Messes
6h00, 7h30, 8h45, 10h30, 17h30
B. Adoration
Jeudi, toute la journée
6. PAROISSE MUSAGA
A. Messes
Samedi : 17h00
Dimanche : 6h10, 08h00, 10h30, 16h30
B. Adoration
Mardi : 12h00 Ă  16h00
Jeudi : 15h00 Ă  16h00
Vendredi : 12h00 Ă  14h00
7. PAROISSE NYAKABIGA
A. Messes
Samedi : 17h30
Dimanche: 6h00 (en Kirundi), 8h00 (en Kiswahili), 10h00 (en Kirundi), 17h00 (en Kirundi)
B. Adoration
Du lundi Ă  vendredi : 7h00 Ă  16h45
8. PAROISSE RUZIBA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30, 16h30
B. Adoration
Jeudi 15h et le 1er vendredi du mois
9. PAROISSE MUTANGA SUD
A. Messes
6h15, 08h15, 10h30, 17h00
Campus Mutanga : messe à 11h (en kirundi et en français alternativement)
B. Adoration
Mardi : toute la journée après la messe de 6h00
II. VICARIAT DE GIHOSHA
1. PAROISSE GIHOSHA
Messes de la semaine
Lundi - Samedi : 06h30
Dimanche : 6h00, 10h30, 16h00 ( en Kirundi) 08h15 en Français
Lundi à 18h00, messe en Français, suivie de l'adoration, jusqu'à 19h00.
Vendredi : Adoration à 17h30, suivie de l'Eucharistie en Français, à 18h30
2. PAROISSE BUTERERE
A. Messes
6h00, 8h00, 10h00, 16h30
B. Adoration
Jeudi : 15h00 Ă  17h15
Samedi : 5h30 Ă  6h20
3. PAROISSE GATUMBA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30
B. Adoration
Jeudi : 7h00 Ă  8h00
Deuxième lundi du mois : 17h30 à 19h00
4. PAROISSE KAMENGE
Messes
6h, 7h30, 9h00 (swahili),10h30,16h30
Gatunguru : 9h30
Nyabagere : 9h30
Muberure : 8h00, 10h00
Nyambuye : 8h00, 10h00
Gishingano : 8h00, 10h00
Buhayira : 9h30
Mbirira : 8h00
Adoration Ă  la Paroisse
Jeudi 16h30 un jour par mois
5. PAROISSE KINAMA
A. Messes
06h00 (en Kirundi), 08h00(en Kiswahili), 10h00 (en Kirundi), 16h00 (en Kirundi)
Gahahe-Carama (en Kirundi) : 07h00 et 09h30
Gasenyi (en Kirundi) : 09h00
B. Adoration
Lundi Ă  samedi de 7h00 Ă  19h00
6. PAROISSE NGAGARA
A. Messes
Samedi : 17h30
Dimanche: 6h00, 08h00, 10h00, 17h00
B. Adoration
Jeudi : 17h00 Ă  17h30
AUMONERIES ET CHAPELLES
1. PAROISSE CHRIST-ROI (AUMONERIE MILITAIRE)
A. Messes
8h15, 10h30
B. Adoration
-
2. AUMONERIE DE LA POLICE
A. Messes
API : 7h30 et 10h30
Socarti : 7h30, 10h30
Ex ENAPO : 8H30
1er GMIR (Buyenzi) : 10h30
2ème GMIR (Kanyosha) : 10h30
Socarti : Adoration, 1er mercredi du mois
3. CENTRE JEUNES KAMENGE
Messe
10h30 en français
4. SANCTUAIRE MONT SION GIKUNGU
Messes
6h00, 8h00,10h00 et 16h00
Adoration
Lundi Ă  vendredi Ă  partir de 7h00 jusqu'Ă  21h30
Dimanche de 13h00 Ă  18h00
4. PETIT SEMINAIRE KANYOSHA
Messe
Messe des séminaristes : 6h45
1ère Messe des fidèles : 8h30
2ème Messe des fidèles : 10h15
Adoration
Adoration du Saint Sacrement par les séminaristes et autres fidèles qui veulent : Dimanche à 18h15 à 19h00
III. VICARIAT DE BUHONGA
1. PAROISSE BUHONGA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 7h30 Ă  8h30
Jeudi de la troisième semaine du mois : toute la journée
2. PAROISSE JENDA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche, 7h45, 10h00, 16h00
B. Adoration
Jeudi : toute la journée après la messe de 7h15
3. PAROISSE KARINZI
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Du lundi au samedi : 6h00 Ă  6h30
4. PAROISSE MAGARA
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Dimanche : 7h00 Ă  7h30
5. PAROISSE MATARA
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 15h00
6. PAROISSE MAYUYU
A. Messes
8h00, 11h00
B. Adoration
Vendredi : 8h00 Ă  17h00
7. PAROISSE MUBIMBI
A. Messe
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00 Ă  10h00
8. PAROISSE MUTUMBA
Messes
7h30 et 10h00
Adoration
Jeudi Ă  14h00 sauf le 1er vendredi du mois (7h30)
9. PAROISSE RUGAZI
A. Messes
7h30, 10h30
Jeudi : 15h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00
10. PAROISSE RUSHUBI
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 8h00
11. PAROISSE RUTONGO
A. Messes
7h30; 10h00
B. Adoration
-
IV. VICARIAT DE MURAMVYA
1. PAROISSE BUKEYE
A. Messes
Samedi : 16h00
Dimanche : 6h00 , 7h40, 9h30, 11h30
B. Adoration
Jeudi : 7h10 Ă  19h00
2. PAROISSE BUKWAVU
A. Messes
7h30, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 14h00 Ă  15h00
3. PAROISSE BUZIRACANDA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h30, 10h00
Mercredi : 17h30 (Messe en Français)
B. Adoration
Jeudi : 16h00
Dimanche : 13h00
5.PAROISSE GASURA
4. PAROISSE KIGANDA
A. Messes
Samedi : 11h00
 Lycee: 16h00
Dimanche : 7h00, 9h00, 11h00
B. Adoration
Jeudi : 16h00
Dimanche : 13h00
5. PAROISSE KIVOGA
A. Messes
6h30, 8h30, 10h30, 12h30
B. Adoration
Jeudi : après la messe de 6h30
6. PAROISSE MUNANIRA
A. Messes
Samedi : 12h00
Dimanche : 7h15, 10h00
B. Adoration
Jeudi : 7h30 Ă  18h00
Premier vendredi du mois : 7h30 Ă  12h00
7. PAROISSE MURAMVYA
A. Messes
7h00, 8h30, 10h30
B. Adoration
Jeudi : toute la journée
8. PAROISSE RYARUSERA
A. Messes
8h00, 10h15
B. Adoration
Jeudi : après la messe de 6h30
Mwoba mufise ico mubaza?
Tanga
Twite za CEDICOM
Twite za Papa
Facebook ya CEDICOM
Abari kumurongo : 176
Centre Diocésain de Communication CEDICOM
Uburyo bwokutwakura
Bld Patrice Lumumba, 21, Bujumbura, Burundi
+257 22 22 05 00
+257 65 19 52 50
B.P. 690 BUJUMBURA BURUNDI
cedicom.buja@gmail.com
Kwiyandikisha kukurontswa inkuru
Baza ikibazo
©2024. CEDICOM Archidiocèse de Bujumbura Designed by : DS COMPANY
Tanga * Karitas (abatishoboye)* Ugufasha abaseminari n'abamenyeshamana* Ukwubaka amasengero kumashure* Ugushigikira abasaserdotiUburyo bwo gufashaKoresha konte za DiyosezeMu marundi : Interbank Burundi : 701-02790-0152(Diocèse de Bujumbura)Mu ma dolari : BRB : 3302/493 (Archidiocèse BUJA/USD) Swift Code : BRBUBIBIMu ma Euro : BRB : 3320/368 (Archidiocèse de Buja/EURO) Swift Code : BRBUBIBI